Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Nigeria : Boko haram ibandanya kwiha inkumbi - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Nigeria : Boko haram ibandanya kwiha inkumbi

Nigeria : Boko haram ibandanya kwiha inkumbi

vendredi 12 Ruheshi 2015

Abantu 43 bishwe n’abantu bitwaza iterabwoba bo mu muhari wa boko haram, aho baje ku mapikipiki, baca birara mu banyagihugu bararasa, amazu nayo baraturira.

Ku mugoroba wo kuri uyu wa 9 Ruheshi, amapikipiki agera kuri 20, akaba ariyo yaje ahetse izo nkozi z’ikibi, zica zirarasa mu duce twa Matangale, Buraltima na Dirmanti, aho abantu bapfuye bagera kuri 43, abandi barakomereka n’amazu yaturiwe. Abo bicanyi bikavugwa ko baje bava mw’ishamba rya Sambisa, ishamba ririmwo abo bicanyi. Abantu batari bake rero barwiriyemwo abagore n’abana, bakaba bahungiye mu kirwati ca Damboa, mu gutinya ko bokwicwa.

Ariko rero, umukuru mushasha w’igihugu ca Nigeria, Muhammadu Buhari akavuga ko abo bicanyi ba boko haram, agiye kubatuza afashanije n’ibihugu vyo mukarere.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.