Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Lady Gaga asabwa kudasubira kwambika amahereni imbwa yiwe https://igihe.bi/lady-gaga-asabwa-kudasubira.html https://igihe.bi/lady-gaga-asabwa-kudasubira.html 2014-06-23T14:09:08Z text/html rn HomeNews
Ishirahamwe riharanira agateka k'ibikoko riherutse kugabisha umuririmvyi Lady Gaga kubera ukuntu afata imbwa yiwe. Asabwa kwisunga amategeko agenga ubuzima bw'ibikoko.
Inyuma yo gutangaza amashusho y'imbwa yiwe Asia ayambitse ibidede n'amahereni eka n'ibindi, ivyo vyarashavuje ishirahamwe riharanira agateka k'ibikoko PETA ( People For the Ethical Treatment of Animals). Iryo shirahamwe ryibutsa Lady Gaga ko imbwa yiwe Asia atari ikintu akoresha uko ashatse(accessoires).
Daphna Nachminovitch, (...)
- Lady Gaga / HomeNews Lady Gaga yafashije umukunzi w'umuziki wiwe https://igihe.bi/lady-gaga-yaremeye-kuriha-amahera.html https://igihe.bi/lady-gaga-yaremeye-kuriha-amahera.html 2013-04-15T06:39:00Z text/html rn HomeNews
Lady Gaga azoriha amahera yo kwibagisha y'umukunzi w'uwo muririmvyi yitwa Emma. Inyuma yaho bahuriye mu kwezi kwa Ruhuhumu n'uwo mukunzi umwe bita umufana uyo nawe akaba arwaye ingwara yo mu kiyunguyungu ,lady gaga yaciye yemera gutanga amafranga yose azokenerwa mw'ibarwa ry'uwo mukunzi wiwe.
Musi ya zirya nyambaro ndenzarugero ,lady Gaga anyegeje umutima w'inzahabu ukunda abandi.Aho adahengeshanya guha umwanya abakunzi b'indirimbo ziwe aribo yita ‘'little monstres ‘' yarashitse kure mu mutima (...)
- Lady Gaga / HomeNews