Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Umunyagihugu ategerezwa gufasha kugira amahera akoreshwa na Reta aboneke https://igihe.bi/tharcisse-nkezabahizi-ni-ngombwa.html https://igihe.bi/tharcisse-nkezabahizi-ni-ngombwa.html 2015-01-20T10:56:13Z text/html rn HomeLinkRecommended HomeNews
Ko umunyagihugu afasha kugira mahera akoreshwa na Reta yiwe aboneka, ico ni ngombwa, ivyo vyamenyeshejwe n'umushikiranganji wo gutumatumanako, kumenyesha amakuru n'imigenderanire n'Inama nshingamateka na nkunguzamateka, Tharcisse Nkezabahizi.
Mu gihe bari baramutse bashira ahabona ivyaranguwe mu mwaka wa 2014, mu gatondo ko kuri uwu wa kabiri igenekerezo rya 20 Nzero 2015, Umushikiranganji wo gutumatumanako, kumenyesha amakuru n'imigenderanire n'Inama nshingamateka na nkunguzamateka, Tharcisse (...)
- u Burundi / HomeLinkRecommended, HomeNews Muhanga : Abantu 11 nibo bamaze kurimbwa n'imbwa zisara https://igihe.bi/muhanga-abantu-11-nibo-bamaze.html https://igihe.bi/muhanga-abantu-11-nibo-bamaze.html 2014-10-24T08:56:58Z text/html rn HomeLinkRecommended
Imbwa zisara mu ntara ya Kayanza ku musozi wa komine Muhanga zimaze kurya abantu bagera kuri 11 mu minsi ibiri gusa.
Abo bantu bose bariwe n'izo mbwa bakaba ari abo ku musozi umwe w'iyo komine ya Muhanga. Abo bariwe n'izo mbwa zisara kugeza ubu bariko baravurirwa mu bitaro vyo muri komine ya Gahombo. Abanyagihugu bo muri iyo komine bakaba batanguye uruhigi rw'izo mbwa zose zafashwe n'ibisazi. Imwe yonyene iramaze kwicwa ariko n'izindi zikaba ziriko ziraronderwa nk'uko amakuru ava mu ntwaro aho (...)
- Amagara y'abantu / HomeLinkRecommended Uwagandaguye ababikira b'abatariyanokazi batatu yasiguye icabimutumye https://igihe.bi/uwagandaguye-ababikira-b.html https://igihe.bi/uwagandaguye-ababikira-b.html 2014-09-09T15:51:31Z text/html rn HomeLinkRecommended HomeNews
Christian Claude Butoyi w'imyaka 33 y'amavuka aremera ko ariwe yagandaguye abanje gushurashuza ababikira batatu b'abatariyano bakorera kuri paruwasi Guido Maria CONFORTI yo muri komine Kamenge. Uwo apfungiwe mu giporisi kw'i Jabe asigura ko yabagandaguye kubera yari abanyamahanga bakorera mw'itongo ryiwe.
Igiporisi c'Uburundi, ku muhingamo wo kuri uwu wa kabiri, cerekanye umunyagihugu yafashwe yagirizwa ko ariwe yagandaguye ababikira batatu bo mu muryango w'abasaveri. Helmenegilde Harimenshi, (...)
- umutekano / HomeLinkRecommended, HomeNews Abaporisi batandatu n'inkoho ku muryango w'aho Mbonimpa arwariye https://igihe.bi/abaporisi-batandatu-n-inkoho-ku.html https://igihe.bi/abaporisi-batandatu-n-inkoho-ku.html 2014-09-05T10:33:02Z text/html rn HomeLinkRecommended
Amagara ya Petero Karaveri Mbonimpa ntako yifashe n'ubu nk'uko vyavuzwe na Gabriel Rufyiri, igihe abari mu mashirahamwe ataho yegamiye muvya poritike n'ay'abamenyeshamakuru bari bahejeje kumusuhuza.
Gabriel Rufyiri rero, kubw'abari bavuye kumusuhuza, akaba yasavye ko Reta y'Uburundi yorekura uwo mutama afise imyaka irenga mirongo itandatu hamwe Imana yocana agatora ka mitende. Avuga ko n'ubu amagara yiwe atako yifashe kuva aho ajaniwe mu bitaro BUMEREC, avanywe mw'ibohero rya Mpimba aho yari (...)
- Ubutungane / HomeLinkRecommended Urubanza rw'abanyagihugu bitwariye Urwanda, Kenya n'Ubuganda ntagaciro rwahawe https://igihe.bi/urubanza-rw-abanyagihugu-bitwariye.html https://igihe.bi/urubanza-rw-abanyagihugu-bitwariye.html 2014-09-04T09:27:03Z text/html rn HomeLinkRecommended
Ibirego vyari vyashikirijwe muri sentare y'ibihugu vy'Afrika y'Ubuseruko aho abanyatanzaniya bari bitwariye Urwanda, Kenya na Uganda kwama ivyo bihugu bigira inama bikumiriye ibihugu vya Tanzaniya n'Uburundi, ibirego vyafashwe nk'aho atagaciro bifise.
Sentare y'Afrika y'Ubuseruko ikaba yari yigije imbere urwo rubanza aho hari mu kwezi kwa Munyonyo umwaka uheze, urwo rubanza ruraheza rwungururizwa mu kwezi kwa Ruhuhuma uwu mwaka, ariko sentare isaba Hatibu Msanga, David Geofrey Makatha na John (...)
- Ubuseruko / HomeLinkRecommended