Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Isabukuru FESTICAB yatangujwe icese ku ncuro igira icenda https://igihe.bi/Isabukuru-FESTICAB-yatangujwe.html https://igihe.bi/Isabukuru-FESTICAB-yatangujwe.html 2017-05-20T09:47:51Z text/html rn HomeNews
Ku mugoroba wo kuri uno wa gatanu igenekerezo rya 19 Rusama,umwaka wa 2017 niho isabukuru mpuzamakungu ry'isinema mu Burundi FESTICAB ryatangura ku mugaragaro, mu nyubakwa z'ikigo ndangamico y'abafaransa i Bujumbura. Abafashe amajambo bose barashimye igikorwa ca FESTICAB mu guteza imbere igisata c'amareresi mu Burundi.
- Festicab / HomeNews Umwumvikano w'ugukorana hagati ya FESTICAB hamwe na Kaminuza yitiriwe umuco https://igihe.bi/Umwumvikano-w-ugukorana-hagati-ya.html https://igihe.bi/Umwumvikano-w-ugukorana-hagati-ya.html 2017-04-26T17:25:51Z text/html rn Egide NDUWIMANA HomeNews
FESTICAB hamwe na Kaminuza yitiriwe umuco (Universite Lumiere) bateye umukono kuri uwu wa gatatu ku masezerano y'umwumvikano w'ugukorana hagati y'izo mpande zompi.
Ubuserukizi bwa Kaminuza yitiriwe umuco bumenyesha ko bwashimye gufashanya n'abariko bategura isabukuru ry'amareresi "FESTICAB 2017" kugira bashigikire ivyo bikorwa. Paul NTUKAMAZINA, aserukira imbere y'amategeko ishure Kaminuza ryitiriwe umuco yashikirije ko ari akunguko kuri iyo Kaminuza, kuko abanyeshure bo mu gisata (...)
- Festicab / HomeNews Amasezerano y'ugufashanya hagati ya FESTICAB na banki BCB yongewe ikiringo https://igihe.bi/Amasezerano-y-ugufashanya-hagati.html https://igihe.bi/Amasezerano-y-ugufashanya-hagati.html 2017-03-29T16:23:53Z text/html rn Egide NDUWIMANA HomeNews
Banki y'ubudandaji BCB (Banque Commerciale du Burundi ) yongereje amasezerano y'ugufasha itunganwa ry'ibikorwa vy'isabukuru ry'amareresi mu Burundi (FESTICAB). Ayo masezerano yateweko umukono kuri uwu wa gatatu ni ay'imyaka itatu, gushika mu mwaka w'2020.
Mu birori vy'ugushira umukono kuri ayo masezerano, uwaserukiye ibanki BCB yamenyesheje ko amafaranga y'amarundi agera ku miriyoni zitanu z'amarundi ariyo azotangwa na BCB muri uwu mwaka, mw'itegurwa rya FESTICAB igira icenda y'umwaka w'2017. (...)
- Festicab / HomeNews Festicab 2015: Menya amareresi n'abakinyi babaye aba mbere https://igihe.bi/festicab-2015-menya-amareresi-n.html https://igihe.bi/festicab-2015-menya-amareresi-n.html 2015-05-06T09:44:31Z text/html rn HomeNews
Isabukuru ry'amareresi mu Burundi Festicab ryasohoye icegeranyo c'amareresi yabaye aya mbere kuri iyi ncuro y'i 7 y'iryo sabukuru. Amareresi, abayategura hamwe n'abakinyi bahawe amanota bivuye ku rwego barimwo.
Ku rwego rw'igihugu(Categorie Nationale):
Joseph NDAYISENGA ku bw'ireresi yiwe "The SPRINGBOARD" yatowe nk'ireresi ya mbere yo mu bwoko bwa "documentaire" kandi yongera itorwa n'umurwi utanga amanota(Jury) mu vyo bita "Mention spéciale du jury documentaire". Joseph NDAYISENGA yatowe kubera (...)
- Festicab / HomeNews Festicab 2015: Uko ibirori vyo kwugurura vyari bimeze https://igihe.bi/festicab-2015-uko-ibirori-vyo.html https://igihe.bi/festicab-2015-uko-ibirori-vyo.html 2015-04-25T10:32:51Z text/html rn HomeNews
Isabukuru y'amareresi mu Burundi(Festicab) yaraye yuguruye ibikorwa vyayo vy'incuro y'indwi. Iyugururwa ryabaye mu gihe uwo bita"marraine du Festicab" atari mu birori.
Ibirori vy'uyugururwa rya Festicab vyatewe iteka n'abanyacubahiro harimwo Adolphe Rukenkanya aramutswa ubushikiranganji bw'urwaruko inkino n'imico kama, abandi baje bava mu bindi bihugu nk'umukinyi w'amareresi Poupoune Sesonga(Rwanda), na Martin Mhando, yavuye muri Tanzaniya, abo bose bagize kandi umurwi utanga amanota(Jury). Gihan (...)
