Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Ubuyobozi bwa Fondation FEMIDEJABAT bwagenye ababuserukira mu ntara https://igihe.bi/Ubuyobozi-bwa-Fondation.html https://igihe.bi/Ubuyobozi-bwa-Fondation.html 2018-06-22T08:05:56Z text/html fr HomeNews
Ubuyobozi bwa Fondation FEMIDEJABAT bwagenye abagiye kubuserukira mu ntara 18 zigize igihugu. Nk'uko biri mu rwandiko rubagena, abo bagenywe uko ari 18, bagenywe vy'imfatakibanza.
- Umuco / HomeNews Abakoresha indirimbo z'abarundi basabwa kuriha bisunze amategeko ya O.B.D.A https://igihe.bi/Umushikiranganji-w-imico-kama-n.html https://igihe.bi/Umushikiranganji-w-imico-kama-n.html 2018-06-20T09:49:58Z text/html en vianney HomeNews
Umushikiranganji w'inkino n'imico kama Pelate NIYONKURU amenyesha ko umuziki uhuza abantu b'urunganwe rutandukanye kandi ari igikoresho co guhuriza hamwe abantu ,kwigisha hamwe no kwumvikanisha abantu.
- Umuco / HomeNews Umurwi ndangakaranga ''Amagaba'' ugiye kuremesha igiteramo wise ''Umukozo'' https://igihe.bi/Umurwi-ndangakaranga-Amagaba-ugiye.html https://igihe.bi/Umurwi-ndangakaranga-Amagaba-ugiye.html 2018-05-18T12:51:47Z text/html fr HomeNews
Umirwi ndangakaranga ‘'Troupe Amagaba'' uriko urategura igiteramo ndangakaranga kizobera mu gisagara ca Bujumbura, kw'igenekerezo rya 8 Ruheshi 2018, mu nyubakwa z'ikigo ndangakaranga k'abafaransa. Jean Claude NIYUHIRE arongoye umurwi Amagaba ahamagarira umuntu wese akunda akaranga k'Uburundi kuhashika kugira abone urugero akaranga k'Uburundi kagezeko.
- Umuco / HomeNews Itegeko rikingira ibikorwa mvabwenge rigiye gutangura gushirwa mu ngiro mu Burundi https://igihe.bi/Itegeko-rikingira-ibikorwa.html https://igihe.bi/Itegeko-rikingira-ibikorwa.html 2018-05-15T11:54:33Z text/html en HomeNews
Umushikiranganji w'inkino n'imico kama Pelate NIYONKURU, amenyesha ko kuva kw'igenekerezo rya 1 Ruheshi 2018, urwego rwose ruzokenera gukoresha ibikorwa mvabwenge ruzoba rufise uruhusha rwa nyeNE gukora ico gikorwa, rukariha kandi uburyo bujanye no gukingira ibikorwa mvabwenge OBDA.
- Umuco / HomeNews Umurwi ndangakaranga AMAGABA washize ahabona amasanamu y'indirimbo "Burundi" https://igihe.bi/Umurwi-ndangakaranga-AMAGABA.html https://igihe.bi/Umurwi-ndangakaranga-AMAGABA.html 2018-04-28T08:38:08Z text/html fr HomeNews
Umurwi ndangakaranga Troupe AMAGABA warashize ahabona amasanamu y'indirimbo yawo wise ‘'Burundi'', ku mu goroba wo kur'uno wa gatanu igenekerezo rya 27 Ndamukiza 2018. NIYUHIRE Jean Claude arongoye umurwi AMAGABA avuga ko iyo ndirimbo bayikoze ku nyungu n'akaranga vy'igihugu.
- Umuco / HomeNews Boba bavuga bati : ”Gira ngeni” canke bavuga ‘'Kira Ngeni” ? https://igihe.bi/Boba-bavuga-ngo-Gira-ngeni-canke.html https://igihe.bi/Boba-bavuga-ngo-Gira-ngeni-canke.html 2018-03-08T14:43:40Z text/html fr HomeNews
Nkuko twabibasezeraniye, ikinyamakuru IGIHE, cariyemeje kuza kirabatohoreza insiguro z' imvugo zimwe zimwe zikoreshwa n'abarundi bo mu gihe ca none, ariko batazi inkomoko yazo hamwe nokubivuga neza nk'uko bikwiriye.
- Umuco / HomeNews Menya inkomoko y'ijambo ''Agahundwe'' https://igihe.bi/Menya-inkomoko-y-ijambo-Agahundwe.html https://igihe.bi/Menya-inkomoko-y-ijambo-Agahundwe.html 2018-03-06T14:19:34Z text/html fr HomeNews
Aho hambere hahise, abarundi bari bafise imvugo zihanitse, izo mvugo zikaba zari zifise insiguro zazo zihariye. Naho gushika ubu, izo mvugo zikoreshwa mu gihe ca none, abenshi mubazikoresha ntibataramenya insiguro nyezina y'amajambo bakoresha n'inkomoko yayo. Rimwe muri ayo, ni ijambo ''Agahundwe''
- Umuco / HomeNews Burundi Events yatanguje icese itorwa rya Miss Burundi 2018 https://igihe.bi/Burundi-Events-yatanguje-icese.html https://igihe.bi/Burundi-Events-yatanguje-icese.html 2018-02-28T12:42:26Z text/html fr HomeNews
Ishirahamwe Burundi Events ryatanguje icese itorwa ry'umwigeme mwiza kandi aciye ubwenge mu Burundi w'umwaka wa 2018, Miss Burundi 2018, kur'uno wa gatatu igenekerezo rya 28 Ruhuhuma 2018. Andre HAKIZIMANA ajejwe kumenyesha amakuru mu murwi utunganya Miss Burundi 2018, yavuze ko ihiganwa Miss Burundi 2018, ryugururiwe abigeme bose bo mu Burundi bakwije ibisabwa.
- Umuco / HomeNews Umunsi mukuru w'umweranda Valentino ntubonwa kumwe na bose https://igihe.bi/Umunsi-mukuru-w-umweranda.html https://igihe.bi/Umunsi-mukuru-w-umweranda.html 2018-02-14T13:17:11Z text/html fr HomeNews
Kuva mu myaka ya 80, kw'igenekerezo rya 14 Ruhuhuma,mu bihugu nka vyose bigize isi harahimbazwa umunsi mukuru witiriwe umweranda Valentino, uwo munsi mukuru ukaba wahariwe abakundana.Kur'uwo munsi, abakundana barahana utuganuke, bakaryoherwa, bakibutsanya urukundo rwabo.Naho bir'ukwo, abantu ntibabona kumwe ingene uwo munsi mukuru uhimbazwa, bamwe bakabona ko udakenewe, abandi bakavuga ko ari uwo gusesagura gusa.
- Umuco / HomeNews Umurwi Umuduri Band watanze ubushimwe ku bana bize kuvuza ibicurarangisho kavukire https://igihe.bi/Umurwi-Umuduri-Band-watanze.html https://igihe.bi/Umurwi-Umuduri-Band-watanze.html 2018-01-22T11:33:37Z text/html en HomeNews
Umurwi Umuduri Umuduri Band ugizwe n'urwaruka rw'abarundi bahungiye mu gihugu c'Urwanda, waratanze ubushimwe ku bana bahejeje inyigisho zo kuvuza ibicurarangisho kavukire. Abo bana bize kuvuza sumuduri gusa ikembe ,inanga,indonongo.nogukoma amashi .
- Umuco / HomeNews