IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amagara y’abantu > Isuku > Ibice 16 kw’ijana vy’abantu nibo bafise ubuzu bwa surwumwe

Ibice 16 kw’ijana vy’abantu nibo bafise ubuzu bwa surwumwe

jeudi 20 Munyonyo 2014

Ibice 16 kw’ijana vy’ingo mu Burundi nibo batunze ubuzu bwa surwumwe nk’uko bimenyeshwa n’ubushikiranganji bw’amagara y’abantu mu Burundi.

Mu gisagara ca Bujumbura hakaba naho nyene hari ibice vyinshi vy’abantu batagira ubuzu bwa surwumwe, muri amwe mu makaratiye naho, bikagaragara ko ubuzu bwa surwumwe budahari, ubuhari nabwo bugasangirwa na benshi. Ahasanzwe hahagarara imiduga yunguruza abantu ntihagira ubuzu bwa surwumwe, ndetse kenshi ugasanga hafi y’aho iyo miduga ihagarara huzuye amazirantoke canke ugasanga ariho bihagarika abarengana bose.

Ivyo bikaba biri uko, mu gihe mu makomine nka Buyenzi bivugwa ko abanyagihugu baho basangira akazu ka surwumwe ari benshi.


Aristide Nizigire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.