Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Guinée : Abarwanya ubutegetsi bakomerekeye mu myiyerekano - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Guinée : Abarwanya ubutegetsi bakomerekeye mu myiyerekano

Guinée : Abarwanya ubutegetsi bakomerekeye mu myiyerekano

mardi 21 Ndamukiza 2015

Imyiyerekano y’imirwi irwanya Reta ya Guinée yabaye kuri uyu wa 20 Ndamukiza, abantu benshi vyabonetse ko bayikomerekeyemwo.

Ihamagarwa mu myiyerekano y’imirwi irwanya Reta ya Guinée yarashizwe mu ngiro kuri uyu wa mbere 20 Ndamukiza 2015 i Conakry, naho ata huriro canke inama vyatangajwe ; ibarabara rikuru le Prince, mu gisagara gikuru, hamwe n’ibisagara bikuru bikuru imyiyerekano yarabaye, abadashigikiye ubutegetsi, bakaba barayikomerekeyemwo.

Ubuzima rero bwari bwahagaze yaba mu bisata vy’ubudandaji, ahadandarizwa ibitoro, amashuri, vyari vyugaye i Banlieu ahasanzwe haba abantu, benshi hamwe n’isoko nkuru Madina nayo nyene yari yugaye.


Bill N

Messages

  • ewe afrika urababaje iyo muriko mutako imyikomo abazungu ngo nibo bateye ingorane muri africa ntimubona ko abatera ingorane cane arabatwara ibihugu raba i ngene abantu batwagwa mumazi barondera za bulayi vyose biva kuri ivyo binywamaraso vya ba president bacu.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.