Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Janet Jackson yaraye agiye ku rutonde rw’abandi baririmvyi batunze - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Utuntu n’utundi > Janet Jackson yaraye agiye ku rutonde rw’abandi baririmvyi batunze

Janet Jackson yaraye agiye ku rutonde rw’abandi baririmvyi batunze

vendredi 24 Rusama 2013

Inkuru nziza kuri Janet Jackson, mushiki wa Michael Jackson yaraye aroye mu bandi banyamuziki batunze cane kw’isi.

Havuye Madona, hakurikira Janet Jackson aherutse kurenza ubutunzi bwiwe umuriyaridi w’amadolar y’Amerikai. Ayo mafaranga angana ukwo, Janet Jackson yagiye arayaronka mu biteramo yagiye aragira bitandukanye, aha twotanga akarorero nk’imiriyoni 458 z’amadolari y’Amarika yigeze kuronka mu biteramo bitandukanye yakoze, imiriyoni 260 y’amadolari yaronse amaze kudandaza urukurikirane rw’indirimbo ziwe hamwe n’imiriyoni 304 z’amadolari y’Amerika yaronse inyuma y’amareresi yakinye ndetse n’imboneshakure, ariko kandi ibikoresho bitandukanye yadandaje vyaramuhaye amahera angana imiriyoni 81 z’amadolari y’Amerika.

Janet Jackson akaba yubakanye na Wissam Al Man nawe nyene ni umugwizatunga yikorera utwiwe.


Floxella Karire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.