Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net "Fondation Femi De J'Abat" yemerewe gukora ku mugaragaro. Hagiye gukurikira iki? https://igihe.bi/Fondation-Femi-De-J-Abat-yemerewe.html https://igihe.bi/Fondation-Femi-De-J-Abat-yemerewe.html 2018-03-30T13:54:14Z text/html rn Egide NDUWIMANA HomeNews
Ubushikiranganji bw'ubutungane bwatanze uburenganzira bw'ugukora ku mugaragaro kw'ishirahamwe "FONDATION FEMI DE J'ABAT" ry'umuririmvyi NSENGIYUMVA MINANI Félicien batazira Femi De J'Abat asanzwe aba mu gihugu ca Norvège. Ubwo burenganzira bwatanzwe inyuma y'aho uwo muririmvyi atanguje igikorwa c'ukwandika umuziki w'Uburundi mu gitabu (Encyclopedie de la musique burundaise).
- Marechal Femi De J'Abat / HomeNews Femi De J'Abat yasiguye ubutumwa buri mu ruririmbo "Umunyenga" ruriko ruvugwako vyinshi https://igihe.bi/Femi-De-J-Abat-yasiguye-ubutumwa.html https://igihe.bi/Femi-De-J-Abat-yasiguye-ubutumwa.html 2018-03-12T13:24:03Z text/html rn Egide NDUWIMANA HomeNews
Woba uri muri benshi badatahura ubutumwa buri mu ruririmbo « Umunyenga » rwa Nsengiyumva Minani Felicien batazira Marechal Femi de j'Abat ? Iyo ndirimo iheruka gusubirwamwo yakunzwe cane n'abantu benshi haba mu Burundi canke hanze y'igihugu. Woba hari ikibazo ufise kuri iyo ndirimbo ? Twashimye kubaronderera umuririmvyi Femi de J'Abat kugira atange umuco ku kibazo c'ubutumwa buri muri iyo ndirimbo. Uwo muririmvyi avuga ko ariko arategura amasanama (Clip) y'urwo ruririmbo, mukaba muzoshobora kuyabona vuba.
- Marechal Femi De J'Abat / HomeNews Umuririmvyi Femi De J'Abat yateguye igiteramo c'ukugarukira kuri bantahonikora https://igihe.bi/Umuririmvyi-Femi-De-J-Abat-18752.html https://igihe.bi/Umuririmvyi-Femi-De-J-Abat-18752.html 2017-07-04T14:06:36Z text/html rn Egide NDUWIMANA HomeNews
NSENGIYUMVA MINANI Felicien benshi bazi kw'izina rya Femi De J'Abat yateguye igiteramo c'agakura kizobera mu gisagara ca Charleroi mu gihugu c'Ububirigi. Nk'uko bishikirizwa n'uwo muririmvyi, intumbero y'ico giteramo akaba ari iyo kwegeranya uburyo buzofasha bantahonikora b'Abarundi bo mu bwoko bw'abatwa barwaye umugera wa SIDA.
- Marechal Femi De J'Abat / HomeNews Isale : Imiryango amajana atatu y'abatwa yahawe imfashanyo na VONECOVIC https://igihe.bi/isale-imiryango-igera-ku-majana.html https://igihe.bi/isale-imiryango-igera-ku-majana.html 2016-07-13T16:04:06Z text/html rn Egide NDUWIMANA HomeNews
Imiryango y'abatwa yo muma zone atatu yo muri komine Isale mu ntara ya Bujumbura yahawe imfashanyo n'umuririmvyi NSENGIYUMVA MINANI Felicien, biciye mw'ishirahamwe VONECOVIC risanzwe rigarukira kuri abo banyagihugu ba ntahonikora.
Iyo mfashanyo yatanzwe kuri uwu wa gatatu igenekerezo rya 13 Mukakaro 2016 yashikirijwe imiryango hafi amajana atatu yo muma zone ya Nyambuye, Benga hamwe na Rushubi. Igizwe n'imashine zitatu zo gushona (abatwa bo muri zone imwe yose bakazoronswa imashine imwe), (...)
- Marechal Femi De J'Abat / HomeNews Umuririmvyi Femi De J'Abat yasanze abarimyi ku kivi https://igihe.bi/umuririmvyi-femi-de-j-abat-yasanze.html https://igihe.bi/umuririmvyi-femi-de-j-abat-yasanze.html 2016-07-07T06:30:16Z text/html rn Egide NDUWIMANA HomeNews
Abanyagihugu bo mu bwoko bw'abatwa bafashwa n'ishirahamwe VONECOVIC (Voix Neutre Contre La Violence et Injustice à travers les Chansons) aho bari ku kivi, bakiriye umushitsi bari basanzwe bamenyereye. Umuririmvyi Nsengiyumva Minani Felicien benshi bazi kw'izina rya Femi De J'Abat, mu rugendo arimwo mu Burundi, yishikiye kuraba itongo ry'ishirahamwe VONECOVIC ririmwa n'abo banyagihugu.
Iryo tongo riri muri zone Maramvya, komine Mutimbuzi, mu ntara ya Bujumbura benshi bita Bujumbura rural. (...)
