Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576 IGIHE Burundi
http://igihe.bi/
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......rnSPIP - www.spip.netWelcome Home, ireresi ya mbere ku rwego rw'igihugu
https://igihe.bi/welcome-home-ireresi-ya-mbere-ku.html
https://igihe.bi/welcome-home-ireresi-ya-mbere-ku.html2013-06-15T08:52:18Ztext/htmlrnHomeNewsfesticab_news

Inyuma y'indwi yose bariko barerekana amareresi ari mw'ihiganwa, ibikorwa vy'isabukuru y'amareresi mu Burundi ku ncuro ya gatanu vyaraye bisozerewe n'ugutanga udushimwe ku berekanye ubuhinga kurusha abandi.

Mu majambo yagiye arashikirizwa haba ku mukuru w'isabukuru ry'amareresi mu Burundi, abari mu mirwi yahitamwo amareresi yabaye aya mbere, barakengurutse intambwe ubuhinga bugezeko bakizera ko imyaka iri imbere imikangara y'abarundi izoba ishobora no guhiganwa n'abandi.

Ireresi “Welcome Home” (...)

Amareresi

HomeNews,
festicab_news
Amasezerano y'ugucudika kwa FESTICAB na FESPACO
https://igihe.bi/amasezerano-y-ugucudika-kwa.html
https://igihe.bi/amasezerano-y-ugucudika-kwa.html2013-06-11T10:30:49Ztext/htmlrnHomeNewsfesticab_news

Kuri uyu wa kabiri,isabukuru ry'amareresi FESTICAB n'isabukuru ry'amareresi FESPACO vyasinye amasezerano yo gucudika mu vyerekeye amareresi n'ibindi bikorwa bijana.

Mugatondo kuwu wa kabiri, hasinywe amasezerano yo gukorana hagati y'isabukuru mpuzamakungu ry'amareresi ryo mu Burundi, FESTICAB, hamwe n'isabukuru ry'amareresi ry'i Ougadougu, FESPACO. Ayo masezerano akaba yarahagarikiwe n'ubushikiranganji bw'inkino n'imicukama bw'Ubwurundi. Yari yatewe kandi iteka n'uwuserukira Ubufaransa mu Burundi. (...)

Festicab

HomeNews,
festicab_news
Débat autour du thème : “ Le cinéma au service de la paix et du développement.”
https://igihe.bi/debat-autour-du-theme-le-cinema-au.html
https://igihe.bi/debat-autour-du-theme-le-cinema-au.html2013-06-10T07:00:23Ztext/htmlrnfesticab_news

Une conférence-débat a eu lieu aujourd'hui au Club Lac Tanganyika dans le cadre de la 5ème édition du FESTICAB. Le thème débattu était celui choisi pour cette édition à savoir « Le cinéma au service de la paix et du développement.»

Les deux conférenciers du jour à savoir : Mr Athanase Ntiyanogeye, enseignant dans diverses universités du Burundi et au Rwanda, et Mme Fatoumata Coulibaly, la marraine de cette édition. Le premier conférencier, Athanase Ntiyanogeye, a exposé l'histoire du cinéma des Grands (...)

Page Special

festicab_news
Ikiganiro ku civugo ca Festicab 2013 incuro ya gatanu mu Burundi
https://igihe.bi/ikiganiro-ku-civugo-ca-festicab.html
https://igihe.bi/ikiganiro-ku-civugo-ca-festicab.html2013-06-10T06:58:15Ztext/htmlrnHomeNewsfesticab_news

Mu rukurikirane rw'indwi y'isabukuru y'amareresi ku ncuro ya gatanu mu Burundi ( Festicab 2013), hatunganijwe ikiganiro co guhanahana ivyiyumviro mw'ihoteli Club du Lac Tanganyika ku civugo catowe muri uyu mwaka « Amareresi mu mugambi w'amahoro n'iterambere.»

Abaremesheje ibiganiro uko ari babiri, Athanase Ntiyanogeye umuhinga n'umwigisha wa kaminuza hamwe na Fatoumata COULIBALY, ahagarariye isabukuru muri uno mwaka bagarutse kuri kahise k'amareresi mu karere k'ibiyaga binini muri rusangi no mu (...)

Amareresi

HomeNews,
festicab_news
Ibikorwa vya Festicab 2013 vyatangujwe icese
https://igihe.bi/ibikorwa-vya-festicab-2013.html
https://igihe.bi/ibikorwa-vya-festicab-2013.html2013-06-07T22:28:36Ztext/htmlrnHomeNewsfesticab_news

Iryavuzwe ryatashe, isabukuru y'amareresi ku ncuro ya gatanu mu Burundi yaraye itangujwe icese kuri Hotel Club du Lac Tanganyika ku mugoroba w'ejo igenekerezo rya 7 Ruheshi 2013 imbere y'abarorerezi, abakunzi b'amareresi n'abafashe mu mugongo itunganwa ry'iyo sabukuru iba uko umwaka utashe igahuza abahinga b'abarundi n'abandi mvamakungu.

