IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Ubuhinga bwa none > Amasanamu y’ibirori bisozera ihayanishwa ry’ibijanye n’ubuhinga bwa none i (...)

Amasanamu y’ibirori bisozera ihayanishwa ry’ibijanye n’ubuhinga bwa none i Bujumbura

mardi 8 Gitugutu 2013

Ihayanishwa ry’ibijanye n’ubuhinga bwa none (Foire de l’Informatique et de la Technologie de Bujumbura, FITB) ryayi rimaze indwi ribera i Bujumbura ryaraye risozerewe ku mugoroba w’uyu wa mbere. Ibirori vyo gusozera iryo hayanishwa bikaba vyatewe iteka n’uwusahiriza umushikiranganji w’itumatumanako, guhanahana amakuru, hamwe n’imigenderanire n’inama nshingamateka na nkenguzamateka. Vyasozerewe n’itangwa ry’impapuro zerekana amashirahamwe yitavye iryo hayanishwa.


INGABIRE Luc-Noel

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.