Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Gukanya mubirenge vyerekana ko maraso adatembera - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Utuntu n’utundi > Gukanya mubirenge vyerekana ko maraso adatembera

Gukanya mubirenge vyerekana ko maraso adatembera

jeudi 28 Ntwarante 2013

Kenshi twibaza ko aribisanzwe gukanya mubirenge ariko gukanya mubirenge kenshi bishobora kwerekana ko amaraso adatembera neza mumubiri,(iyo unywa itabi).

Ivuduka ry’amaraso canke ingwara y’umutima.Birashobora kwerekana kandi ko umuntu aba adafise amaraso akwiye.Birakenewe rero ko uja kuraba umuganga akaraba ico bivako ufise iyo ngorane.


Dorine Irambona

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.