Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Mkombozi amaze iminsi yerekana ko Hip Hop ari umudiho ukundwa na (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Mkombozi > inkuru > Mkombozi amaze iminsi yerekana ko Hip Hop ari umudiho ukundwa na (...)

Mkombozi amaze iminsi yerekana ko Hip Hop ari umudiho ukundwa na benshi

vendredi 22 Ruhuhuma 2013

Mubiteramo bitandukanye umuririmvyi mukombozi ufise inyikirizo yiwe yitwa ngo ni Hasta la Victoria simple bisobanuye ngo ico wiyemeje gikore ushizeho umwete ushikane ku ntsinzi amaze iminsi yitabira, ariko agenda yerekana ko umudiho wa Hip hop ukundwa n’abantu benshi.

JPEG - 48.1 ko

Nk’akarorero mu giteramo cabereye mu ntara ya cibitoki ku mwisho w’indwi iheze Mkombozi iyo yagaraga kuri stage wabonaga nabari basinziriye baciye bikangura kubera umudiho wa hip hop uryohera benshi .

Kandi noneho na Mkombozi akaja kuririmba yabigize intego yo kwerekana ko umudiho aririmba mwo ukunzwe cane.

JPEG - 53.6 ko

Si umudiho gusa ahubwo n’indirimbo za Mkombozi ziba zifise amajambo akomeye cane kandi arimwo amasomo menshi ku ngere zitandukanye , kuko nk’indirimbo afise yitwa NDI UMURUNDI yarakunzwe cane nabanyegihugu kuburyo bayimusubirishijemwo kenshi.


Joel Sengurebe

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.