Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Atera imigere ibiri : Umuporisi n'umuririmvyi https://igihe.bi/atera-imigere-ibiri-umuporisi-n.html https://igihe.bi/atera-imigere-ibiri-umuporisi-n.html 2014-01-09T12:34:58Z text/html rn HomeNews <p>Umwuga ni ikintu ndengambibe kidashobora kwinyegeza, aho umuntu yoba ari hose atabujijwe n'itegeko ntakibuza ko akora ibiri mu kamere kiwe. Kuba umuririmvyi ntibisaba ko woba ukora akazi aka canke kariya, gikuru n'uko woba ufise iyo ngabirano. N'aho bitamenyerewe cane mu Burundi, mu nzego z'igiporisi harimwo abaririmvyi karuhariwe, bamaze kugera ku rugero rw'abandi baririmvyi. <br class='autobr' /> Kuba ari mu nzego z'umutekano nk'umuporisi ntibimubuza gukora n'umwuga wo kuririmba. OP1 Nkurikiye Pierre azwi kw'izina (...)</p> - <a href="https://igihe.bi/-inkuru-253-.html" rel="directory">Inkuru</a> / <a href="https://igihe.bi/+-homenews-+.html" rel="tag">HomeNews</a>