Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Floyd Mayweather yatsinze indwano y'ingumu yitiriwe ikinjana https://igihe.bi/floyd-mayweather-yatsinze-indwano.html https://igihe.bi/floyd-mayweather-yatsinze-indwano.html 2015-05-04T11:40:24Z text/html rn HomeNews
Floyd Mayweather yatahukanye intambara y'ingumu"Boxe" yitiriwe ikinjana "le combat du siècle". Floyd yambwitswe umukaba ugira gatatu. Mu ndwano 48 amaze kujamwo ntaraneshwa na rimwe.
Muri urwo rukino rw'indwano y'ingumu "Boxe" rwitiriwe "Indwano y'ikinjana"(le combat du siècle), umunyamerika Floyd Mayweather yatanye mu mitwe na Manny Pacquiao avuka mu gihugu ca Philipines, hari i Las Vegas muri Nevada. Floyd Mayweather yakubise ingumu 148 zashikiriye Manny, uwo nawe yashoboye gukubita ingumu (...)
- Boxe / HomeNews Umukinyi wa Boxe yakubiswe ingumu ntiyavyuka https://igihe.bi/umukinyi-wa-boxe-yakubiswe-ingumu.html https://igihe.bi/umukinyi-wa-boxe-yakubiswe-ingumu.html 2014-02-04T14:28:42Z text/html rn HomeNews
Umukinyi w'urukino rwa Boxe yaritavye Imana kuri uwo mw'Imana uheze bivuye nku ngumu mugenzi yamukubise bari mw'ihiganwa.
Oscar Gonzalez na Jesus Galicia bose bava mu gihugu ca Mexique bariko bahiganwa ikibanza ca mbere mu karere mu rukino rwa Boxe. Bageze mu gice ca 11 bariko barwana, Jesus Galicia yakubise ingumu mugenzi we Oscar Gonzalez aca arwa hasi. Baramutabarije bamutwara kwa muganga basanga amaraso yaviriye imbere mu mubiri, nuko rero abaganga ntibashoboye kurokora ubuzima bwiwe. (...)
- Boxe / HomeNews