Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net BEIJING 2015:Umurundi Antoine Gakeme yaronse uburenganzira bwo kuja mu gice gikurikira https://igihe.bi/beijing-2015-umurundi-antoine.html https://igihe.bi/beijing-2015-umurundi-antoine.html 2015-08-23T07:03:56Z text/html rn HomeNews
Umunonotsi w'umurundi Antoine Gakeme yaronse uburenganzira bwo kubandanya mu gice gikurikira mu guhiganwa kwiruka ku metero 800.
Inyuma yo guheza mu kibanza ca kabiri agize umunota 1 amasegonda 47 n'ivyijana 47,mu mahiganwa yo kunonora imitsi ,ariko abera mu gisagara ca Beijing mu gihugu c'Ubushinwa,Antoine Gakeme ahiganwa mu gice gikurikira kuri uyu w'Imana igenekerezo rya 23 Myandagaro.
Antoine Gakeme yaje inyuma y'umunonotsi ava mu gihugu ca Botswana Nijel Amos,ari nawe aza mu bahabwa (...)
- course / HomeNews Asaba ashimitse ko Uburundi bwoserukirwa n'abanonotsi babishoboye https://igihe.bi/asaba-ashimitseko-uburundi.html https://igihe.bi/asaba-ashimitseko-uburundi.html 2014-04-14T08:56:23Z text/html rn HomeNews
Ishirahamwe ry'abanonotsi ryo mu gisagara ca Bujumbura ryaratunganije amahiganwa ahuza imirwi yo mu ntara ihurikiriye muri iryo shirahamwe. Imirwi ishika kuri 11 niyo yitavye ayo mahiganwa yo gutora abanonotsi bazoja guserukira Uburundi mu makungu.
Ku kibuga citiriwe umuganwa Ludoviko Rwagasore haraye habereye amahiganwa yo kurondera abanonotsi bazoja guserukira Uburundi mu mahiganwa yimirije mu Reta zunze ubumwe z'Amerika n'ahandi. Imirwi y'abanonotsi yo mu ntara zo hagati mu gihugu ishika 11 (...)
- course / HomeNews Imyiteguro y'amahiganwa ya Cross-Country ageze kure mu gihugu c'Ubuganda https://igihe.bi/imyiteguro-y-amahiganwa-ya-cross.html https://igihe.bi/imyiteguro-y-amahiganwa-ya-cross.html 2014-02-05T12:24:17Z text/html rn HomeNews
Igihugu c'Ubuganda kiriko citegurira kwakira amahiganwa «Cross Country» y'abanonotsi. Ishirahamwe ry'ukwiruka ryo muri Afrika rimenyesha ko rizoba ribaye rimwe mu mahiganwa akomeye kw'isi.
David Okeyo ni icegera c'uwurongoye ishirahamwe ry'abanonotsi ryo muri Afrika «Confédération d'athlétisme d'Afrique». Arongoye kandi umurwi uriko urategura iryo higanwa «Comité Local d'Organisation» uri i Kampala. Yamenyesheje ikinyamakuru Xinhua ko abanonotsi bose bo muri Afrika babandanya kwiyandikisha kugira (...)
- course / HomeNews