Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi
http://igihe.bi/
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......
rn
SPIP - www.spip.net

Ikibano kiri mu bituma umuntu ashobora gushika kw'ihangiro ryiwe canke ntarishikeko, bikwiye ko haba abantu tujana bivanye n'intambwe tuba tugezeko kugira dutere imbere.
https://igihe.bi/Ikibano-kiri-mu-bituma-umuntu.html
https://igihe.bi/Ikibano-kiri-mu-bituma-umuntu.html
2018-04-12T08:34:19Z
text/html
en
Jean De Dieu
HomeWaruziko

Ikibano kiri mu bituma umuntu ashobora gushika kwihangiro ryiwe canke ntarishikeko,bikwiye ko haba abantu tujana bivanye n'intabwe tuba tugezeko kugira dutere imbere.

Wari uzi ko

HomeWaruziko

Abantu ntibashimishwa n'uwutera imbere mu buzima, muri ku ntambwe imwe nabo baragukunda ariko iyo ugeze ku ntambwe iri hejuru yabo urwanko rurabarenga
https://igihe.bi/Abantu-ntibashimishwa-n-uwutera.html
https://igihe.bi/Abantu-ntibashimishwa-n-uwutera.html
2018-04-12T08:32:37Z
text/html
en
Jean De Dieu
HomeWaruziko

Abantu ntibashimishwa n'uwutera imbere mu buzima ,muri ku ntabwe imwe nabo baragukunda ariko iyo ugeze ku ntambwe iri hejuru yabo urwanko rurabarenga

Wari uzi ko

HomeWaruziko

Ntuze uhe amatwi abaguca intege ko utazoshika kw'ihangiro ryawe, kenshi baba batinya ko uzohava ushika ku ntambwe iri hejuru yabo.
https://igihe.bi/Ntuze-uhe-amatwi-abaguca-intege-ko.html
https://igihe.bi/Ntuze-uhe-amatwi-abaguca-intege-ko.html
2018-04-12T08:30:59Z
text/html
en
Jean De Dieu
HomeWaruziko

Ntuze uhe amatwi abaguca intege ko utazoshika kwihangiro ryawe,kenshi baba batinya ko uzohava ushika ku ntabwe iri hejuru yabo.

Wari uzi ko

HomeWaruziko

Uko iminsi itanu iheze,haboneka umutunzi karuhariwe mushasha mu Bushinwa.
https://igihe.bi/Buri-inyuma-y-imisi-itanu-mu.html
https://igihe.bi/Buri-inyuma-y-imisi-itanu-mu.html
2018-01-19T13:36:54Z
text/html
en
Jean De Dieu
HomeWaruziko

Uko iminsi itanu iheze, mu gihugu c'Ubushinwa,haboneka umutunzi karuhariwe mushasha.

Wari uzi ko

HomeWaruziko

Abanonosoye ibijanye n'imyifato bavuga ko iyo abahoze bakundana bagumye ari abagenzi ,bivuga ko baba bakibandanya bakundana canke yuko batigeze bakunda na rimwe
https://igihe.bi/Abanonosoye-ibijanye-n-imyifato.html
https://igihe.bi/Abanonosoye-ibijanye-n-imyifato.html
2018-01-19T13:34:35Z
text/html
en
Jean De Dieu
HomeWaruziko

Abanonosoye ibijanye n'imyifato bavuga ko iyo abahoze bakundana bagumye ari abagenzi ,bivuga ko baba bakibandanya bakundana canke yuko batigeze bakunda na rimwe

Wari uzi ko

HomeWaruziko

Ubushakashatsi bwerekana ko iyo umuntu atwenga cane kandi bikwiye, bimufasha kurangura neza imirimo
https://igihe.bi/Ubushakashatsi-bwerekana-ko-iyo.html
https://igihe.bi/Ubushakashatsi-bwerekana-ko-iyo.html
2017-08-10T07:29:38Z
text/html
rn
Jean de Dieu M.
HomeWaruziko

Ubushakashatsi bwerekana ko iyo umuntu atwenga cane kandi bikwiye, bimufasha kurangura neza imirimo

Wari uzi ko

HomeWaruziko

Ishavu rikabura ubwonko busanzwe arico cicaro c'ubugwaneza. Nico gituma iyo umuntu ashavuye avuga ukuri
https://igihe.bi/Ishavu-rikabura-ubwonko-busanzwe.html
https://igihe.bi/Ishavu-rikabura-ubwonko-busanzwe.html
2017-08-10T07:28:18Z
text/html
rn
Jean de Dieu M.
HomeWaruziko

Ishavu rikabura ubwonko busanzwe arico cicaro c'ubugwaneza. Nico gituma iyo umuntu ashavuye avuga ukuri

Wari uzi ko

HomeWaruziko

Mu Buyapani umwana ari munsi y'imyaka
https://igihe.bi/Mu-Buyapani-umwana-ari-munsi-y.html
https://igihe.bi/Mu-Buyapani-umwana-ari-munsi-y.html
2017-07-31T16:24:43Z
text/html
rn
Jean de Dieu M.
HomeWaruziko

Mu Buyapani umwana ari munsi y'imyaka cumi nta bibazo abazwa… kuko mu myaka itatu ya mbere umwana atanguye kwiga siyo gusuma ubwenge bw'umwana ariko niyo kumwigisha uburyo bwiza bwo kwakira ubumenyi.

Wari uzi ko

HomeWaruziko

Abantu bigumya mu gihe bashavuye bafise ubugabo kandi birabarinda ingwara ziterwa n'umutima
https://igihe.bi/Abantu-bigumya-mu-gihe-bashavuye.html
https://igihe.bi/Abantu-bigumya-mu-gihe-bashavuye.html
2017-07-31T16:21:30Z
text/html
rn
Jean de Dieu M.
HomeWaruziko

Abantu bigumya mu gihe bashavuye bafise ubugabo kandi birabarinda ingwara ziterwa n'umutima

Wari uzi ko

HomeWaruziko

Rimwe na rimwe guca mu bigeragezo biratuma umuntu yiga guhinduka eka agaca n'ubwenge
https://igihe.bi/Rimwe-na-rimwe-guca-mu-bigeragezo.html
https://igihe.bi/Rimwe-na-rimwe-guca-mu-bigeragezo.html
2017-07-31T16:19:58Z
text/html
rn
Jean de Dieu M.
HomeWaruziko

Rimwe na rimwe guca mu bigeragezo biratuma umuntu yiga guhinduka eka agaca n'ubwenge

Wari uzi ko

HomeWaruziko