Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Rubavu : Abasirikare b’Urwanda batewe - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Rwanda > Rubavu : Abasirikare b’Urwanda batewe

Rubavu : Abasirikare b’Urwanda batewe

mercredi 11 Ruheshi 2014

Abasirikare b’Urwanda batewe mu gatondo ko kuri uwu wa gatatu, hagati y’isaha cumi na cumi n’imwe, mu karere ka Rubavu. Umwe ku ruhande rw’abateye yarahasize ubuzima.

Amakuru dukesha bagenzi bacu bakorera ikinyamakuru IGIHE mu Rwanda amenyesha ko abo bateye bakekwa ko ari ingabo za Congo, kuko hafi y’aho mu Rubavu izo ngabo zasatiriye umupaka w’Urwanda.

Uwo yagandaguwe n’abasirikare b’Urwanda muri ico gitero, yari yambaye ipantaro ya gisirikare, hejuru yambaye impuzu isanzwe.
Abateye Urwanda ku musozi wa Kanyesheja (mu birometero 20 uvuye i Goma) bari barenze igice ca Congo, binjira ku ruhande rw’Urwanda, barasa ingabo z’ Urwanda, nazo zibona gusubiza.

Amakuru ava aho mu Rubavu avuga ko ata musirikare w’Urwanda, canke umunyagihugu yahasize ubuzima.


IGIHE

Messages

  • Ninde wakubwiye ko batewe !! Abakongolais nabagire vuba bahashye iyo Boko Haramu yo mu Rwanda iyoborwa na Rusuferi yigize umuntu alias Kagame!!!

  • Wewe wiyise Mutabazi, sinzi ico uri co sinzi niwo uri we ariko ico mbona co nuko nta ndero ugira, biragaragara ko hari étapes zagucitse mu buzima. Ariko ngarutse kuri iyi commentaire yawe yuzuye ubushishozi buke, ushobora kuba ufise impamvu zibigutera ariko sinibaza ko gutuka igihugu n’abakiyobora bizaguha inyishu y’ibibazo wikoreye ahubwo bizorushaho kukuremera kuko wabishaka utabishaka U Rwanda ntaho uzorushira uzohora urubona canke urwumve kuko na kare mu kirundi bavuga ngo AMASO Y’IGIKERE NTABUZA UMUVOMYI KUVOMA. Isubireko mwana wa mama ureke guta umwanya.

  • Wanterahamwe we ngo uri mitabazi! uzapfa wangara kubera amaraso y abatutsi wamenye! Genda ufashe benewanyu noneho bashiriye Gisenyi!!!! ngwino nawe wibonereho!

  • Mutabazi uzopfa wihisha kubera ivyo mwasize mukoze mu rwanda!

  • Ahubwo se wowe kaboko. Niba akambere karaviriyeho muri Kongo itegure ingabo za Kongo zivune Boko Haramu yanyu (FPR), hanyuma bakurase baguce na kakabiri...!! Naho uyu wiyise Gasongo weyavukanye ubugome nk’ikihebe kiyobora Boko haramu yo mu Rwanda Kagame!!! Murabeshyaniba mushaka amabuye y’agaciro iyo mitwe barayimena nkuko byabagendekeye ubushize mugata tonnes 300 zintwaro!!!! Mbaye arimwe nakwiyahura!! Kuko nta avenir mufite!!

  • Ahubwo se wowe kaboko. Niba akambere karaviriyeho muri Kongo itegure ingabo za Kongo zivune Boko Haramu yanyu (FPR), hanyuma bakurase baguce na kakabiri...!! Naho uyu wiyise Gasongo weyavukanye ubugome nk’ikihebe kiyobora Boko haramu yo mu Rwanda Kagame!!! Murabeshyaniba mushaka amabuye y’agaciro iyo mitwe barayimena nkuko byabagendekeye ubushize mugata tonnes 300 zintwaro!!!! Mbaye arimwe nakwiyahura!! Kuko nta avenir mufite!!

  • Wowe wiyita mutabazi,uri interahamwe mbi cyane amaraso azakuzerereza uvuga n’amagambo mabi atubaka igihugu cyawe n’umukuru wigihugu uzopfa uyerera,ingabo z’urwanda zirakomeye niba ugira ndaguhenda uzasange beneso mumashyamba uzikinishe zikwereke H.E Paul Kagame oyeeee ngabo z’urwanda mukomere kumuheto abanzi barakomeza kwiyongera ba mutabazi babaye benshiiii.

  • @inyangarwandacyane. Alias umunyarwanda cyane!! Ese wa ntagondwa we utagira umupaka aho uyobewe 7 millions So wanyu rukarabankaba yishe!! Niba nawe uri mubishe abakongomani igihe kizagera mwishyure ibyo mwabakoreye!! Ubu wizeye ko Boko Haramu (RDF) izatsinda kongo!! Nimukomeze mubagemurire imbunda nkuko byagenze kuri tonnes 300!! Erega inkotanyi amabonda yarabokamye kubera kunyunyuza imitsi ya Rubanda. Uzarebe akadigi ka kabarebe wagira ngo arwaye urushwima!!@

  • Uyu muswa witwa MUTABAZI yaranyobeye niba ari ingengabitekerezo yonse cyangwa urwango afitiye KAGAME nta jambo rizima riva mu kanwa ke, nta burere nta kinyabupfura.

  • Iyi nterahamwe Mutabazi ukuntu ifite izina rifite igisobanuro gikomeye mais ibitekerezo byayo bikaba bicuramye birababaje cyane . Reka nkwibwirire rero Mutabazi mwateguye kumarira abatutsi kwicumu murangije mubigwamwo namwe amacinya,inzara nibindi ntazi birabadufasha none mumaze isi mubandubunda none ngo ngwiki ?? uwabarashe ntaho yagiye muzaze

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.