Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Umuririmvyikazi Alida yemanze ko ari mu rukundo https://igihe.bi/umuririmvyikazi-alida-yemanze-ko.html https://igihe.bi/umuririmvyikazi-alida-yemanze-ko.html 2015-02-04T12:33:16Z text/html rn HomeNews
Umuririmvyikazi Alida Baranyizigiye inyuma yo kwakira agakiza mu guhindura cane cane ubutumwa n'intumbero y'indirimbo ziwe, ubu naho yatangaje ko ari mu rukundo rwuzuye.
Haraheze iminsi Alida ashira ahabona amafoto ari kumwe n'umugabo, haba bari kumwe mu muduga canke mu birori, uwo mugabo nyene baranaririmbanye ururirimo bise "Amashimwe". Jimmy James niwe ari mu rukundo na Alida nk'uko biboneka ku rubuga rwa facebook aho Alida ubwiwe yemeza ko bariko barareshanya.
Alida yatangaje ko ariko (...)
- Inkuru / HomeNews Alida Baranyizigiye ntadohoka mu gukora ivyo yemereye Imana https://igihe.bi/alida-baranyizigiye-ntadohoka-mu.html https://igihe.bi/alida-baranyizigiye-ntadohoka-mu.html 2015-01-09T13:45:50Z text/html rn HomeNews
Umuririmvyikazi Alida Baranyizigiye ntaradohoka kw'ibanga yemeye ryo kuririmbira Imana, yasohoye ururirimbo mpimbazamana rugira kabiri ruvuga amashimwe.
Alida atangura aririmba ati : " Waravuze ko uzokwama hafi yanje, ndakwiteze Mwami wanje ngw'ino unkize. Ndakubonye ukundi gusha kuko ijambo ryawe ari iry'ukuri". Ayo majambo aririmbwa mu ruririmbo yaririmbanye n'uwitwa Jimmy yise "Amashimwe".
Haheze ikiringo c'ukwezi kumwe n'iminsi uwo muririmvyikazi afashe iyo ngingo none amaze gusohora (...)
- Indirimbo / HomeNews Kuki Alida BARANYIZIGIYE yoba yafashe ingingo yo kuririmbira Imana gusa https://igihe.bi/umuririmvyikazi-alida-11957.html https://igihe.bi/umuririmvyikazi-alida-11957.html 2014-12-04T07:40:38Z text/html rn HomeNews
Umuririmvyikazi Alida Baranyizigiye bivugwa ko yahinduye intumbero yo gukora umuziki wiwe. Alida yoba yafashe ingingo yo kutazosubira kuririmba indirimbo zifise ubutumwa butandukanye (profane).
Alida yafashe ingingo yo gutangura kuririmbira Imana, ubutumwa bwose agiye gutanga mu ndirimbo ziwe buzoba bwerekeye amajambo y'Imana gusa. Indirimbo zifise ubutumwa butandukanye nko kuryoherwa n'ivyisi haba mu rukundo canke gutamba ibi canke biriya, nta kibanza mu vyiyumviro vya Alida.
Naho uwo (...)
- Inkuru / HomeNews Alida Baranyizigiye aje yazikenyeye https://igihe.bi/alida-baranyizigiye-aje.html https://igihe.bi/alida-baranyizigiye-aje.html 2014-10-10T09:43:14Z text/html rn HomeNews
Umuririmvyikazi Alida Baranyizigiye yururutse indege aje kw'isango rw'igiteramo kidasanzwe amaze iminsi yitegurira.
Alida ntacererwa kw'isango, mu gitondo c'uyu wa gatanu w'igenekerezo rya 10 Gitugugu, Alida yururutse indege ava mu gihugu c'Urwanda aho asanzwe arangurira imirimo yiwe. Aje mu Burundi mu giteramo kidasanzwe afashanya n'umurwi "Moutcho". Mu bibazo vy'abamenyeshamakuru, yabajijwe igituma atabonetse mu giteramo ca Sat b kandi yari ku rutonde, nawe yishura ko bamushize ku rutonde (...)
- Inkuru / HomeNews Alida aravuga ivyo afatirako mu kwemeza ko igiteramo ciwe kidasanzwe https://igihe.bi/alida-arafise-ivyo-afatirako-mu.html https://igihe.bi/alida-arafise-ivyo-afatirako-mu.html 2014-10-01T11:27:12Z text/html rn HomeNews
Umuririmvyikazi Alida Baranyizigiye ariko ategura igiteramo ca mbere c'ugutangaza indirimbo nshasha zitari bwasohoke, n'urukurikirane rwa mbere ruzoja ahabona.
Alida aremeza ko ico giteramo kizoba ntibagirwa kuri we no ku bazoba bacitavye kuko citeguriwe bihagije. Ikindi avuga n'uko umurwi Moucho bazofadikanya ico giteramo basanzwe bamenyeranye, aha avuga nka Arnaud Nganji. Akabirya k'igiteramo, n'uko Alida azotekurura agatu gatekeye urukurikirane rwiwe rwa mbere nk'ishikanwa ry'abakunzi biwe. (...)
- Inkuru / HomeNews Mw'isanamu nshasha, Alida anezerezwa n'umukunzi wiwe https://igihe.bi/mw-isanamu-nshasha-alida.html https://igihe.bi/mw-isanamu-nshasha-alida.html 2014-09-16T08:30:36Z text/html rn HomeNews
Alida Baranyizigiye amaze iminsi ari mu bikorwa vyinshi vy'umuziki, yashize ahabona isanamu y'ururirimbo "I fell Alright". Alida aririmbira umukunzi wiwe ko aguwe neza bari kumwe.
Alida mu rurimi rw'icongereza ruvanze igifaransa, aririmbira umukunzi wiwe yerekana mw'isanamu ati :" Numva merewe neza, ntakekeranya ubu uri ngaha. Sinumva ico nokora kugira ndabikwereke, kiretse ubisomye mu mutima wanje. Iyo umenya ico niyumvira igihe cose uri kumwe nanje, n'uko numva merewe neza". Ayo majambo (...)
- Amasanamu / HomeNews