Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Smarty aherutse guhabwa agashimwe na "RFI"azobica bicike muri (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Smarty aherutse guhabwa agashimwe na "RFI"azobica bicike muri (...)

Smarty aherutse guhabwa agashimwe na "RFI"azobica bicike muri IFB

mardi 13 Rusama 2014

Mu rukwirikirane rw’ibiteramo bizobera mu kigo c’Abafaransa i Bujumbura(IFB), igiteramo ca mbere camaze kumota. Ca gihangange mu mudiho wa Rap aherutse no guhabwa agashimwe Smarty, ejo azoba yashitse i Bujumbura.

Umuririmvyi Smarty aririmba mu murwi "Yaleen"azobica bicike mu gutabura igitambara c’ibiteramo bigiye kumara amezi ashika kuri 3 bibera mu kigo c’Abafaransa "IFB". Hazoba ari mu giteramo kizoba ku munsi wa kane w’igenekerezo rya 15 Rusama.

Smarty azoshika mu gisagara ca Bujumbura ejo aho bukera, azoba avuye mu gihugu ca Burkina Faso avukamwo. Mwomenyako uwo muririmvyi afise ibiteramo 23 ku mugabane wa Afrika, yatanguriye i Ndjamena muri Tchad kw’igenekerezo rya 3 Rusama, azoza ejo yaheruka i Moroni mu mazinga ya Comores, azohereza i Karthoum muri Sudani.

JPEG - 117.2 ko
Urukwirikirane rw’ibitermo azokoresha
JPEG - 28.6 ko
Isanamu y’igiteramo yagirishije muri Guinee Equatoriale

Umviriza ururirimbo"Au Royaume de mes Esperances"


Chérif Nkeshimana

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.