Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Za miriyoni 20 z'ihiganwa PRIMUSIC 2014 zatanzwe icese https://igihe.bi/za-miriyoni-20-000-000-z-ihiganwa.html https://igihe.bi/za-miriyoni-20-000-000-z-ihiganwa.html 2014-08-31T09:58:44Z text/html rn HomeNews
Ihiganwa rya primusic ryaraye rirangiye. Umuririmvyi wa mbere inyuma y'iminsi ishika hafi amezi abiri ihiganwa riciye mu ntara zose barondera uwo muririmvyi, yaraye ahawe ibahasha ry'imiriyoni 20. Ibirori mboneka rimwe vyitabwe n'igitigiri ntaharurwa c'abantu. Abajejwe umutekano baratevye barasendwa. Abaririmvyi bari ku rutonde bose baridagaduye kiretse Sat B atawuzi icatumye ataririmba.
Kuva igihe c'isaha zitandatu n'inusu (12h30), abajejwe umutekano bavuye mu mashirahamwe atandukanye yo (...)
- PRIMUSIC  / HomeNews José Chameleone yazaniye vyinshi abakunzi biwe b'Abarundi https://igihe.bi/jose-chameleone-yazaniye-vyinshi.html https://igihe.bi/jose-chameleone-yazaniye-vyinshi.html 2014-08-30T07:37:53Z text/html rn HomeNews
Umuririmvyi mpuzamakungu José Chameleone ashima kubona yaratowe mu bandi baririmvyi bo mu karere ka Afrika y'Ubuseruko, kuremesha ibirori vya nyuma vy'igihiganwa rya Primusic. Avuga ko azanye bishahsa vyinshi narirya yaheruka mu Burundi kera.
Mu kiganiro n'abamenyeshamakuru, José Chameleone atangura ashima itorwa rwiwe mu bandi baririmvyi bo mu karere. Ikintu gihambaye aje kwerekana mu rubanza ahamagariwe ryo kurangiza ihiganwa rya Primusic, kuri uwu wa gatandatu, amenyesha ko azanye vyinshi (...)
- PRIMUSIC  / HomeNews Abaririmvyi bazohiganwa mu gice ca nyuma ca Primusic n'indirimbo bagiye baririmba https://igihe.bi/abaririmvyi-bazohiganirwa-igice-ca.html https://igihe.bi/abaririmvyi-bazohiganirwa-igice-ca.html 2014-08-27T11:10:18Z text/html rn HomeNews
Mu gihe hasigaye iminsi itarenga ibiri kugira hamenyekane umuririmvyi azotsindira agahembo k'ihiganwa rya Primusic ryari rimaze igihe rica mu ntara zose z'igihugu, abaririmvyi batandatu basigaye mw'ihiganwa babandanya basaba amajwi incuti n'abagenzi babo.
Igice ca nyuma c'ihiganwa rya Primusic kizoba inyuma y'iminsi ibiri hazoba ari kw'igenekerezo rya 30 Myandagaro ku kibuga c'ishure y'imyuga "ETS KAMENGE". Abaririmvyi batandatu basigaye mw'ihiganwa iyo bariko bahabwa inyigisho n'umuhinga yavuye mu (...)
- PRIMUSIC  / HomeNews Abaririmvyi 6 bazoca mu gice canyuma ca Primusic 2014 bamenyekanye https://igihe.bi/abaririmvyi-6-bazoca-mu-gice.html https://igihe.bi/abaririmvyi-6-bazoca-mu-gice.html 2014-08-17T08:58:43Z text/html rn HomeNews
Igice ca kabiri c'ihiganwa Primusic caraye kirangiye, abaririmvyi batandatu (6) bavuye muri 12 bari bashitse mu gice ca kane c'amahiganwa. Igiteramo c'agakura kiremeshweje n'abaririmvyi bakunzwe cane mu Burundi citabwe n'abantu isinzi.
Inyuma yaho abaririmvyi 12 binjiye mu gice ca kane c'amahiganwa batowe muri 46 nabo batowe mu ntara zose z'Uburundi, igice ca kabiri c'amahiganwa categerezwa gutorwamwo 6 bazoja mu gice ca nyuma.
Ku kibuga c'i Gitega, abaririmvyi 12 barahiganywe kugira havemwo 6 (...)
- PRIMUSIC  / HomeNews Umuhinga mpuzamakungu mu muziki azotanga inyigisho ku baririmvyi yamenyekanye https://igihe.bi/umuhinga-mpuzamakungu-mu-muziki.html https://igihe.bi/umuhinga-mpuzamakungu-mu-muziki.html 2014-08-09T09:37:49Z text/html rn HomeNews
Abarongoye ihiganwa rya Primusic ryateguwe n'ishirahamwe Brarudi baranze ikiganiro aho berekana abaririmvyi 12 bazohiganwa mu gice ca kabiri gishira ica nyuma. Barerekanye kandi n'umuhinga mpuzamakungu agiye kubafasha kwitegurira ico gice. Eka n'umuririmvyi mvamakungu azoshigikira ivyo birori yaramenyekanye.
