IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Amashuri > Ikibazo ca Leta co mu mwaka w’icumi cakozwe ukuri kwamye

Ikibazo ca Leta co mu mwaka w’icumi cakozwe ukuri kwamye

jeudi 6 Ruheshi 2013

Mu gihugu c’Uburundi, abanyeshure bahejeje igice ca mbere c’amashure yisumbuye bateye ku mus iwa kabiri w’ikibazo kibaha uburenganzira bwo kwinjira mu gice ca nyuma c’amashure yisumbuye.

Mu ndinganizo yico kibazo, amashure ahurira hamwe, agakora ico kibazo kigizwe n’ivyigwa bitandatu.

Naho bahora bari bamaze imisi batigishwa, abanyeshure twashoboye kuganira batumenyesheje ko yegereyegere abigisha bahoramwo ata ngaruka ahanini yagize uretse ko hari abadebukiwe muribo, barahesha ku kwiga, bivanye n’uko batariko barakurikiranwa neza.

Ico kibazo ca Leta gikozwe gihe abahurikiye muma sendika y’abigisha baheruka gusohora urwandiko rugabisha ko hamwe Leta itokwiga ibibazo yahawe ku kunganisha imishahara bashobora gusubira guhagarika akazi.


Egide Nduwimana

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.