Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576 IGIHE Burundi
http://igihe.bi/
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......rnSPIP - www.spip.netAmezi 17 araheze atawuzi irengero ry'umumenyeshamakuru Jean BIGIRIMANA
https://igihe.bi/Umwaka-urarumanye.html
https://igihe.bi/Umwaka-urarumanye.html2017-12-22T08:00:00Ztext/htmlrnJean de Dieu M.HomeNews
Amezi 17 niyo aheze kuri uwu wa kane igenekerezo rya 22 Mukakaro 2017, ku munsi ku munsi, atawuzi irengero ry'umumenyeshamakuru Jean BIGIRIMANA w'ikinyamakuru IWACU. Inzego z'umutekano z'Uburundi zamenyesheje ko atarizo zafashe uwo mumenyeshamakuru.

Ubutungane

HomeNews
Nuite Econet leo
https://igihe.bi/Nuite-Econet-leo.html
https://igihe.bi/Nuite-Econet-leo.html2017-09-14T08:41:35Ztext/htmlrnJean de Dieu M.Ad4_MediumRectangle_300x250top_rectangle

Pub

Ad4_MediumRectangle_300x250,
top_rectangle
Kajoline Sona
https://igihe.bi/Kajoline-Sona.html
https://igihe.bi/Kajoline-Sona.html2017-09-13T13:31:36Ztext/htmlrnJean de Dieu M.bahagaze_neza

Umwigeme mwiza kandi aciye ubwenge w'umurundikazi

Kwidagadura

bahagaze_neza
« IMBURA AMAFARANGA na Econet leo » ou la manière de gagner de l'argent en rechargeant des unités
https://igihe.bi/IMBURA-AMAFARANGA-na-Econet-leo-ou.html
https://igihe.bi/IMBURA-AMAFARANGA-na-Econet-leo-ou.html2017-09-08T10:28:53Ztext/htmlrnJean de Dieu M.advertorial
C'est du jamais vu au Burundi !!! L'entreprise de télécommunication Econet leo offre de l'argent pour chaque recharge effectuée ! Découvrez la promotion « IMBURA AMAFARANGA» sur les cartes de recharges. Cette promotion est destinée à tous les clients prépayés d'Econet leo et leur donne la certitude de recevoir de l'argent sur leurs comptes EcoCash après chaque recharge

ECONET Leo

advertorial
IMBURA AMAFARANGA
https://igihe.bi/IMBURA-AMAFARANGA.html
https://igihe.bi/IMBURA-AMAFARANGA.html2017-09-07T09:00:28Ztext/htmlrnJean de Dieu M.premium_leaderboard_1

Bannieres Principales

premium_leaderboard_1
Masterland yagize Tombola kuwotora izina ry'umutwe w'ururirimbo
https://igihe.bi/Masterland-yagize-Tombola-k.html
https://igihe.bi/Masterland-yagize-Tombola-k.html2017-09-06T08:59:47Ztext/htmlrnJean de Dieu M.HomeNews
Masterland agiye gushira ahabona ururirimbo yagize nk'agaseke gapfundikiye k'abakunzi biwe. Urwo ruririmbo, Masterland yarugize Tombola. Urwo rero ruzosohokera mu giteramo agiye kuzoremesha ari kumwe n'abandi baririmvyi bagenzi biwe.

umucuraranzi

HomeNews
"Abavyeyi banje bashaka ko mba umuganga"
https://igihe.bi/Abavyeyi-banje-bashaka-ko-mba.html
https://igihe.bi/Abavyeyi-banje-bashaka-ko-mba.html2017-09-05T17:00:23Ztext/htmlrnJean de Dieu M.HomeNews
Umwana w'akayobe kandi agororotse, mu mpuzu zikoze mu gitambara c'igitenge, uwo ni Ritha Marie Ange KUNDUSENGE, umurundikazi yihaye intumbero yo guteza imbere ibikorerwa mu Burundi. Kuba umunyamideri yatanguye kuvyiyumvamwo kuva akiri muto cane, naho abavyeyi batashaka ko kazoza kiwe gatumbera mu mideri.

Kwidagadura

HomeNews
Toute une série d'informations avec smart info en composant *555#
https://igihe.bi/Toute-une-serie-d-informations.html
https://igihe.bi/Toute-une-serie-d-informations.html2017-09-01T10:01:43Ztext/htmlrnJean de Dieu M.advertorial
Vous qui rêvez de savoir s'il va pleuvoir ou si le ciel sera ensoleillé, vous n'aurez plus ce souci, Smart Burundi est là pour vous. Composez *555*2*1# à seulement 99Fbu par sms, vous aurez toute l'information sur la météo du jour.

Smart

advertorial
Kuki Miss Burundi 2017 yunze ubucuti na Ikoh?
https://igihe.bi/Kuki-Miss-Burundi-2017-yunze.html
https://igihe.bi/Kuki-Miss-Burundi-2017-yunze.html2017-08-29T16:13:21Ztext/htmlrnJean de Dieu M.HomeNews
Miss Burundi 2017 yashize umukono ku masezerano yo gukorana na Ikoh Multiservice mu mugambi "U'll love changes Vol2". Kubwa Miss Burundi, ni akaryo keza ko gushira mu ngiro imigambi yiyemeje. Kubwa Ikoh ni inguvu ziyongereye mw'itunganywa n'ishirwa mu ngiro ry'umugambi.

Kwidagadura

HomeNews
Nijeriya : Umukuru w'igihugu Muhammadu Buhari aratahuka
https://igihe.bi/Nijeriya-Umukuru-w-igihugu-19233.html
https://igihe.bi/Nijeriya-Umukuru-w-igihugu-19233.html2017-08-19T09:34:58Ztext/htmlrnJean de Dieu M.HomeNews
Umukuru w'igihugu ca Nijeriya Mohammadu Buhari vyitezwe ko uyu musi wa gatandatu igenekerezo rya 19 myandagaro 2017 ko atahuka mu gihugu ciwe inyuma ya mezi arenga 3 agwariye mu gihugu c'Ubwongereza.

Muri Afrika

HomeNews