Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Umukobwa ari mw'isanamu ya Terry West yambaye nk'umumaraya asabwa guhinduka https://igihe.bi/umukobwa-asabwa-guhinduka-yambaye.html https://igihe.bi/umukobwa-asabwa-guhinduka-yambaye.html 2014-09-13T08:11:11Z text/html rn HomeNews
Terry West yashize ahabona isanamu yari imaze iminsi ivugwa ko igiye gusohoka ariko amaso agahera mu nzira. Terry yashatse kwerekana umukobwa yataye inzira aja mu bumaraya, uwo rero asabwa guhinduka.
Isanamu y'ururirimbo "Hindura" yakorewe muri "Ikoh Multiservice" n'umuhinyanyuzi Guera Man. Amwe mu mashusho (photos) yafatiwe mu Gatumba, ayandi nayo muri Ikoh Multiservice. Amajwi (audio) yakorewe muri "Golden Records", akorwa n'umuhinyanyuzi Rubanza Jay.
Mw'isanamu irimwo abaririmvyi bo mu (...)
- Amasanamu / HomeNews Umuririmvyi Terry West arahanura abakobwa bafise ingeso mbi https://igihe.bi/umuririmvyi-terry-west-ahanura.html https://igihe.bi/umuririmvyi-terry-west-ahanura.html 2014-06-18T10:17:08Z text/html rn HomeNews
Umuririmvyi Terry West ariko ategura guheza isanamu y'ururirimbo "Hindura", inyuma yaryo, uwo muririmvyi ariko ategura ingendo zitari nke zo mu karere ka Afrika y'ubuseruko.
Isanamu y'ururirimbo "Hindura" iriko ikorerwa muri "Ikoh Multiservice" n'umuhinyanyuzi Geraman. Amwe mu mashusho (photo) yafatiwe mu Gatumba ayandi nayo muri Ikoh Multiservice. Amajwi (audio) yakorewe muri "Golden Records", akorwa n'umuhinyanyuzi Rubanza Jay. Ururirimbo rwakozwe na Uncle Crazzy ari kumwe na Terry West. (...)
- Inkuru / HomeNews Kuririmba nk'umwuga atari kwinezereza https://igihe.bi/kuririmba-nk-umwuga-atari.html https://igihe.bi/kuririmba-nk-umwuga-atari.html 2013-10-25T03:45:11Z text/html rn HomeNews
Abenshi mu baririmvyi bo mu Burundi bakora uwo umwuga nk'uwo tunga ubuzima bwabo n'imiryango yabo. Hari n'abandi baririmba bafise intumbero hanini ari kwinezereza, kugira abantu benshi babamenye , kandi bambare umwambaro w'abaririmvyi ariko uvyitegereje neza atari bo mu vy'ukuri.
Ngayabosha Terry West azwi cane cane muri Question-G, mu kiganiro na IGIHE, wewe kuririmba abikora nk' umwuga, agashiramwo inguvu n'uburyo kuko atakindi asanzwe akora atari umuziki, uravye imyaka afise n'ivyo amaze (...)
- Inkuru / HomeNews