Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576 IGIHE Burundi
http://igihe.bi/
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......rnSPIP - www.spip.netUmurwi BBR warigishije ibicurarangisho abana bo mw'ibarabara
https://igihe.bi/umurwi-bbr-warigishije.html
https://igihe.bi/umurwi-bbr-warigishije.html2014-03-19T10:24:07Ztext/htmlrnHomeNewsnewsletter
<p>Umurwi w'abaririmvyi b'umudiho wa Raggae bo mu ntara ya Gitega, watanze inyigisho ku bicurarangisho vy'umuziki, ku bana baba mw'ibarabara. Hari mu ntumbero yo kubaronsa amahirwe yo kuvamwo abaririmvyi. Hamwe n'ivyo, bariko bategura igiteramo co ku munsi wa Pasika bongera kandi bitegurira umunsi mukuru wo kwibuka umwami w'umudiho wa Raggae Bob Marley. <br class='autobr' />
Benshi Bagona Rimwe (BBR) muri make, n'umurwi uzwi mu gutanga ubutumwa buri mu ndirimbo z'umudiho wa Raggae wo mu ntara ya Gitega. Uwo murwi wihaye (...)</p>
-
<a href="https://igihe.bi/-bbr-.html" rel="directory">BBR</a>
/
<a href="https://igihe.bi/+-homenews-+.html" rel="tag">HomeNews</a>,
<a href="https://igihe.bi/+-newsletter-+.html" rel="tag">newsletter</a>