Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ibirego vy’umugambwe UPRONA vyarabwe irarirari - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Poritike > Imigambwe > Ibirego vy’umugambwe UPRONA vyarabwe irarirari

Ibirego vy’umugambwe UPRONA vyarabwe irarirari

vendredi 17 Mukakaro 2015

Ibirego vy’umugambwe Uprona ishami rishigikiwe n’ubutegetsi ibirego vy’abo ku matora vyarabwe irari rari n’umurwi ceni.

Uyo mugambwe ukaba wari watatse ubutungane ko iharurwa ry’amajwi ritagenze neza aho amajwi y’impfagusa yatawe uko, aho uyo mugambwe ukaba wabona ko waca uronka izindi ntebe mu nama nshingamateka no mu bahanuzi b’amakomine. Ibirego vyabo bikaba bitahawe agaciro, ahi uyo mugambwe wagumanye intebe zibiri gusa mu nama nshingamateka, nayo mu gice c’ukwongerereza abashingamateka kikaba catahukanye umugambwe CNDD FDD, abatwa bafise abashingamateka batatu, n’urunani Amizero y’abarundi.

Mukamenya ko urwo runani rurongowe na Agathon Rwasa hamwe n’umushingamateka Karori Nditije rutigeze rwiyamamaza, mbere rwari rwasavye abanywanyi barwo kututaba amatora.


IGIHE

Messages

  • Wamupfasoni nukuri ubu waza wabona ko wahenzwe gusa ntakindi mbona ushigaje nukuvuga ko amatora yibwe mwihangane kuko uja mwishamba utazi ugaca inkoni utazi.

  • Ihangabe mufasoni consiriya rôle yawe yaraheze. Icaba dd bagushakako cararangiye.

  • Awa!! Ntubona abatwa batekereza ko barushije UPRONA?

  • Awa!! Ntubona abatwa batekereza ko barushije UPRONA?

  • hahah ewe concilia aho waragiye urarama niminkanyari mumaso ngo ushaka amatebe?je mbona zikwiye kuko 1ni rwawe iya2ni ya sindimwo koko niwe yagufasha propagande none izo zindi ntebe urondera niziki?canke uriko usabira jeacques barabahenze ngo uburobe burotswa

  • ntaco wobona wa ntumva we.ntiwaruzi ko wakurikiye ubwije ..abo bicanyi waruzi ko harico bokumariye.

  • ntaco wobona wa ntumva we.ntiwaruzi ko wakurikiye ubwije ..abo bicanyi waruzi ko harico bokumariye.

  • Izo Ntebe Ni Nyinshi Kuko Ibintu Vyinshi Bihera Kuri Bibiri Nagumane izo Nizo Zimukwiye

  • UWO MUKENYEZI CONCILLIE NUKURI NDAMUSAVYE YIHANGANE. NONE UKORANYE MISSION NUMUNTU ATARI SERIEUX UBA UGOMBA BIGENDE GUTE ? NTA KUNDI GUSA NDITIJE ACA AMUTWENGA . ARI NKA JEWE NOMARAMARA NGACECEKA ! GUSA ABA POLITIQUE NIBABIRYE BARABIKORERA ! JEWE UMU FUNGA KIWANI YARANDIYE 500000 UMUGORE SINUBAHUTSE KUMUBWIRA IVYANSHIKIYE ! NONE ABO NABO BITE ? EGO MAMA !

  • Ohooooo! Biragoye! Bave inyuma, uvuge n’amabanga woba wari waranumye usabe imbabazi Imana, abo mwari musangiye umugambwe, uzisabe n’abarundi bigishoboka kuko buhava bwira atawugishoboye kwihana no kubabarirwa.
    Ahubwo nawe niwanke mandat ya gatatu!

    Mw’isi nuko nyene bimeze murahendana maze agasumba akandi kakakamira!
    Ihangane!

