Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Monaco: Igorofa irimwo inzu yambere izimvye kw’isi - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Utuntu n’utundi > Monaco: Igorofa irimwo inzu yambere izimvye kw’isi

Monaco: Igorofa irimwo inzu yambere izimvye kw’isi

mercredi 27 Ntwarante 2013

Inzu iri mw’igorofa,ituma nyeneyo ashobora kubona ibimukikuje vyose ,muri make niko twosigura iyo nzu iri mugisagara ca Monaco.

JPEG - 23.2 ko

Ntajambo rihari ryoshobora gusigura ubwiza bw’iyo nyubakwa iri mugisagara ca Monaco,ubwiza buribonekeza kuva ucinjira muriyo nyubakwa babatirije Tour Ocean ;imwe munyubakwa zitunze kw’isi , iyo nzu ifise piscine hejuru yayo,ikagira aho barabira amareresi yubatswe mumpome z’inzu

JPEG - 27.2 ko

Inzu yamahera arenga ama euro 300

Yiyumviriwe yongera yubakwa na Alexander Giraldi,azwi kuba yarubatse inyubakwa ya “Belle Epoque”Iri murico gisagara nyene,Tour Ocean yubastwe inyuma yaho umuganwa Albert wa kabiri atanguye itegeko yuko hokubakwa inyubakwa nshasha,ifise uburebure bw’imetero 170 iyo gorofa igizwe n’inzu 70.

JPEG - 17.4 ko
JPEG - 22.5 ko

Alexandrine Keza

Portfolio

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.