Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Edouard Nduwimana yahamagaye abanyeporitike bahunze igihugu https://igihe.bi/edouard-nduwimana-yahamagaye.html https://igihe.bi/edouard-nduwimana-yahamagaye.html 2015-03-11T08:04:11Z text/html rn HomeNews InternationalNews <p>Umushikiranganji w'intwaro yo hagati mu gihugu ahamagarira abanyeporitike bahunze igihugu kugaruka. <br class='autobr' /> Edouard Nduwimana, umushikiranganji w'intwaro yo hagati mu gihugu, akaba avuga ko umurundi wese afise uburenganzira ahabwa n'ibwirizwa nshingiro bwo gusohoka igihugu no kwinjira. Ku bw'ivyo, Edouard Nduwimana asaba abarongoye imigambwe bahunze igihugu nka Leonard Nyangoma, Alexis Sinduhije n'abandi, bose kugaruka mu Burundi, bitegurire amatora nk'abandi. Edouard Nduwimana kandi, avuga ko (...)</p> - <a href="https://igihe.bi/-imigambwe-.html" rel="directory">Imigambwe</a> / <a href="https://igihe.bi/+-homenews-+.html" rel="tag">HomeNews</a>, <a href="https://igihe.bi/+-internationalnews-+.html" rel="tag">InternationalNews</a>