- Festicab / HomeNews FESTICAB: Uko ihiganwa ry'umwaka w'i 2015 ritunganijwe https://igihe.bi/festicab-uko-ihiganwa-ry-umwaka-w.html https://igihe.bi/festicab-uko-ihiganwa-ry-umwaka-w.html 2015-04-17T14:02:43Z text/html rn HomeNews
Isabukuru mpuzamakungu ry'amareresi mu Burundi ryatunganije ikiganiro ku bamenyeshamakuru aho havugwa uko itungwanywa ry'incuro y'indwi ritunganijwe.
Ku ncuro y'i 7, ihiganwa mpuzamakungu ry'Isabukuru y'amareresi mu Burundi (Festicab) rizotangura kwigenekerezo rya 24-30 Ndamukiza 2015. Mw'ihiganwa ry'uno mwaka, hatororokanijwe amareresi 83, mu gihe mu mwaka w'i 2014 hari mw'ihiganwa amareresi 99. Ireresi zizohiganwa zavuye mu bihugu bikurikira: RDC, Rwanda, Tanzanie, Kenya , Uganda , Burkina Faso , (...)
- Festicab / HomeNews Léonce NGABO n'amareresi yo mu Burundi mw'isabukuru muri Japon https://igihe.bi/leonce-ngabo-n-amareresi-y-i.html https://igihe.bi/leonce-ngabo-n-amareresi-y-i.html 2015-03-25T09:53:48Z text/html rn HomeNews
Amareresi yo mu Burundi ariko agendagenda mu masabukuru y'amareresi yo mu bihugu vy'umugabane wa Asiya. Léonce NGABO niwe yaserukiye Uburundi, yajanye amareresi y'Abarundi azokwerekanywa mw'isabukuru.
Umuririmvyi-mukinyi w'amareresi Léonce NGABO, arongoye Isabukuru Mpuzamakungu y'amareresi mu Burundi (FESTICAB) yaserukiye Uburundi mw'isabukuru ry'amareresi bise "Tokyo Francophonie Film Festival" ku ncuro yaryo ya 2 (2ème Edition) rizobera i Tokyo mu Buyapani, ku nteguro y'ikigo c'Abafaransa c'i (...)
- Festicab / HomeNews FESTICAB 2015: Iyugururwa ry'ibikorwa n'icapa gishasha c'umwaka https://igihe.bi/festicab-2015-iyugururwa-ry.html https://igihe.bi/festicab-2015-iyugururwa-ry.html 2015-02-04T14:35:27Z text/html rn HomeNews
Isabakuru y'amareresi mu Burundi yatanguje ibikorwa vy'incuro y'indwi y'ihiganwa y'amareresi ( 7eme edition). Uburongozi bwa FESTICAB bwarerekanye ku mugaragaro icapa gishasha kizokoreshwa uno mwaka.
Ibirori vyo gutanguza isabukuru ry'amareresi mu Burundi ku ncuro yaryo y'indwi, vyitabwe n'abategetsi batari bake baje ku butumire bwa Ngabo Leonce aramutswa FESTICAB. Aha tuvuga umushikiranganji w'urwaruka inkino n'imico kama.
Mw'ijambo ryiwe, Adolphe Rukenkanya, umushikiranganji w'inkino, urwaruka (...)
- Festicab / HomeNews Abarundi n'amareresi y'abo ari mw'isabukuru ry'amareresi i Arusha https://igihe.bi/abarundi-n-amareresi-y-abo-ari-mw.html https://igihe.bi/abarundi-n-amareresi-y-abo-ari-mw.html 2014-09-23T13:54:25Z text/html rn HomeNews
Isabukuru y'amareresi iriko ibera i Arusha mu gihugu ca Tanzaniya, Abarundi batari bake bakora ibijanye n'amareresi canke bayakina baratumiwe mw'isabukuru.
I Arusha muri Tanzaniya haratangujwe isabukuru ry'amareresi izomara indwi yose kuva kw'igenekerezo rya 20 Nyakanga gushika igenekerezo rya 27 ukwo kwezi nyene. Ku ruhande ry'Abarundi, haratumiwe Ngabo Leonce asanzwe arongoye isabukuru ry'amareresi mu Burundi "FESTICAB", Floriane Kaneza arongoye umurwi w'abakinyi b'amareresi "ITULVE".
Ku (...)
- Festicab / HomeNews Amashusho (photos) yaranze isabukuru y'amareresi mu Burundi "FESTICAB" https://igihe.bi/amashusho-foto-yaranze-isabukuru.html https://igihe.bi/amashusho-foto-yaranze-isabukuru.html 2014-06-25T10:20:24Z text/html rn HomeNews a_photosgallery - Festicab / HomeNews, a_photosgallery