Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Rafael Benitez yagenywe kuba umumenyereza mushasha wa Real Madrid - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Rafael Benitez yagenywe kuba umumenyereza mushasha wa Real Madrid

Rafael Benitez yagenywe kuba umumenyereza mushasha wa Real Madrid

mercredi 3 Ruheshi 2015

Rafael Benitez yagenywe gusubirira Carlo Ancelotti mu kumenyereza umurwi wa Real Madrid.Benitez azomenyereza uwo murwi mu kiringo c’imyaka itatu.

Inyuma y’imyaka 11 avuye mu gihugu ca Espagne, Rafael Benitez yahora amenyereza umurwi wa Naples mu Butariyano yamaze gushika kumenyereza umurwi wa Real Madrid.

Amakuru ava mu binyamakuru vyo muri Espagne avuga ko igenwa rya Benitez kumenyereza Real Madrid ritakiriwe neza n’umukinyi Christiano Ronaldo, ibishobora gutuma aja kurondera uwundi murwi akinamwo.

Abatari bake baravuga ko uwu mumenyereza bishobora kumugora,mu gihe yogomba gukoresha umukenyuro wo kuzibira nkuko abimenyereye,mu gihe muri Real Madrid ari umurwi ushaka gutsinda.

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.