Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Inyuma y’urugendo mu Butaliyano, Pop-G yasohoye isanamu nshasha - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Inyuma y’urugendo mu Butaliyano, Pop-G yasohoye isanamu nshasha

Inyuma y’urugendo mu Butaliyano, Pop-G yasohoye isanamu nshasha

samedi 14 Ntwarante 2015

Umuririmvyi Pop-G afatanije na Floris bashize ahabona isanamu y’ururirimbo bise "No Time To Loose". Ruje inyuma y’urugendo Pop-G yahoramwo mu Butaliyano.

Umuririmvyi Pop-G wo mu murwi Wanavesi Kikosi wo muri Kany Empire canke Empire de Kanyosha yaririmbanye na Floris mu mudiho wa "rap"ati:"no Time to Loose". "Nta mwanya wo guta".

Mu citabirizo baririmba bati:"Ndi umu Gangster,sindajwe ishinga n’ivyo bavuga..."
Urwo ruririmbo ruje inyuma y’urugendo yahoramwo mu gihugu c’Ubutaliyano, kibamwo umukobwa bakundanye.

Raba aha munsi ubuhinga ikozwemwo bwavuye mu buhinyanyuzi bw’"IGICAPO LENS"


Cherif Nkeshimana

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.