  • UWO MU KENYERERA RUGAMBA BARAMUHEMUKIYE PE ! MBE ARAFISE UMUTAMBUKANYI ? NAMWEGERE AMUHANURE NKEKA WEWE YOBA AKIMENYA AHO TUGEZE . WE URASHOBORA KWEMERA GUHIGANWA N ’UMUNTU AMATEGEKO ATEMERA ? AHUBWO KUBWAWE N’UMUNYAMAHANGA YOJAMWO IGIKURU KUBWAWE NUKO ABARUNDI BATOMUTORA ! MBE MUMURETSE AKITOZA ARI UMUNYAMAHANGA ABARUNDI BAGACA BAMUTORA TWOCA TWEMERA GUTWARWA NUWO NYENE ? MURI POLITIQUE URATEGEKANYA ! ! ! ! ! ! ! ! !

  • UWO MU KENYERERA RUGAMBA BARAMUHEMUKIYE PE ! MBE ARAFISE UMUTAMBUKANYI ? NAMWEGERE AMUHANURE NKEKA WEWE YOBA AKIMENYA AHO TUGEZE . WE URASHOBORA KWEMERA GUHIGANWA N ’UMUNTU AMATEGEKO ATEMERA ? AHUBWO KUBWAWE N’UMUNYAMAHANGA YOJAMWO IGIKURU KUBWAWE NUKO ABARUNDI BATOMUTORA ! MBE MUMURETSE AKITOZA ARI UMUNYAMAHANGA ABARUNDI BAGACA BAMUTORA TWOCA TWEMERA GUTWARWA NUWO NYENE ? MURI POLITIQUE URATEGEKANYA ! ! ! ! ! ! ! ! !

  • UWO MU KENYERERA RUGAMBA BARAMUHEMUKIYE PE ! MBE ARAFISE UMUTAMBUKANYI ? NAMWEGERE AMUHANURE NKEKA WEWE YOBA AKIMENYA AHO TUGEZE . WE URASHOBORA KWEMERA GUHIGANWA N ’UMUNTU AMATEGEKO ATEMERA ? AHUBWO KUBWAWE N’UMUNYAMAHANGA YOJAMWO IGIKURU KUBWAWE NUKO ABARUNDI BATOMUTORA ! MBE MUMURETSE AKITOZA ARI UMUNYAMAHANGA ABARUNDI BAGACA BAMUTORA TWOCA TWEMERA GUTWARWA NUWO NYENE ? MURI POLITIQUE URATEGEKANYA ! ! ! ! ! ! ! ! !

  • pole sana mme concilie harya wabona abandi bamuvako ukagira ngo nibijuju mbe ntasoni gutukisha umugabwe uprona wa Rwagasore mbe imyaka wakoze nturahaga itonde ubwo murazi ingene kadaffi na mobutu bapfuye batagira ikibahamba bari guhabwa runtu hari uwababuza gukomera jewe nibaza ko hari ubugoro bukaze muri politique ntanisoni ufise ukubahuka kwitwara harivyo bari bagusavye

  • Nibara. Abatwa basigaye barusha umushimamo ABA Tutsi. Abatutsi basigaye arabasezi muba Hutu
    ewe kanyaro mwamanye, ABA Tutsi basigaye barya ivyabahutu babatereye kurujo

  • consiriy narabe aho yicara arye ivyo yarondey amanyang yari yakoz aramwereye!ivyonibimaramare.ntacigw birabaha kubon urunan amizer rubarush amajw kand rutigez gwiyamamaz,iyorurinda gwiyamamaz nayobarons ntayoborons.nasubir kwiga poltk

  • hahahahah mwarihaye ibara ahubwo. Con cilia na bagenzi be méritent la guillotine vous avez détruit le parti. Bon vous avez eu ce que vous méritez d’ailleurs qu’on vous enlève même les deux députés. Mwinjire muri dd niwo mugambwe wanyu.

