Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net ''Ikiza ca Ebola ntikirashika mu Burundi''-Thadée NDIKUMANA https://igihe.bi/Ikiza-ca-Ebola-ntikirashika-mu.html https://igihe.bi/Ikiza-ca-Ebola-ntikirashika-mu.html 2018-05-12T06:35:18Z text/html fr HomeNews
Inyuma yaho ishirahamwe OMS ritaho amagara y'abantu kw'isi rimenyesheje ko indwara ya Ebola yasubiriye kwibonekeza mu gihugu ca Republika Iharanira Intwaro Rusangi ya Kongo, umushikiranganji w'amagara y'abantu no kurwanya Sida, amenyesha ko iyo ndwara atayirashika mu Burundi.
- Ibiza / HomeNews Hagiye gutunganywa isekeza ryo kuvura indwara yo mu kigo mu bushikiranganji bw'amagara y'abantu. https://igihe.bi/Hagiye-gutunganywa-isekeza-ryo.html https://igihe.bi/Hagiye-gutunganywa-isekeza-ryo.html 2018-04-27T09:51:12Z text/html fr HomeNews
Ubushikiranganji bw'amagara y'abantu no kurwanya Sida bumenyesha ko bwashoboye gukinga ingwara ya Marariya hakoreshejwe uburyo bwo gupompa mu burere bw'ubuvuzi bwa Ryansoro na Kiganda ,gushiraho umugambi wo kwigisha ivyerekeye ingwara ya Cancer yo mu giterereko hamwe no kwigisha abajejwe kuvura ibijanye n'ubuhinga bwo gutandukanya imvyaro.
- Ibiza / HomeNews Ishirahamwe OMS riragabisha ko marariya itariko irarwanywa ku rugero rushimishije https://igihe.bi/Ishirahamwe-OMS-riragabisha-ko.html https://igihe.bi/Ishirahamwe-OMS-riragabisha-ko.html 2018-04-25T14:08:38Z text/html fr HomeNews
Ishirahamwe mouzamakungu ryitaho amagara y'abantu kw'isi OMS, riragabisha ko, ibihugu vyagabanuye urugero vyarwanyako Marariya, bafatiye mu myaka 10 iheze.
- Ibiza / HomeNews '' Nta kiza ca Malariya kikiri mu Burundi'' :-Muganga Josiane NIJIMBERE https://igihe.bi/Nta-kiza-ca-Malariya-kikiri-mu.html https://igihe.bi/Nta-kiza-ca-Malariya-kikiri-mu.html 2018-01-19T15:45:19Z text/html fr HomeNews
Ubushikiranganji bw'amagara y'abantu buvuga ko ikiza ca Malariya caheze.
Umushikiranganji w'amagara y'abantu Josiane NIJIMBERE amenyesha ko ubu mu Burundi ata kiza ca Malariya kikiriho nk'uko vyari mu mwaka uheze, ariko ko iyo ndwara ikiriho nk'izindi ndwara.
- Ibiza / HomeNews Bubanza : Abantu batatu nibo bamaze guhitanwa na Korera https://igihe.bi/Bubanza-Abantu-batatu-nibo-bamaze.html https://igihe.bi/Bubanza-Abantu-batatu-nibo-bamaze.html 2017-10-24T08:00:27Z text/html rn Egide NDUWIMANA HomeNews
Abantu batatu nibo bamaze kumenyekana ko bahitanwe n'ingwara ya Korera mu ndwi zibiri ziheze muri zone ya Buvyuko, komine n'intara ya Bubanza. Abandi bagera kuri 32 bakaba bari ku musego. Abanyagihugu bo muri ako karere kibonekejemwo ingwara ya Korera bamenyesha ko iterwa n'ubukene bw'amazi meza, bagasaba abajejwe intwaro kubashikanira ico kibazo bafise mu nzego zibijejwe.