- Marechal Femi De J'Abat / HomeNews Umuririmvyi Femi De J'Abat n'imfura yiwe bitezwe i Bujumbura https://igihe.bi/umuririmvyi-femi-de-j-abat-16302.html https://igihe.bi/umuririmvyi-femi-de-j-abat-16302.html 2016-06-26T09:27:37Z text/html rn Egide NDUWIMANA HomeNews
Abakera barayamaze bati : " Amazi arashuha ariko ntiyibagira i bumbeho, kandi "inkware itora ku musozi agatima kari mu mwonga." Umuririmvyi MINANI Nsengiyumva Félicien benshi bazi kw'izina rya Femi De J'Abat yitezwe mu Burundi igihugu ciwe c'amavukiro, akaba azananye n'umukobwa wiwe w'imfura, nawe nyene yatoranye umwuga wa se w'ukuririmba.
Nk'uko amakuru dukura ku muhora wa Facebook w'uwo muririmvyi abivuga, Femi De J'Abat kuri uwu wa kabiri igenekerezo rya 28 Ruheshi 2016 azoba ari mu gihugu (...)
- Marechal Femi De J'Abat / HomeNews Femi De J'abat: "Abategetsi bakwiye kwicara ku ntebe y'ishuri bige intwaro rusangi" https://igihe.bi/femi-de-j-abat-abategetsi-bakwiye.html https://igihe.bi/femi-de-j-abat-abategetsi-bakwiye.html 2015-05-06T11:40:25Z text/html rn HomeNews
Umuririmvyi Minani Felicien yaririmvye ururirimbo ruhayagiza umugambwe CNDD-FDD, ararajwe ishinga n'Uburundi bugira busubire kurwa mw'isanga. Abona ko vyose biva ku bumenyi buke bw'abategetsi. Asaba kandi ibiganiro.
Femi De J'abat atangura yandika igisabisho aho asaba Imana ifashe Uburundi, yandika ati:" MANA FASHA IGIHUGU CACU NTIKIRWE KANDI MW'ISANGANYA. "Ntawuhisha umwotsi inzu iriko irasha". Ndasavye Uburundi bwacu bureke gusha tubona, bene Burundi bareke gupfa no guhunga mu gihugu kirimwo (...)
- Marechal Femi De J'Abat / HomeNews Umuririmvyi Femi de J'Abat yandikiye urwandiko nkora mutima abashaka ku mwica https://igihe.bi/umuririmvyi-femi-de-j-abat-13024.html https://igihe.bi/umuririmvyi-femi-de-j-abat-13024.html 2015-03-10T09:55:52Z text/html rn HomeNews
Umuririmvyi Nsengiyumva Minani Félicien yandika amenyesha ko hari abantu bashaka kumwica. Avuga ko abo bashaka agatwe kiwe bashobora kutakoronka kandi naho yopfa ukuri avuga kuzoguma kwumvikana. Ati:"Ukuri kugoye kwumva ni ko kuri ko kwumvwa".
Nsengiyumva Minani Félicien azwi kw'izina rya Marechal Femi de J'Abat yandika ku rubuga rwiwe rwa facebook, atangura yandika uyu mugani:"ABANTU BICA ISAKE ARIKO NTIBICA ICO YABITSE". Femi abandanya ati:"Abipfuza bose umutwe wanje abaribo bose, nagira (...)
- Marechal Femi De J'Abat / HomeNews Mubimbi : Amakarata y'ukwivurizako yatanzwe n'umuririmvyi Félicien Nsengiyumva https://igihe.bi/umuririmvyi-felicien-nsengiyumva.html https://igihe.bi/umuririmvyi-felicien-nsengiyumva.html 2015-02-04T08:34:41Z text/html rn HomeNews
Umuririmvyi Nsengiyumva Minani Félicien yatanze imfashanyo yo kugarukira ku buzima bw'abanyagihugu bagwiriyemwo abatwa bo muri Komine Mubimbi. Nk'uko ishirahamwe VONECOVIC arimwo rimaze imyaka ribikora, ni mu ntumbero yo kugarukira kuri ba ntahonikora, cane cane abatwa.
Imfashanyo y'amakarata yo kwivurizako (Carte d'Assurance Maladies) agera kw'ijana, yaguzwe n'umuririmvyi avuka mu ntara ya Bujumbura Rural, ariko aba mu gihugu ca Norvege. Félicien canke Femi de J'Abat yarungitse iyo mfashanyo (...)
- Marechal Femi De J'Abat / HomeNews Umuririmvyi Femi de J'Abat agira agaruke mu Burundi https://igihe.bi/umuririmvyi-femi-de-j-abat-agira.html https://igihe.bi/umuririmvyi-femi-de-j-abat-agira.html 2014-07-11T12:39:12Z text/html rn HomeNews
Amakuru dukesha umuririmvyi Nsengiyumva Minani Felicien batazira Marechal Femi de j'Abat amenyesha ko azoshika mu Burundi ku munsi wa gatatu igenekerezo rya 16 Mukakaro 2014, avuye mu gihugu ca Norvege aho asanzwe aba n'umuryango wiwe.
Ikinyamakuru IGIHE caganiriye nawe iyaba muri Norvege kimubaza ibijanye n'urugendo agiye kugira mu Burundi aho yaheruka umwaka uheze, akaba yatwishuye ati : "Nzoba nje ahanini mu buruhuko mu gihugu canje c'amavukiro nkunda cane". Twashatse kumenya namba hari (...)
- Marechal Femi De J'Abat / HomeNews