Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Nicolas sarkozy yavuye mu gacerere yahoramwo - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Nicolas sarkozy yavuye mu gacerere yahoramwo

Nicolas sarkozy yavuye mu gacerere yahoramwo

lundi 15 Ndamukiza 2013

Nicolas Sarkozy yatanze ikiganiro ku mboneshakure kuva ikiringo co gutwara giheze.Uwo yahora atwara igihugu c’ubufaransa akaba yavuye mu gacerere yahoramwo mu kwibuka umuhisi umukinyi w’amareresi Jean Paul Belmondo.

Yari amaze igihe ataboneka kuva italiki 15 rusama umwaka w’2012 ,umusi wo kwimika uwamusubiriye kuri Elysée.Ubu sarkozy akaba yemeye kuja ku mboneshakure y’ubufaransa ku musi w’Imana.

Uwo yahoze atwara ubufaransa yarishuye mu kiganiro yagize na Michel Drucker mu kiganiro citwa ‘’Vivement dimanche’’ aho ico kiganiro cari gihariwe umukinyi w’amareresi amwe atwenza Jean Paul Belmondo aho yakwiza imyaka mirongo umunani.

JPEG - 42.2 ko
Jean Paul Belmondo

Nicolas Sarkozy yaramenyesheje ko ari ngombwa ku mufaransa wese kugira ico avuze,Yohani Paulo belmondo yaratanga akanyamuneza kenshi.

Yari umugabo yakoze ivyiza vyinshi mu gihugu ,umugabo yatumye tugira indoto mu buzima.


Karire Floxella

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.