Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Mali : Umushikiranganji wa mbere yatanze imihoho - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Mali : Umushikiranganji wa mbere yatanze imihoho

Mali : Umushikiranganji wa mbere yatanze imihoho

dimanche 6 Ndamukiza 2014

Inyuma y’amezi atandatu ari muri ayo mabanga, umushikiranganji wa mbere w’igihugu ca Mali, Oumar Tatam Ly yatanze imihoho aca asaba ’umushikiranganji w’ugutunganya ibisagara Moussa Mara ko yomusubirira akongera agashinga iyindi Reta nshasha .

JPEG - 15 ko
Oumar Tatam

Umushikiranganji wa mbere w’igihugu ca Mali, Oumar Tatam yatanze imihoho. Mwitanganza ry’iyo mihoho yiwe, ryasohoye kuri uno wa gatandatu ntanahamwe yigeze yerekana ibitumye atanga imihoho mu mabanga yarashinzwe. reta yari yagenywe mu kwezi kwa Nyakanga ,inyuma y’iyimikwa ry’umukuru w’igihugu Keita.

Moussa Mara

Tubibutse ko atanze imihoho , inyuma y’amezi atandatu ari muri ayo mabanga ,umushikiranganji wambere wa Mali yatanze imihoho kuri uno wa gatandatu ,igenekerezo rya 5 Ndamukiza


KARIRE Floxella

Messages

  • Bikunaniye uratang’imihoho,nka Nyangona mumatora,eka na Ministre BUTORE na Nduwimana bari bakwiye gutang’imihoho ntaho bataniye n’abahima. Umwe Nd,ni GATERANYAuwundi But n’imukehabwenge none arikw’akor’ihonya bwenge n’abandi ntavuze nka NIyoyankana .

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.