- Ibiza / HomeNews Abanyekongo 17 bari bafatiwe mu Rumonge basubijwe iwabo https://igihe.bi/Abanyekongo-17-bari-bafatiwe-mu.html https://igihe.bi/Abanyekongo-17-bari-bafatiwe-mu.html 2017-10-04T04:18:29Z text/html rn Egide NDUWIMANA HomeNews
Abanyagihugu 17 bagizwe n'abagabo batandatu, abakenyezi indwi hamwe n'abana bane, bose bo muri Repuburika iharanira intwaro rusangi ya Congo bari bafatiwe kuri uwu wa mbere mu ntara ya Rumonge basubijwe mu gihugu cabo.
- Ibiza / HomeNews Abafata umuti upfupfahaza umugera wa Sida basabwa kwitura amavuriro mato mato https://igihe.bi/Abafata-umuti-upfupfahaza-umugera.html https://igihe.bi/Abafata-umuti-upfupfahaza-umugera.html 2017-10-02T13:14:48Z text/html rn HomeNews
Umuvugizi w'ubushikiranganji bw'amagara y'abantu no kurwanya Sida Muganga Thadee NGENDAKUMANA asaba abari ku miti ipfupfahaza kwitura amavuriro mato mato mu kurindira ko ikibazo cabo co kuronswa imiti n'ibitiro gitorerwa inyishu.
- Ibiza / HomeNews Makamba : Ingwara ya Korera yateye https://igihe.bi/Makamba-Ingwara-ya-Korera-yateye.html https://igihe.bi/Makamba-Ingwara-ya-Korera-yateye.html 2017-08-21T14:52:34Z text/html rn Egide NDUWIMANA HomeNews
Abantu bagera kuri 13 bo muri komine ya Nyanza mu ntara ya Makamba nibo bamaze kumenyekana ko bafashwe n'ingwara ya Korera. Abo bantu bose bari mu bitaro, abajejwe amagara y'abantu muri iyo ntara bagasaba abanyagihugu kwubahiriza amabwirizwa y'isuku.
- Ibiza / HomeNews ABS &ANSS : Abanywa ibiyayuramutwe bakwiye gufatwa nk'abarwayi https://igihe.bi/ABS-ANSS-Abanywa-ibiyayuramutwe.html https://igihe.bi/ABS-ANSS-Abanywa-ibiyayuramutwe.html 2017-06-26T13:18:10Z text/html rn HomeNews
Amashirahamwe ABS (Urunani rw'amashirahamwe agwaniriza hamwe umugera wa Sida) na ANSS rijejwe gushigikira hamwe no kwitaho abagwayi b'umugera wa Sida yamenyesheje ko kuri uno musi wa mbere bifatikanije n'ibindi bihugu mu guhimbaza uwo musi wahariwe kugwanya ibiyayuramutwe, kugira bafashe abantu gutahura ko abanywa ibiyayuramutwe barwaye, gutyo babone kubifatirako mu kubafasha kuva muri iyo ndwara, no gufasha kugira abantu bahindure ivyiyumviro ku bijanye no gufata neza abanywa ibiyayuramutwe.
- Ibiza / HomeNews Ubushikiranganji bw'amagara y'abantu bwemeje ko malaria ari ikiza mu Burundi https://igihe.bi/Ubushikiranganji-bw-amagara-y-17742.html https://igihe.bi/Ubushikiranganji-bw-amagara-y-17742.html 2017-03-13T20:15:00Z text/html rn HomeNews
Ubushikiranganji bw'amagara y'abantu no kurwanya SIDA bwemeje kuri uno wa mbere igenekerezo rya 13 Ntwarante ,umwaka wa 2017 ,ko indwara ya malaria yibonekeza mu bice bitandukanye vy'igihugu ari ikiza.
Umushikiranganji w'amagara y'abantu no kurwanya Sida, muganga Josiane NIJIMBERE amenyesha ko kuva mu mpera z'ukwezi kwa kigarama,umwaka wa 2016 gushika mu kwezi kwa Ntwarante umwaka wa 2017,abantu amajana indwi aribo bitavye Imana bahitanywe n'indwara ya Malaria.
Muganga Josiane NIJIMBERE (...)
- Ibiza / HomeNews