Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi
http://igihe.bi/
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......
rn
SPIP - www.spip.net

Kook-k n'abandi baririmvyi bagiye gusohora ireresi
https://igihe.bi/Kook-k-n-abandi-baririmvyi-bagiye.html
https://igihe.bi/Kook-k-n-abandi-baririmvyi-bagiye.html
2017-07-10T14:55:56Z
text/html
rn
Egide NDUWIMANA
HomeNews

Kook-k avuga ko ibikorwa vyiwe vyo gutegura no gukina amareresi vyatwaye cane umwanya wo kuririmba. Ivyo abivuga mu gihe hari amareresi agera kuri 2 ariko ategura. Ivyo bikorwa vy'amareresi abikorera mu Burundi, ibindi akabikorera mu bindi bihugu, nk'uko avyivugira

Inkuru

HomeNews

Dj Kolly na Kook K basohoye ururirimbo rwuzuye amajambo y'urukundo
https://igihe.bi/dj-kolly-na-kook-k-basohoye.html
https://igihe.bi/dj-kolly-na-kook-k-basohoye.html
2015-04-13T08:19:22Z
text/html
rn
HomeNews

Abahinyanyuzi-baririmvyi Kook k na DJ Kolly bashize ku mugaragaro ururirimbo bakoranye bise "Mu Nzozi". Bati:" Igituma mvuga menshi n'uko uza kenshi mu nzozi".

"Uri igituma mvuga menshi, ikibituma n'uko uza kenshi mu nzozi, izina ryawe ni ryo rigaruka mu nzozi".

Umviriza ururirimbo "Mu Nzozi" rwa Kook k na Dj Kolly

Indirimbo

HomeNews

Kook-k yerekanye uwundi mukobwa ari gusa mw'isanamu nshasha
https://igihe.bi/kook-k-yerekanye-uwundi-mukobwa.html
https://igihe.bi/kook-k-yerekanye-uwundi-mukobwa.html
2015-02-02T07:46:24Z
text/html
rn
HomeNews

Habib Juma azwi kw'izina rya Kook-k yasohoye isanamu y'ururirimbo"I feelin it" yakorewe mu nzu y'ubhinyanyuzi imwegukira. Isanamu ibonekamwo umukobwa yambaye uduhuzu duto dupfuka ibihimba vy'irondoka.

Muri kamere ku muririmvyi Kook-k, amasanamu yiwe atari make ntiyibagira gushiramwo umukobwa yambaye utwo duhuzu dupfuka ibihimba vy'irondoka, ariko uyiravye neza iyi sanamu "I'm feelin it"urabona aho uwo asa n'uwiyambura utwo duhuzu nyene. Kook-k aririmba ati:" Ndavyumvira mu mutima, ndavyumvira mu (...)

Amasanamu

HomeNews

Umukobwa azoboneka mw'isanamu "I am feeling" baramunyegeje mu maso (Amafoto)
https://igihe.bi/umukobwa-azoboneka-mw-isanamu-i-am.html
https://igihe.bi/umukobwa-azoboneka-mw-isanamu-i-am.html
2014-10-21T07:59:16Z
text/html
rn
HomeNews

Isanamu y'ururirimbo rwa Kook-k iriko itegurwa, iyo nteguro yayo iboneka mu mafoto arimwo umukobwa ataco yahishije kuko hanini aboneka ari gusa. Iyo ndirimbo itanga ubutumwa bw'urukundo gusa.

Amafoto y'ururirimbo amaze kuja ahabona arimwo umukobwa yambaye agahuzu ko munsi gapfuka igitsina gusa. Baragerageje kumufuka mu maso kugira ntamenyekane ariko, ko azoboneka isanamu imaze kuja ku mugaragaro bari gushaka bakamwerekana.

Kook-k avuga ko ururirimbo "I am feeling it" ata kindi ruvuga atari (...)

Inkuru

HomeNews

Kook na Thity Love bibarutse umwana azanye bishasha
https://igihe.bi/kook-na-thity-love-bahejeje.html
https://igihe.bi/kook-na-thity-love-bahejeje.html
2014-10-06T11:39:32Z
text/html
rn
HomeNews

Urugo rw'abaririmvyi Kook-K na Thity Love rwavutsemwo ikibondo, imfura y'umukobwa ije nk'icamwa c'urukundo hagati yabo. Uwo mwana azanye bishasha bitari bimenyerewe.
Inyuma y'imyaka itatu bubakanye, MPAWENIMANA Juma Habib azwi kw'izina ry'ubuhizi Kook- k n'umutambukanyi wiwe Nahishakiye Thierryve nawe azwi kw'izina rya Thity Love bahejeje kuronka ikibondo.

Kook-k ati :" Nipfuza ko umwana wanje Imana yomucisha mu nzira naciyemwo zose, ntibagiye ko yoba cane cane umuririmvyi. Vuba cane jewe (...)

Inkuru

HomeNews