  • Itanguriro. Ry. Umuhanza. Na masoso. Uprona. Ntajambo. Izosubira. Kugira. Mugihug. C’UBURUNDI nitikubita. Agashi. Raba. Abatwa. Mwahora. Muhera. Kurujo. Ubunibo. Bagomba. Kuza. Babah ijambo. Concil. Ikebuke. Ureke. Gusambura. Umugambwe. Wabasogokuru. Kuku. Muriko muragenda. Buheriheri. Ntajambo. Mufit. Ntategeko. Narimwe. Muzofata. Konigisoda. Canyu. Casambuts. Icibwigwa nicumva

  • abagore nta bwenge, murenga n,ubwo burabarengeye!!baraguhushije concilie!!

  • ahubwo iyo uhereza mu mpimba

  • ahubwo iyo uhereza mu mpimba

  • Non Konsiriy Yari Yigishije Abanywany Ngo Baze Batore Impfagusa Ngo Maze Bazimuhe! Urabonye Noneho Ko Batamenyegwa! Cakenge

  • Non Konsiriy Yari Yigishije Abanywany Ngo Baze Batore Impfagusa Ngo Maze Baya muhe!!! Urabonye Noneho Ko Batamenyegwa! Cakenge

  • Sha,imana Ihora Yihoreye Abo Ba Prona Bataye Umurungo Bari Bazi Ko Bazorenza Zibi?Iyaba Barabandi Bohambije Abandi Mukwiyamiriza Ikiringo Cagatatu.

  • Ahubwo n’uko usanze aba DD bacanyemwo kare bagifise akanya bari kubanza kukwabira ukazotahira inzanyi zabo bagaca baguheba wabaye ikidaji. Wanegeje ngo urafise ibindi ukurikira wononera abarundi. Urazi mwe na bagenzi bawe aho mugejeje igihugu. Jewe sinzigera ndabarekurira ndashaka nje mu muriro wa gitabanga we

  • Emwe Ivy,uburundi Nakayobera Bahinga None Iyo UPRONA irongowe nuwo nokwita umupfasoni naho yahemukiye umuganwa atarumugani RWAGASORE mbega ama energie yakoresheje mukwimaramaza(kwiyamamaza)yakorera intebe zibiri nareke bafise ivyo banshirimbere bikorere kuko yanze iswa mu mugamba

  • Imbeba Mukukurya Irahuha None Ga Consilie Ntuvyiboneye Nawe Ivyo Abandi Bavuze? Ntabugenzi Bw’aba dd.

  • HAKOZ AMATEGEK,CONCILIA NASHIM NIVYO BIMUKWIRIY.

  • waruziko karori,akwanka?kawuka birahera.intabarirwa......?

  • yayaaa!!iyo ni IPRONA yobirikirataka nogutyoza iyindimigambw kwayo!!ngobatinye amatora!ahubwonayo nayabantu bihenz bibazak ari nditije ahandiho yaronka ubusa!canke nah cndd-fdd yarabagabiy utwasagutse

  • yoo!Imana ntizigera yemerako ibitabanga birengana k1gusa cndd nirabe imuhe akaz azarakubura kungoro nshingamateka,iryo nisomory1!Nejonejobund ntuzosubir rab Agatho na charle amijw abasanga muhira!ntuzohirahir gusubira gutukish riryabara ryera ni ritukura ntuzi ibiboko RWAGASORE yakubiswe mukurirondera

  • waragokeye ubusa, wakundanye n’abataribo, baragu profise mugabo ntaco uwukwenze rimwe ntaba akumaze!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!

  • nibaza ko hari uguhiganwa ugatsinda canke ugatsindwa ariko nukwiba birimwo kand uprona barayi ye ukwo nukuri

  • nibaza ko hari uguhiganwa ugatsinda canke ugatsindwa ariko nukwiba birimwo kand uprona barayi ye ukwo nukuri

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.