Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Indirimbo 10 zinjiye mw’ihiganwa rya "Isanganiro Awards" zamenyekanye - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > Abacuraranzi > Indirimbo 10 zinjiye mw’ihiganwa rya "Isanganiro Awards" zamenyekanye

Indirimbo 10 zinjiye mw’ihiganwa rya "Isanganiro Awards" zamenyekanye

samedi 24 Rusama 2014

Za ndirimbo 10 zahora mu rukwirikirane rw’indirimbo 20 ziri mwihiganwa "Isanganiro Awards" zamenyekanye. Hari mu kiganiro caciye kuri nsamirizi Isanganiro.

Abatumire bari mu kiganiro caciye ku nsamirizi Isanganiro kuri uwu wa gatanu, baratoye bongera baratanga amanota ku ndirimbo 10 zatowe muri 20 zariko zirahiganwa. Abatanze amanota muri ico kiganiro yari Jeremie Menya Media, Leonard Niyomwungere, Evode Ntahonankwa, Africa Nova, Simbavimbere batazira Member arongoye ishirahamwe ry’abaririmvyi, n’abandi.

Twobibutsa ko izo ndirimbo 10 zavuye mu ndirimbo zashika 400 zari zatanzwe n’abaririmvyi ubwabo, abamenyeshamakuru n’abahinyanyuzi. Isanganiro Awards ni ihiganwa ry’incuro ya 4 kuva ritanguye.

Amanota yatanzwe uku gukurikira :

1. Wawundi by Emery sun 71.4%

2. Reka mbege by Sat b 68.3%

3. Yuguruye ntwawugara 71.5%

4.Ndasavye ijambo 69.4%

5. Siko nabisanze by Spok’s 70.6%

6. Agapilipili by Steven Sogo 68.9%

7. Urashoboye 79.2%

8. Bajou by Fizzo 73.1%

9. Sinkakubure by Samantha 75.8%

10. Izere by lion story 76%


Cherif Nkeshimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.