Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Umurwi CNTB uvuga ko abatumwako ntibitabe mu manza ,urubanza ruzoca rucibwa impaga https://igihe.bi/Umurwi-CNTB-uvuga-ko-abatumwako.html https://igihe.bi/Umurwi-CNTB-uvuga-ko-abatumwako.html 2018-07-04T15:05:40Z text/html en vianney HomeNews
Umurwi w'igihugu ujejwe gutatura amatati y'amatongo n'ayandi matungo CNTB (commission Nationale des terres et autres biens) utera akamo abantu batumwako n'uyo murwi ntibitabe kuvavanura n'iyo ngendo kuko uwutazokwitaba ubutumire yahawe incuro 3 urubanza ruzoca rucibwa impaga.
- Amatongo / HomeNews Igiciro c'ikawa ihishiye cashizwe ku majana atanu mw'isizeni 2018-2019 https://igihe.bi/Igiciro-c-ikawa-ihishiye-cashizwe.html https://igihe.bi/Igiciro-c-ikawa-ihishiye-cashizwe.html 2018-03-30T06:36:32Z text/html fr HomeNews
Umushikiranganji w'uburimyi n'ubworozi,amenyesha ko kw'isizeni y'umwaka wa 2018 ushira uwa 2019, hitezwe umwimbu ugera ku matoni 20000 w'ikawa ishoka hanze, mu gihe mu yandi masizeni batari bwashike kur'uwo mwimbu. Dr Deo Guide RUREMA avuga ko, icatumye umwimbu wiyongera, ari ugutunganya neza izo gisata bafashijwe n'Ibanki y'isi yose, nayo ikiro c'ikwa ihishiye kikaba kizogurwa amafaranga 500 y'amarundi.
- Amatongo / HomeNews Abanyagihugu basabwa kubika umwimbu wabo mu bigega rusangi https://igihe.bi/Abanyagihugu-basabwa-kubika.html https://igihe.bi/Abanyagihugu-basabwa-kubika.html 2018-02-15T14:10:01Z text/html fr HomeNews
Ubushikiranganji bw'uburimyi n'ubworozi busaba abarimyi kubungabunga umwimbu baronse mu gice ca mbere c'iyimbura, mu kuwushira mu bigega rusangi, kugira bazowukoreshe igihe bizoba bikenewe.
- Amatongo / HomeNews Inama Nshingamateka yize itegeko rigenga ingene ibitungwa bigaburirwa https://igihe.bi/Inama-Nshingamateka-yize-itegeko.html https://igihe.bi/Inama-Nshingamateka-yize-itegeko.html 2017-11-02T13:33:59Z text/html fr HomeNews
Inyuma y'urugendo rw'umugwi w'abashingamateka ujejwe ibibazo vy'uburimyi n'ubworozi mu ntara 16 ,Inama nshingamateka yize yongera iraca hirya no hino integuro y'ibwirizwa ryerekeye ukugaburira ibitungwa mu mpongore n'ukubuza ko biragirwa kugira bifashe ko ibitungwa bitanga umwimbu mwiza w'amata ,inyama hamwe n'ibindi.
- Amatongo / HomeNews Umukuru w'umurwi CNTB asaba abafasha gutanga uburyo kugira umurwi ukorere neza abawitura https://igihe.bi/Umukuru-w-umurwi-CNTB-asaba.html https://igihe.bi/Umukuru-w-umurwi-CNTB-asaba.html 2017-03-15T06:18:23Z text/html rn HomeNews
Umurwi ujejwe gutatura amatati y'amatongo n'ayandi matungo CNTB usaba Reta kwongereza uburyo iha uwo murwi kugira ushobora gutunganiriza neza abawitura.
Ashikiriza ivyaranguwe n'umurwi ujejwe gutatura amatati y'amatongo n'ayandi matungo kuva mu mwaka wa 2015,umukuru w'umurwi Martin MBAZUMUTIMA yamenyesheje ko naho hari abategerezwa gutanga uburyo batabutanze ,umurwi CNTB washoboye gutunganiriza abawituye.
Martin MBAZUMUTIMA yavuze ko hari amadosiye ibihumbi 12 akiri mu mirwi yo mu ntara ,mu (...)
- Amatongo / HomeNews Carama : Bamwe mu bategetsi bagirijwe kwubaka mu kibanza cagenewe inzira https://igihe.bi/carama-bamwe-mu-bategetsi.html https://igihe.bi/carama-bamwe-mu-bategetsi.html 2015-04-23T07:08:02Z text/html rn HomeNews
Bamwe mu banyagihugu bo mu Carama baragiriza igisata kijejwe gutunganya ibisagara ko gitanga bimwe mu bibanza, biba vyabikiwe inzira zo gucamwo, ivyo navyo bikubakwamwo amazu.
Mu Carama ya mbere, abanyagihugu bavuga ko ahari hagenewe kuzoca ibarabara, ariho hagarutse hahabwa abantu babiri, ndetse baja bari banatanguye kuhubaka. Impari rero zikaba zaciye zivyuka, aho abanyagihugu bari basanzwe baba aho hantu, barahiye ko abo bashasha batohubaka, kandi ari ikibanza cagenewe ibarabara. Ivyo (...)
- Amatongo / HomeNews Rumonge : Buca bagaruka ku biro vy'umuhuza hamwe atoshira mu ngiro ivyo yabemereye https://igihe.bi/rumonge-buca-bagaruka-ku-biro-vy.html https://igihe.bi/rumonge-buca-bagaruka-ku-biro-vy.html 2014-02-06T11:31:59Z text/html rn HomeNews
Abanyagihugu bo ku Rukinga muri komine ya Rumonge bavuga ko n'ubu bakirindiriye urugendo rw'umuhuza w'abarundi Mohamed Rukara muri iyo komine, mu gihe bitwaye bavuga ko baranduriwe imirima n'abakozi barungitswe na musitanteri.
Igihe abo banyagihugu bayaga n'ikinyamakuru IGIHE kuri uyu wa kane igenekerezo rya 6 Ruhuhuma uyu mwaka, bavuga ko aho baherukira kuza kugaragariza umubabaro wabo imbere y'ibiro vy'umuhuza w'abarundi, yari yabasavye ko bosubira mu mihana iwabo, kugira aze ashobore kwishikira (...)
- Amatongo / HomeNews