Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi
http://igihe.bi/
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......
rn
SPIP - www.spip.net

Inama nshingamateka na nkenguzametaka vyaronkejwe imfashanyo na ABEF
https://igihe.bi/Inama-nshingamateka-na-22725.html
https://igihe.bi/Inama-nshingamateka-na-22725.html
2018-11-14T12:34:27Z
text/html
en
vianney
HomeHighlights
MainSlideNews

Ishirahamwe rihurikiyemwo amabanki akorera mu BURUNDI ABEF (Association de Banques et Etablissements financiers) ryaronkeje inama nshingamateka na nkenguzamateka vy'Uburundi imfashanyo y'amafaranga angana imiriyoni 23 y'amafaranga y'amarundi azofasha mu gikorwa co kwakira inkino zihuza amanama nshingamateka na nkenguzamateka yo mu bihugu bihurikiye mu muryango wa Afrika y'Ubuseruko.

Amakuru

HomeHighlights,
MainSlideNews

Abipfuza guhiganirwa ibibabanza vy'ubukomiseri mu murwi CVR basabwa gushikana ibisabwa n'amategeko
https://igihe.bi/Abipfuza-guhiganirwa-ibibabanza-vy.html
https://igihe.bi/Abipfuza-guhiganirwa-ibibabanza-vy.html
2018-11-10T09:50:03Z
text/html
en
vianney
HomeHighlights

Ibiro vy'inama nshingamateka bimenyeshako bihamagariye abantu bose bipfuza guhiganirwa ibibanza vy'abakomiseri 13 b'umurwi ujejwe kumenya ukuri no kurekuriranira CVR ko boshikana ibisabwa n'amategeko mu murwi ujejwe gutunganya ishirwaho ry'abakomiseri 13 washizweho n'inama nshingamateka.

Amakuru

HomeHighlights

BRARUDI yaronkeje udushimwe abatsinze mw'ihiganwa « Pfundurura Utsinde »
https://igihe.bi/BRARUDI-yaronkeje-udushimwe.html
https://igihe.bi/BRARUDI-yaronkeje-udushimwe.html
2018-11-08T16:04:50Z
text/html
en
vianney
HomeHighlights
MainSlideNews

Ishirahamwe rihingura ibinyobwa BRARUDI ryatanze udushimwe dutandukanye ku bantu batomboje muvyo bise Pfundurura Utsinde. Kugira utombore, umuntu agura icupa ry'ikiyeri inyuma yo kuryugurura afata umufuniko akawuharura kugira arabe ico yatomboje indani mwuwo mufuniko.

Amakuru

HomeHighlights,
MainSlideNews

Ngozi: Umukuru w'igihugu yakoranije inama ihuza abakorera mu gisata c'ubutare
https://igihe.bi/Ngozi-Umukuru-w-igihugu-yakoranije.html
https://igihe.bi/Ngozi-Umukuru-w-igihugu-yakoranije.html
2018-11-07T09:43:38Z
text/html
en
vianney
HomeHighlights

Umukuru w'igihugu Pierre NKURUNZIZA yakoranije kuruyu wa gatatu igenekerezo rya 7 Munyonyo umwaka wa 2018 mu ntara ya Ngozi, inama y'abakorera mu gisata co gucukura ubutare mu ntumbero yo kurabira hamwe uko ico gisata cifashe.

Amakuru

HomeHighlights

Arsene Mugenzi : “Isoko y'imitahe izofasha abakeneye imitahe guhura imbonankubone n' abanyamitahe.”
https://igihe.bi/Arsene-Mugenzi-Isoko-y-imitahe.html
https://igihe.bi/Arsene-Mugenzi-Isoko-y-imitahe.html
2018-11-05T14:50:05Z
text/html
en
vianney
HomeHighlights

Arsene MUGENZI akora mu gisata kijejwe isoko y'abanyamitahe amenyeshako umugambi wo gushiraho isoko y'imitahe bizofasha kugira abakeneye imitahe n' abanyamitahe bahure ata muntu barinze gucako.

Ubutunzi

HomeHighlights