Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Chany Queen yerekanye ibintu 3 atahora akora mu buzima bwiwe https://igihe.bi/chany-queen-yerekanye-ibintu.html https://igihe.bi/chany-queen-yerekanye-ibintu.html 2015-03-09T15:30:18Z text/html rn HomeNews
Umuririmvyikazi Chanelle canke Chany Queen yaraye yerekanye ibintu bitatu atahora akunda gukora kamere kiwe: kuririmba "live",no kwambara impuzu zikora ku birenge, hamwe no kwigendana atari kumwe na R Flow.
Chany ati:"sinari bwaririmbe muri "live" ariko ico nabonye ni uko biryoshe". Chany Queen arashima akaryo keza yaronse ko kwubahuka kuririmba muri ubwo buryo bushasha. Chanelle ahejeje kuririmba twamubajije ko yoshobora kubandanya muri "Live", ati:"jewe nabonye ndabishoboye sinzi (...)
- inkuru / HomeNews Gaga Blue yemerera Chany Queen ko azomukorakora (video) https://igihe.bi/gaga-blue-yemerera-chany-queen-ko.html https://igihe.bi/gaga-blue-yemerera-chany-queen-ko.html 2015-02-13T08:49:52Z text/html rn HomeNews
Isanamu y'ururirimbo Chany Queen yakoranye n'umuririmvyi Gaga Blue yasohotse, baririmba bavuga bati : "Jewe nawe".
chany Queen atangura abwira Gaga Blue ati kukuronka wewe vyabaye nk'igihamana (surprise, bahati), jewe nawe tuzokwamana iminsi yanditse ku kirangaminsi, sinshobora kuguheba". Gaga Blue nawe amwishura amubwira ko azomushishitira nk'uwuhoza umwana, ko bazoca aho hose haryoshe maze barye ibiryoshe.
Isanamu yasohotse ni iy'ururirimbo "Me and You", canke "Jewe Nawe", amajwi yakorewe (...)
- Indirimbo / HomeNews Chany Queen yasohoye amafoto asomana na Loriane https://igihe.bi/umuririmvyikazi-chany-yasohoye.html https://igihe.bi/umuririmvyikazi-chany-yasohoye.html 2014-12-12T14:15:41Z text/html rn HomeNews
Umuririmvyikazi Chany yasohoye urukurikirane rw'amafoto, zimwe muri zo aboneka yambaye agahuzu gafata amabere gusa, izindi aboneka ariko asomana na mugnzi we olga.
Hari haheze iminsi Chany Queen adashirako amafoto, ubu rero agira ahamvye mugenzi we Ashley wewe adahengeshanya gushira ahabona amafoto atandukanye hamwe yambaye uduhuzu tubonerana. Chany Queen, umukunzi wa R Flow muri zimwe muri ayo mafoto aboneka ari wenyene ahandi ariko asomana ku munwa na Loriane umugore wa Lolilo yahoze ari (...)
- Amafoto / HomeNews Chany Queen yasohoye ururirimbo "Fizzo" yaririmbiye Fariouz amutera amashurwe https://igihe.bi/chany-queen-yasohoye-ururirimbo.html https://igihe.bi/chany-queen-yasohoye-ururirimbo.html 2014-10-28T08:47:20Z text/html rn HomeNews
Inyuma y'iminsi y'agacerere, Chanelle azwi kw'izina rya Chany Queen yasohoye ururirimbo ruvugwamwo Fariouz kuva mu ntago gushika ruhere, koko yaririmvye izina Fizzo gusa. Chany Queen ati:" Mvuze F I Z Z O mba nshatse gusigura Fizzo".
Chany Queen ntiyaraherutse gusohora indirimbo ariko aravuye mu gacerere aca asohora ururirimbo " Fizzo" aho aririmba Fariouz amutera amashurwe gushika ruhere. Mu majambo avuga mu ruririmbo, Chanelle yemeza ko Fizzo ari we muririmvyi wa mbere yubaha kandi akunda. (...)
