Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Rwanda: Umurwi wo gusiganwa ku makinga ugiye kuvugwa mw’ireresi (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > Amareresi > Rwanda: Umurwi wo gusiganwa ku makinga ugiye kuvugwa mw’ireresi (...)

Rwanda: Umurwi wo gusiganwa ku makinga ugiye kuvugwa mw’ireresi mpuzamakungu

vendredi 5 Ruheshi 2015

Umukinyi w ‘amaresi Leonardo Dicaprio yamenyekanye cane mw’ireresi Romeo et Juliette,Titanic, afadikanije n’uwundi yitwa Michael Bay azwi cane mu bwoko bw’amareresi yo mu bwoko bwa court metrage batangaje abantu.

Leonardo Dicaprio amenyesha ko agiye gukora ibintu abantu benshi batari biteze aho agiye gukora ireresi abanywanyi biwe batari biteze, azoshimikira canecane ku kumurwi wo gusiganwa ku makinga wo mugihugu c’Urwanda. Abo bagabo babwiye ikimenyesha makuru The Hollywood Reporter ko, iyo reresi izoba ivuga inkuru y’umukinnyi w’isiganwa ry’amakinga Jacques "Jack” Boyer ubu asanzwe amenyereza umurwi w’Urwanda, akaba ari we munyamerika wa mbere yitavye ihiganwa (Tour de France).

Iyi nkuru ikavuga ko, ukuntu Boyer yatatwaye amarushanwa 40, areka uwo mwuga afise imyaka 32 hanyuma aja mu rwego rw’ubudandaji aho bitamwereye gushika naho atabwa muri yompi azizwa ubushurashuzi, amaze gupfungurwa, Boyer yaje mu Rwanda ashinga umurwi w’abasore bagira umugwi wo gusiganwa kuma kinga(team Rwanda), hanyuma akaza abajana mu marushanwa mpuzamakungu.

Turetse ko abantu batangazwa n’uko Leonardo Decaprio ataramenyekanye cane murwego r’awabasiganwa ku makinga ,ariko kandi abantu baratangazwa n’ingene Decaprio na Michel bunvikanye kuko batari basanzwe bacana uwaka.

Bill Nkurunziza

Messages

  • urumva asha i burundi ngira n ikipe y amkinga ntikibaho

  • u Rwanda rwatetye imbere mu gusiganwa ku magare , abarundi namwe ikipe yanyu ni nziza ikibazo ntabwo yitaweho bihagije pe muri tour du Rwanda y’ ubushize aba rundi bari bagerageje ariko ugasanga bafite amagare ashaje cyane ukabona bameze nkaho nta myimenyerezo bakoze pee?? mugihe ubu abanyarwanda bari gukoresha amagare ahenze cyane baherutse guhabwa na nyakubahwa Paul Kagame. abakinnyi bacu bitwaye neza muri south africa bitwara neza muri TOUR du faso, bitwara neza muri tour d’algerie, batwara etape ebyiri muri tour ducameroun , dufite ishuri ryigisha aba bakinnyi bacu dufite ama stage bajyamo muri suise, aba kinnyi b’ iburundi mukwiriye kwisunga bagenzi banyu bo mu Rwanda kandi birashoboka mubikeneye nabaha contact za president wa federation kuko ngirango hari na abakinnyi bayu Team Rwanda yigeze gufasha muri mu marushanwa South africa.

Un message, un commentaire ?

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.