Amareresi azohiganwa haba ku rwego rw'igihugu canke mu makungu akaba yerekana ubuzima bwa misi yose, imico n'ivyiyumviro bitandukanye.

Ibikorwa vya Festicab 2013 (...)

Amareresi

HomeNews,
festicab_news
Festicab 2013: Urutonde rw'amareresi azohiganwa rwamenyekanye
https://igihe.bi/festicab-2013-urutonde-rw.html
https://igihe.bi/festicab-2013-urutonde-rw.html2013-05-16T03:44:18Ztext/htmlrnHomeNewsfesticab_news

Umurwi uriko utegura isabukuru y'amareresi « Festicab 2013” ku ncuro ya gatanu mu Burundi wakoranije abanditsi n'abamenyeshamakuru , kuri uyu wa kane igenekerezo rya 16 Rusama 2013, kugira bashire ahabona urutonde rw'amareresi yatowe ngo azohiganwe, yaba ayo mu Burundi canke ayo mu makungu, eka mbere n'ayo mu bihugu vyo mu karere nka Rwanda na Congo.

Umuyobozi w'isabukuru ry'amareresi"Festicab 2013" Eloge Nzeyimana yamenyesheje ko uno mwaka baronse amareresi y'abanyamahanga bipfuza guhiganwa. Muri (...)

Amareresi

HomeNews,
festicab_news
Intererano ya mbere ya Festicab 2013 yatanzwe na Brarudi
https://igihe.bi/intererano-ya-mbere-ya-festicab.html
https://igihe.bi/intererano-ya-mbere-ya-festicab.html2013-04-10T12:42:51Ztext/htmlrnHomeNewsfesticab_news

Ishirahamwe Brarudi ryatanze intererano igera ku mafaranga y'amarundi imiliyoni mirongo ine ku murwi uriko utegura isabukuru ry'amareresi (Festicab 2013) rizotangura mu ntango z'ukwezi kwa Ruheshi umwaka w'2013.

Ku mugoroba wo kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 10 Ndamukiza 2013 mu bigo vy'iryo shirahamwe, niho amasezerano aherekeza iyo ntererano yaterwako igikumu hagati y'umuyobozi mukuru w'ishirahamwe Brarudi, Maarten Schuurman na Léonce Ngabo, umukuru wa Festicab.

Mw'ijambo ryiwe, (...)

Amareresi

HomeNews,
festicab_news
Itanguzwa ry'ibikorwa bitegura Festicab 2013
https://igihe.bi/itanguzwa-ry-ibikorwa-bitegura.html
https://igihe.bi/itanguzwa-ry-ibikorwa-bitegura.html2013-04-03T09:56:35Ztext/htmlrnHomeNewsfesticab_news

Kuri Hotel Club du Lac Tanganyika , uwaserukiye umushikiranganji w'urwaruka, inkino n'imico kama Jean Marie Rugerinyange, ari kumwe na Léonce Ngabo yatanguje Festicab na Eloge Nzeyimana, ayirongoye muri uno mwaka, batanze ikiganiro ku banditsi n'abamenyeshamakuru, kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 3 Ndamukiza 2013, ku civugo: "Ireresi mw'itsimbatazwa ry'amahoro n'iterambere mu Burundi".

Intumbero y'ico kiganiro yari itanguzwa ry'ibikorwa bigira gatanu vy'itegurwa rya Festicab y'umwaka w'2013, (...)

Amareresi

HomeNews,
festicab_news
Ikiganiro IGIHE yagiranye n'abaririmvyi babiri Alfred Nyandwi na Bernard Ndoricimpa
https://igihe.bi/ikiganiro-igihe-yagiranye-n-3135.html
https://igihe.bi/ikiganiro-igihe-yagiranye-n-3135.html2013-01-16T04:36:32Ztext/htmlrnHomeNewsfesticab_news

Umugwi w'abaririmvyi babiri Alfred Nyandwi na Bernard Ndoricimpa uramaze kuririmba indirimbo zitari nke kandi zakunzwe n'abantu benshi. Baririmbisha ibikoresho kavukire kandi baririmba indirimbo z'imico kama.

None uwo mugwi wavutse ryari, ugizwe na bande, bakorana gute, bafise intumbero iyihe.

Kugirango tumenye vyinshi kuri bo, twagiranye ikiganiro.

IGIHE : Turabaramukije,n'amahoro ?

Alfred : Ego turakomeye, kandi tubahaye ikaze.

Bernard : Karibu murisanze, tumeze neza.

IGIHE : (...)

inkuru

HomeNews,
festicab_news