- Indirimbo / HomeNews Kook-k na Chany Queen bariko bakora iki mu gitanda? https://igihe.bi/kook-k-na-chany-queen-bariko.html https://igihe.bi/kook-k-na-chany-queen-bariko.html 2014-06-25T09:19:03Z text/html rn HomeNews
Isanamu y'ururirimbo "How much I Love you" yasohotse inyuma y'iminsi itari mike iri mu biganza vy'umuhinyanyuzi, umwanditsi, akaba n'umuririmvyi Kook-k. Isanamu yatwaye uburyo butari buke ariko ubuhinga n'ubwo Kook-k asanganywe.
Isanamu ikozwe mu buryo buhanitse yavuye mu muririmbo "How much I Love" rwavuye mu majwi ateranije y'abaririmvyi Chany Queen na Kook-k. Yakozwe na Kook-K ubwiwe mu nzu ihinyanyura imiziki "Golden Records" yiwe nyene. Amwe mu mashusho (photo) aboneka muri iyo sanamu (...)
- Chanelle / HomeNews Amafoto y'ururirimbo yerekana Kook k na Chany Queen bameze nk'abakundana https://igihe.bi/amafoto-y-ururirimbo-yerekana-kook.html https://igihe.bi/amafoto-y-ururirimbo-yerekana-kook.html 2014-05-31T10:13:43Z text/html rn HomeNews
Ururirimbo "How Much I Love U" rwa Chany Queen na Kook-k ruriko ruratera intambwe y'ukuja k'urutonde rwa "You Tube"kuko isanamu yarwo iriko irakorwa. Intangamarara y'amashusho yamaze gusohoka. Mwibuke ko urwo ruririmbo rwateye ibibazo, kuko rwari ruteye amakenga.
"How Much I Love U". Intambwe y'amajwi yarangiye kera kuko ururirimbo rwaramaze gusohoka, hasigaye gushira ahabona isanamu kuko yitezwe na benshi. Umuhinyanyuzi akaba n'umuririmvyi Kook-k niwe ariko akora amasanamu yayo kandi ni nawe (...)
- inkuru / HomeNews Kook-k na Chany Queen muri "How Much I Love You" : None boba bakundana? https://igihe.bi/kook-k-na-chany-queen-bati-how.html https://igihe.bi/kook-k-na-chany-queen-bati-how.html 2014-04-08T11:54:54Z text/html rn HomeNews
Ururirimbo How Much I Love You rwaririmbwe na Koo-k na Chany Queen rwaragiye ahabona. Urwo ruririmbo rwari rwananiranye gutahurwa, kuko abenshi bumva ko Kook-k na Chany Queen bashize ahabona urukundo bafitaniye, nk'uko vyumvikana no mu ruririmbo. Vyari bisanzwe bizwi ko Kook-k akundanye na Thity Love, Chany Queen nawe akagira umukunzi, ariwe umuririmvyi R Flow.
How Much I Love You ni ururirimbo rushasha umuhinyanyuzi akaba n'umuririmvyi Kook-k yaririmbanye na Chany Queen. Muri urwo (...)
- inkuru / HomeNews Menya vyinshi k'umuririmvyi Chanelle https://igihe.bi/menya-vyinshi-k-umuririmvyi.html https://igihe.bi/menya-vyinshi-k-umuririmvyi.html 2013-02-27T06:27:33Z text/html rn HomeNews
Gitare Chanelle basigaye bita Queen Flow kuko ubu ari umukunzi wa R-Flow ; ni umuririmvyikazi w'umurundi amaze kumenyekana nk'umwe mubaririmvyi kazi ba bahinga mu gihugu c'Uburundi.
Uwo akaba ari umwigeme w'imyaka 24 y'amavuko, akaba afise umwana umwe witwa Rahma yavyaranye na Lolilo mu gihe bari bagikundana.
Chanelle yamenyekanye kubera ijwi ryiwe ry'ubuhinga ryagiye rigaragara mu ndirimbo nyinshi yagiye aririmbamwo, zaba izo yasabwe gufadikanya n'abandi ndetse n'iziwe. Yatanguye kuririmnba (...)
- inkuru / HomeNews