Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Amasanamu y'indirimbo y'Africanova (VIDEO) https://igihe.bi/amasanamu-y-indirimbo-y-africanova.html https://igihe.bi/amasanamu-y-indirimbo-y-africanova.html 2014-11-02T09:25:08Z text/html rn HomeNews - Africanova / HomeNews Amwe mu mafoto yafashwe mu gihe Africa Nova yariko atunganya amasanamu https://igihe.bi/amwe-mu-mafoto-yafashwe-mu-gihe.html https://igihe.bi/amwe-mu-mafoto-yafashwe-mu-gihe.html 2013-04-27T03:48:17Z text/html rn HomeNews
Umuririmvyi Africa Nova mu minsi yari mu gihugu c'amavukiro yiwe c'Uburundi yarakoze amasanamu y'indirimbo zibiri imwe yitwa Sonsty( zana ndabe) iyindi nayo Bahaya. Izo ndirimbo akaba yarazikorewe n'umuhinyanyuzi amaze kumenyekana muri ico gikorwa, Cookey afise ubuhinyanyuzi bwitwa Golden Star entertaimment.
Izo ndirimbo bakaba barazikoreye ahantu hatandukanye harimwo ahitwa kuri Dominos, kuri Saga plage, kuri Hotel Belair Residence ndetse n'ahandi henshi.
Ikindi cagaragaye n'uko uwo (...)
- Africanova / HomeNews Ikiganiro Africa Nova yagiranye na IGIHE https://igihe.bi/ikiganiro-africa-nova-yagiranye-na.html https://igihe.bi/ikiganiro-africa-nova-yagiranye-na.html 2013-04-27T00:04:32Z text/html rn HomeNews
Umuririmvyi Africa Nova rurangiranywa mu Burundi no mu makungu yahora mu gihugu c'Uburundi, amavukiro yiwe, inyuma y'imyaka myinshi ari mu mahanga. Mu minsi yamaze mu Burundi, yaratunganije ibiteramo mu ntumbero yo kwiyibutsa abakunzi biwe, naho indirimbo ziwe zagumanye akanovera. Buca asubira mu gihugu ca Canada aho asigaye aba ubu n'umuryango wiwe, ikinyamakuru canyu “Igihe” cashimye kubashikiriza ikiganiro twagiranye mu ntumbero yo kumenyesha abarutse vuba uwo muririmvyi uwo ari we, eka mbere (...)
- Africanova / HomeNews Umuririmvyi Africa Nova yifuza gusubira muri Canada https://igihe.bi/umuririmvyi-africa-nova-yifuza.html https://igihe.bi/umuririmvyi-africa-nova-yifuza.html 2013-04-24T03:37:11Z text/html rn HomeNews
Inyuma y`ukwezi,umuririrmvyi Afrika Nova yaramaze mu gihugu ciwe c'u Burundi, bitegekanijwe ko kuri uyu wa gatandatu ariho azosubira mu gihugu ca Canada aho asigaye aba n'umuryango wiwe.Akaba yari yaje kuramutsa abakunzi n'abavandimwe no kwereka abarundi ko abaririmvyi bakera nabo nyene bibuka gukora ku murya w'inanga .
Mu minsi yaramaze ngaha mu Burundi,uyo muririmvyi yararanguye ibikorwa vyinshi ,aho yakoze ibiteramo bitatu nkuko yari yarabitangaje agishika hano mu gihugu c'u Burundi, (...)
- Africanova / HomeNews Umuririmvyi Africanova yagarutse mu Burundi https://igihe.bi/umuririmvyi-africanova-yagarutse.html https://igihe.bi/umuririmvyi-africanova-yagarutse.html 2013-04-01T23:31:38Z text/html rn HomeNews
Marie-Antoine Ruberinyange azwi kw'izina rya Africanova agiye kumara imisi 28 mu Burundi, inyuma y'imyaka 20 yarahunze. Azoremesha ibiteramo irya n'ino mu gisagara ca Bujumbura. Uwo murimvyi adasanzwe yarabiciye biracika mu Burundi no mu makungu.
Ntawomenya ko Nova afise imyaka 63. Ari muri bake baririmba mu gihe ciwe bakiriho, co kimwe na Ngabo Léonce afise imyaka 62. Ibiteramo azoremesha, ni ku butumire bw'Ikigo ndangamico citiriwe Matata Jean Christophe, kirongowe na Ngabo Léonce nyene, na (...)
- Africanova / HomeNews