Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Rwanda:Lt Gen Karenzi Karake yarekuwe n’ubutungane bw’i Londres - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Rwanda > Rwanda:Lt Gen Karenzi Karake yarekuwe n’ubutungane bw’i Londres

Rwanda:Lt Gen Karenzi Karake yarekuwe n’ubutungane bw’i Londres

lundi 10 Myandagaro 2015

Lt General Karenzi Karake arongoye igendereza mu gihugu c’Urwanda yarekuwe na sentare yo ku murwa mukuru w’Ubwongereza Londres kuri uno wa mbere igenekerezo rya 10 Myandagaro 2015.

Karenzi Karake yari yafatiwe mu gihugu c’Ubwongereza,mu mpera z’ukwezi kwa Ruheshi kubera impapuro zo kumufata zateguwe n’ubucamanza bwa Espagne bumwagiriza ko yagize uruhara mu bwicanyi bwahitanye abanya Espagne bari mu Rwanda.

Agifatwa abanyarwanda baciye bagira urugendo rwabashikanye ku buserukizi bw’Ubwongereza mu Rwanda,basaba irekurwa rya Karenzi Karake.


Van Naris Mugisha

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.