Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi
http://igihe.bi/
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......
rn
SPIP - www.spip.net

Abamenyeshamakuru basabwe kuja mw'ishirahamwe kugira bateze imbere igisata c'amareresi
https://igihe.bi/Abamenyeshamakuru-basabwe-kuja-mw.html
https://igihe.bi/Abamenyeshamakuru-basabwe-kuja-mw.html
2018-05-08T06:49:21Z
text/html
fr
HomeNews

Isabukuru mpuzamakungu ry'amareresi mu Burundi FESTICAB ryaratunganije kur'uno wa mbere, igenekerezo rya 7 Rusama 2018, uruganda ku bamenyeshamakuru b'imicokama ku bijanye no gutanga ivyiyumviro ku kungene amareresi aba akoze (critique cinematographique) Gervais Hien ajejwe ivyo kumenyesha amakuru mw'isabukuru FESPACO yaremesheje urwo ruganda yahamagariye abamenyeshamakuru gukunda kuraba amareresi yerekanwa mu kibanza gihuriramwo n'abantu benshi.

Amareresi

HomeNews

Umurundikazi Kadja Nin yashizwe mu bazotanga amanota mw'isabukuru ry'i Cannes
https://igihe.bi/Umurundikazi-Kadja-Nin-yashizwe-mu.html
https://igihe.bi/Umurundikazi-Kadja-Nin-yashizwe-mu.html
2018-04-22T12:09:55Z
text/html
fr
HomeNews

Umurundikazi akaba n'umuririmvyi ava mu gihugu c'Uburundi, Jeanine Rema azwi kw'izina rya Kadja Nin yashizwe mu murwi w'abazotanga amanota mw'isabukuru ry'amareresi Cannes, ribera mu gihugu c'Ubufaransa.

Amareresi

HomeNews

Arthur BAN avuga ko igisata c'amareresi kikiri ku rugero rwo hasi mu Burundi
https://igihe.bi/Arthur-BAN-avuga-ko-igisata-c.html
https://igihe.bi/Arthur-BAN-avuga-ko-igisata-c.html
2018-03-28T10:11:17Z
text/html
fr
HomeNews

Umukinyi akaba n'umuhinyanyuzi w'amareresi Arthur BAN amenyesha ko igisata c'amareresi mu Burundi kitaratera imbere, kandi ko kikiri k'urugero rwo hasi, naho hari utwigoro tutari duke turiko turakorwa.

Amareresi

HomeNews

FESTICAB2018 : Amareresi 69 niyo yatowe kugira aje mw'ihiganwa rigira 10 ry'amareresi
https://igihe.bi/FESTICAB2018-Amareresi-69-niyo.html
https://igihe.bi/FESTICAB2018-Amareresi-69-niyo.html
2018-03-27T11:44:29Z
text/html
fr
HomeNews

Francine MUNYANA arongoye isabukuru ry'amareresi FESTICAB, amenyesha ko amareresi 69 ariyo yatowe kugira aje mw'ihiganwa ry'isabukuru ry'amareresi ritunganijwe muri uno mwaka wa 2018, mu gihe amareresi 20 y'abarundi amaze guhiganwa mu masabukuru mpuzamakungu, 50 y'abarundi nayo agahiganwa mw'isabukuru FESTICAB, inyuma y'imyaka 10 iheze isabukuru FESTICAB ibayeho.

Amareresi

HomeNews

« Reta n'abikorera ivyabo ntibafata mu mugongo abakina amareresi »
https://igihe.bi/Reta-n-abikorera-ivyabo-ntibafata.html
https://igihe.bi/Reta-n-abikorera-ivyabo-ntibafata.html
2018-01-19T07:11:16Z
text/html
fr
HomeNews

Mu gihe isabukuru y'amareresi mu Burundi (FESTICAB) ryugururiye imiryango abakora amareresi ngo batangure gutanga ireresi zizoja mw'ihiganwa rigiye kuba mu kwezi kwa Rusama, Richard NIYONGABO batazira TUGURU, umwe mubahinyanyuzi b'amareresi akongera akanayakina , amenyesha ko Reta n'amashirahamwe y'abikorera utwabo badafasha ku rugero rukwiriye kugira igisata co gukora amareresi muri rusangi, n'isabukuru FESTICAB bitere imbere.

Amareresi

HomeNews

FESTICAB 2018 : Abakinyi b'amareresi bahamagariwe kuyandikisha
https://igihe.bi/FESTICAB-2018-Abakinyi-b-amareresi.html
https://igihe.bi/FESTICAB-2018-Abakinyi-b-amareresi.html
2018-01-16T10:04:49Z
text/html
fr
HomeNews

Isabukuru mpuzamakungu ry'amasinema n'amareresi mu Burundi FESTICAB rihamagarira abakinyi b'amareresi kwandikisha amareresi yabo, mu ntumbero yo kuyashira mw'ihiganwa ritunganijwe kuva kw'igenekerezo rya 4 gushika kurya 11 Rusama 2018.

Amareresi

HomeNews

Oprah yagendeye umuryango wa Ndikumana Katauti yahoze ari umugabo wiwe
https://igihe.bi/Oprah-yagendeye-umuryango-wa.html
https://igihe.bi/Oprah-yagendeye-umuryango-wa.html
2017-11-23T09:07:26Z
text/html
rn
Egide NDUWIMANA
HomeNews

Irene Uwoya azwi kw'izina rya Oprah yagendeye umuryango wa Ndikumana Katauti mu Burundi, inyuma y'iminsi mikeyi uwo mukinyi w'umupira w'amaguru yitavye Imana

Amareresi

HomeNews

Ireresi ya John K-ay n'ibihangange mu mareresi mpuzamakungu igiye gusohoka
https://igihe.bi/Ireresi-ya-John-K-ay-n-ibihangange.html
https://igihe.bi/Ireresi-ya-John-K-ay-n-ibihangange.html
2017-10-03T13:56:27Z
text/html
rn
HomeNews

Umukinyi w'amareresi akaba n'umuririmvyi w'umurundi John K-ay agiye gushira ahabona iyindi reresi yakoranye n'ibihangange mu gisata c'amareresi vyo muri Africa na Australiya.

Amareresi

HomeNews

FESTICAB 2017: Ireresi yofasha mu gushigikira agateka k'umukenyezi
https://igihe.bi/FESTICAB2017-Ireresi-yofasha-mu.html
https://igihe.bi/FESTICAB2017-Ireresi-yofasha-mu.html
2017-06-10T08:32:12Z
text/html
rn
HomeNews

Isabukuru mpuzamakungu ry'amareresi mu Burundi Festicab rimenyesha ko ireresi ziri mu vyofasha gushigikira agateka k'umukenyezi muvyo akora hisunzwe imico n'imigenzo.

Amareresi

HomeNews

FESTICAB 2017: Amareresi 7 yaronse ubushimwe
https://igihe.bi/FESTICAB-2017-Amareresi-7-yaronse.html
https://igihe.bi/FESTICAB-2017-Amareresi-7-yaronse.html
2017-05-27T06:44:53Z
text/html
rn
HomeNews

Ku mugoroba wo kuri uno wa gatanu igenekerezo rya 26 Rusama 2017 niho isabukuru mpuzamakungu ry'amareresi mu Burundi ryarangira. Amareresi indwi yabaye aya mbere mu mice itandukanye niyo yahawe agashimwe gaherekejwe n'amafaranga umuriyoni w'amarundi.

Amareresi

HomeNews