Nk'uko vyama bigenda no mu myaka yaheze, abaririmvyi bashoboye gushika mu gice ca kabiri gihira ica nyuma muri Primusic barahabwa inyigisho zijanye n'uko batuganya amajwi no kuyarongora, (...)
- PRIMUSIC  / HomeNews Menya uko ushobora gutora uwo ushaka muri Primusic, umenye n'ico umuhaye https://igihe.bi/menya-uko-ushobora-gutora-uwushaka.html https://igihe.bi/menya-uko-ushobora-gutora-uwushaka.html 2014-08-06T09:52:02Z text/html rn HomeNews
Abaririmvyi 12 batowe kuzohiganwa mu gice ca kabiri gishira ica nyuma batanguye kurondera amajwi ku bakunzi babo canke uwo wese ashaka gutanga ijwi ryiwe kuwo ashaka. Umuririmvyi wese afise inomero atorwako. Amahera ari hagati y'ibihumbi amajana abiri gushika ku miriyoni mirongo ibiri azotangwa kuri abo 12.
Mu gutanga ijwi ryawe ku muririmvyi wipfuza ko atera imbere akanashobora gutsindira imiriyoni canke ayandi mahera azotangwa n'ishirahamwe Brarudi, wandika PRIMUS-inomero y'umuririmvyi (...)
- PRIMUSIC  / HomeNews Abaririmvyi 12 bazobandanya ihiganwa bagiye gutangura gusaba amajwi abakunzi babo https://igihe.bi/abaririmvyi-12-bazobandanya.html https://igihe.bi/abaririmvyi-12-bazobandanya.html 2014-08-04T08:49:09Z text/html rn HomeNews
Inyuma y'itorwa ry'abaririmvyi baserukira intara mw'ihiganwa Primusic mu gice c'umunani c'amahiganwa, abaririmvyi 12 bashitse mu gice ca kabiri gishira ica nyuma baramenyekanye. Inyuma yo gutorwa baciye bahabwa inomero zo gusabirako amajwi abakunzi babo.
Mu ntara ya Kirundo niho abaririmvyi 46 batowe mu ntara zose z'Uburundi bahuriye mw'ihiganwa ry'igice ca kane. Nk'uko vyari bitegekanijwe n'abateguye ihiganwa rya Primusic, abaririmvyi 12 baciye batorwa. Bahejeje gutorwa baciye bahabwa inomero (...)
- PRIMUSIC  / HomeNews Amazina y'abaririmvyi bose batowe mu ntara muri Primusic 2014 https://igihe.bi/amazina-y-abaririmvyi-bose-batowe.html https://igihe.bi/amazina-y-abaririmvyi-bose-batowe.html 2014-07-31T11:15:53Z text/html rn HomeNews
Abaririmvyi 46 batowe mu ntara zose z'uburundi muri Primusic bazohurira mw'ihiganwa ry'igice ca kane gishira ica nyuma c'amahiganwa kizobera mu ntara ya Kirundo.
Muri abo baririmvyi 46, hazovamwo 12 bazoja mu gice ca kabiri gishira icanyuma, kizoba kw'igenekerezo rya 16 Myandagaro i Gitega. Abaririmvyi batowe mu ntara ni aba bakwirikira:
1) Bururi:
Mugisha Merveille
Niyokwizera Moses
2) Bubanza:
Mujimbere Gabriel
Irandagiye Aletta
3) Bujumbura Rural
Uwimana Ester
Butoyi Moise
4) (...)
- PRIMUSIC  / HomeNews Abaririmvyi batowe mu ntara muri Primusic bashitse kw'isimbo y'inuma https://igihe.bi/abaririmvyi-batowe-mu-ntara-muri.html https://igihe.bi/abaririmvyi-batowe-mu-ntara-muri.html 2014-07-28T08:49:34Z text/html rn HomeNews
Inyuma y'igikorwa kitoroshe co kurondera abazoserukira igisagara ca Bujumbura muri Primusic, abaririmvyi 14 bagatorwa muri 20 bavuye ku baririmvyi isinzi bari biyandikishije, n'intara ya Bubanza yararonse abaririmvyi bazoseruka mu gice ca kane c'ihiganwa. Eka na Bujumbura Rural yaraserukiwe, inyuma y'intara ya Cibitoke, igice c'umunani kizoba kirangiye.
Abaririmvyi 14 bazoserukira igisagara ca Bujumbura baramenyekanye mu giteramo c'agakura ca Primusic cabereye muri Komine Kinama kuri uwo wa (...)
- PRIMUSIC  / HomeNews PRIMUSIC Amasanamu https://igihe.bi/primusic-amasanamu.html https://igihe.bi/primusic-amasanamu.html 2014-07-26T12:35:30Z text/html rn HomeNews - PRIMUSIC  / HomeNews