Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Michel KAFANDO asaba abanyeporitike b'Uburundi gutorera hamwe ibibazo vy'igihugu https://igihe.bi/Michel-KAFANDO-asaba.html https://igihe.bi/Michel-KAFANDO-asaba.html 2018-09-13T06:04:28Z text/html en vianney HomeNews
Intumwa idasanzwe y'umunyamabanga mukuru wa ONU mu Burundi Michel KAFANDO asaba abanyeporitike b'Uburundi gukora ibishoboka kugira batorere ibibazo bihanze Uburundi hamwe no kuzokwitaba ibiganiro bigira gatanu bitegekanijwe mu misi irimbere.
- Poritike / HomeNews Umurwi CENI watanze icegaranyo c'ivyavuye mu matora y'ibwirizwa nshingiro imbere y'inama nshingamateka https://igihe.bi/Umurwi-CENI-watanze-icegaranyo-c.html https://igihe.bi/Umurwi-CENI-watanze-icegaranyo-c.html 2018-06-26T13:50:32Z text/html fr HomeNews
Umurwi w'igihugu wigenga utegura amatora CENI washikirije icegaranyo c'ivyavuye mu matora yo kwemeza canke guhakana ibwirizwa nshingiro, imbere y'inama nshingamateka na nkenguzamateka kur'uyu wa kabiri igenekerezo rya 26 Ruheshi 2018. Ico cegeranyo cashikirijwe n'umukuru w'umurwi CENI, Pierre Claver NDAYICARIYE ari kumwe n'abandi bagize umurwi.
- Poritike / HomeNews Umuhuza w'abarundi asabwa gufasha mw'ishirwako umukono ry'ivyavuye mu biganiro i Arusha https://igihe.bi/Umuhuza-w-abarundi-asabwa-gufasha-22225.html https://igihe.bi/Umuhuza-w-abarundi-asabwa-gufasha-22225.html 2018-06-18T10:10:54Z text/html fr HomeNews
Inyuma y'aho umukuru w'igihugu c'Uburundi Petero NKURUNZIZA ashize umukono kw'ibwirizwa nshingiro rishasha, umugambwe CNDD-FDD usaba umuhuza w'abarundi ko yofasha kugirango ivyavuye mu biganiro vy'abanyepolitike biheruka kubera I Arusha bishirweko umukono vuba.
- Poritike / HomeNews Umugambwe CNDD-FDD urashima ivyashikirijwe n'umukuru w'igihugu https://igihe.bi/Umugambwe-CNDD-FDD-urashima-22205.html https://igihe.bi/Umugambwe-CNDD-FDD-urashima-22205.html 2018-06-15T08:12:48Z text/html fr HomeIrambuye HomeNews
Umunyamabanga mukuru w'umugambwe CNDD-FDD, amenyesha ko abanywanyi b'uwo mugambwe bakiriye neza ijambo umukuru w'igihugu Petero NKURUNZIZA yashikirije I Bugendana kw'igenekerezo rya 7 Ruheshi 2018, igihe yashira umukono kw'Ibwirizwa shingiro rishasha abarundi bari biyemereje icese kw'igenekerezo rya 17 Rusama uwu mwaka. Evariste NDAYISHIMIYE avuga ko ijambo umukuru w'igihugu yashikirije ari ijambo rugabo riza ryerekana ubutwari, rigashimangira akarangamutima k'umugambwe CNDD-FDD.
- Poritike / HomeIrambuye, HomeNews Inama Nshingamateka na Nkenguzamateka zatanguye kwisunga ibwirizwa nshingiro rishasha https://igihe.bi/Inama-Nshingamateka-na-22180.html https://igihe.bi/Inama-Nshingamateka-na-22180.html 2018-06-12T11:10:40Z text/html fr HomeNews
Umukuru w'inama nshingamateka na nkenguzamateka, bamenyesha ko hisunzwe ibwirizwa nshingiro ryo kuwa 7 Ruheshi 2018, mu ngingo zaryo za 179 na 190 izo nzego zinjiye mu bikorwa bisanzwe vy'ukwezi kwa kane bizohera kw'igenekerezo rya 30 Ruheshi 2018.
