IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Kwongereza inkomezi no kwinjira mu mashirahamwe bizoduteza imbere

Kwongereza inkomezi no kwinjira mu mashirahamwe bizoduteza imbere

lundi 4 Ntwarante 2013

Kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 3 Ntwarante 2013,abanywanyi ba JRR ( Jeunesse Revolutionnaire Rwagasore) hamwe n’ishirahamwe ry’ababakenyezi mu Burundi (UFB) barahimbaje imyaka mirongo ine n’itandatu, iyo migwi ibiri ibayeho,mu gihe bari mu nama yabereye kuri Carrefour ya JRR mu Ngagara.

Concilie Nibigira arongoye ishirahamwe ry’abakeneyezi (UFB) yarasavye abanywanyi ba UFB kwongereza inkomezi no kwinjira mu mashirahamwe kugira biteze imbere.

Umukuru wa JRR nawe, Raphael Horumpende yamenyesheje ko JRR yigenga idakora kumwe nk’umuganbwe Uprona.


Marie Claire Ingabire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.