- Poritike / HomeNews Sahwanya FRODEBU ivuga ko yakiriye neza ijambo ry'umukuru w'igihugu https://igihe.bi/Sahwanya-FRODEBU-ivuga-ko-yakiriye.html https://igihe.bi/Sahwanya-FRODEBU-ivuga-ko-yakiriye.html 2018-06-08T11:20:19Z text/html en vianney HomeIrambuye HomeNews
Umugambwe Sahwanya FRODEBU umenyesha ko wakiriye neza ijambo umukuru w'igihugu Pierre NKURUNZIZA yashikirije inyuma yaho yarahejeje gutera umukono kw'ibwirizwa nshingiro rishasha. Muri Sahwanya FRODEBU bavuga ko ari intambwe ituma ibibazo bimwe bimwe bitorerwa umuti.
- Poritike / HomeIrambuye, HomeNews Parcem ivuga ko ibiganiro hamwe n'intwaro ishingiye kuri kazoza arivyo muti w'ibibazo mu gihugu https://igihe.bi/Parcem-ivuga-ko-ibiganiro-hamwe-n.html https://igihe.bi/Parcem-ivuga-ko-ibiganiro-hamwe-n.html 2018-06-07T11:47:23Z text/html en Jean De Dieu HomeNews
Ishirahamwe ryishinje gukangurira abarundi guhindura ingendo n'ivyiyumviro PARCEM rimenyeshako ibiganiro, intwaro ishingiye kuri kazoza hamwe no gukunda igihugu bikiri umushinge kugira ingorane zihanze igihugu zitorerwe umuti.
- Poritike / HomeNews Umukuru w'igihugu Pierre NKURUNZIZA yashize umukono kw' ibwirizwa nshingiro rishasha https://igihe.bi/Umukuru-w-igihugu-Pierre.html https://igihe.bi/Umukuru-w-igihugu-Pierre.html 2018-06-07T09:11:51Z text/html en Jean De Dieu HomeNews MainSlideNews
Umukuru w'igihugu ahejeje gushira umukono kw'ibwirizwa nshingiro rishasha. Abanyagihugu benshi bahuriye muri komine Bugendana kugira bumvirize ijambo bashikirizwa n'umukuru w'igihugu. Abaserukira ibihugu vyabo hano mu Burundi bitavyev ivyo birorI
- Poritike / HomeNews, MainSlideNews Umunyamabanga mukuru w'umugambwe FRODEBU Nyakuri yakuwe mu mabanga https://igihe.bi/Umunyabanga-mukuru-w-umugambwe.html https://igihe.bi/Umunyabanga-mukuru-w-umugambwe.html 2018-06-06T08:56:18Z text/html fr HomeNews
Komite nkuru y'umugambwe Sahwanya FRODEBU Nyakuri Iragi rya NDADAYE wahagaritse mu mabanga David NIYONCUNGU yahora ari umunyamabanga mukuru w'uwo mugambwe. Kefa NIBIZI arongoye uwo mugambwe, amenyesha ko mu vyatumye ahagarikwa mu mabanga, ar'uko atarangura neza amabanga ashinzwe.
- Poritike / HomeNews Imigambwe ntiyakiriye kumwe iyemezwa ry'ivyavuye mu matora na sentare ijejwe kwubahiriza ibwirizwa nshingiro https://igihe.bi/Imigambwe-ntiyakiriye-kumwe.html https://igihe.bi/Imigambwe-ntiyakiriye-kumwe.html 2018-06-01T11:55:49Z text/html fr HomeNews
Bamwe mu barongozi b'imigambwe barashima iyemezwa ry'ivyavuye mu matora na sentare ijejwe kwubahiriza ibwirizwa shingiro abandi nabo bakamenyesha ko ata gitangaje kirimwo ivyashikirijwe arivyo vyari vyitezwe.
- Poritike / HomeNews