Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi
http://igihe.bi/
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......
rn
SPIP - www.spip.net

Indoneziya: Abantu 832 bahitanywe n'ikinyamugigima
https://igihe.bi/Indoneziya-Abantu-832-bahitanywe-n.html
https://igihe.bi/Indoneziya-Abantu-832-bahitanywe-n.html
2018-10-01T10:48:17Z
text/html
en
vianney
HomeNews

Reta y'igihugu ca Indoneziya yamenyesheje yuko abantu bangana 832 nibo baharurwa ko aribo bamaze guhitanwa n'ikinyamugigima cabaye ku musi wa gatanu w'indwi iheze.

Mu makungu

HomeNews

Igihugu ca Reta Zunze Ubumwe za Amerika cagabishije igihugu ca Iran
https://igihe.bi/Igihugu-ca-Reta-Zunze-Ubumwe-za-22622.html
https://igihe.bi/Igihugu-ca-Reta-Zunze-Ubumwe-za-22622.html
2018-09-26T10:53:39Z
text/html
en
vianney
HomeNews

Umunyamabanga w'umukuru wa Reta Zunze Ubumwe za Amerika mu bijanye n'umutekano John BOLTON yagabishije igihugu ca Iran ko kizohura n'ingorane niyo cakorera ikintu kibi abanyamerika canke ibihugu bifitaniye imigenderanire na Amerika.

Mu makungu

HomeNews

USA:Umunyamabanga wa Reta avuga ko biteguriye kunagura ibiganiro na Koreya ya Ruguru
https://igihe.bi/USA-Umunyamabanga-wa-Reta-avuga-ko.html
https://igihe.bi/USA-Umunyamabanga-wa-Reta-avuga-ko.html
2018-09-20T10:23:01Z
text/html
en
vianney
HomeNews

Umunyamabanga w'igihugu ca Reta Zunze Ubumwe za Ameriaka,Mike POMPEO amenyeshako igihugu ciwe citeguye kwongera kugiranira ibiganiro n'igihugu ca Koreya ya Ruguru mu ntumbero yuko ico gihugu kireka gukoresha ibigwanisho ruhonyaganda.

Mu makungu

HomeNews

Uburusiya:Vladimir Poutine yemeje ko abakekwa kuroga Sergei Skripal Atari abicanyi
https://igihe.bi/Uburusiya-Vladmir-Putin-yemeje-ko.html
https://igihe.bi/Uburusiya-Vladmir-Putin-yemeje-ko.html
2018-09-12T15:32:45Z
text/html
en
vianney
HomeNews

Umukuru w'igihugu c'Uburusiya Vladimir Poutine yamenyesheje ko abakekwa kuroga Sergei Skripal yakekwa kuba inderetsi y'igihugu ciwe ata caha kiriho kijanye n'urwo rupfi rwabereye mu gihugu c'Ubwongereza.

Mu makungu

HomeNews

Igihugu ca Amerika kivuga ko gishobora gufatira ibihano sentare mpuzamakungu mpanavyaha
https://igihe.bi/Igihugu-ca-Amerika-kivuga-ko.html
https://igihe.bi/Igihugu-ca-Amerika-kivuga-ko.html
2018-09-11T19:53:12Z
text/html
en
vianney
HomeNews

Igihugu ca Reta Zunze Ubumwe za Amerika kiragabisha ko gishobora gufatira ibihano sentare mpuzamakungu mpanavyaha niyo yabandanya umugambi wayo wo kuburanisha abasirikare ba Reta Zunze Ubumwe za Amerika.

Mu makungu

HomeNews

Bresil:Uwuhiganirwa ikibanza c'umukuru w'igihugu yacumiswe
https://igihe.bi/Bresil-Uwuhiganirwa-ikibanza-c.html
https://igihe.bi/Bresil-Uwuhiganirwa-ikibanza-c.html
2018-09-07T10:44:22Z
text/html
en
vianney
HomeNews

Jair Bolsonaro ari mu bahiganirwa ikibanza c'umukuru w'igihugu muri Bresil yacumiswe imbugita ari mu gikorwa co kwiyamamaza mu buseruko bushira ubumanuko bw'ico gihugu.

Mu makungu

HomeNews

Ubuhindi: Abantu 400 bapfuye bahitanywe n'umwuzure
https://igihe.bi/Ubuhindi-Abantu-400-bapfuye.html
https://igihe.bi/Ubuhindi-Abantu-400-bapfuye.html
2018-08-22T16:24:54Z
text/html
en
vianney
HomeNews

Abantu bangana 400 bapfuye abaharurwa mu bihumbi nabo barata izabo inyuma yaho umwuzure uteye mu gace kitwa Kerala mu gihugu c'Ubuhindi.

Mu makungu

HomeNews

USA: Abapatiri 300 baragirizwa gufata ku nguvu abana
https://igihe.bi/USA-Abapatiri-300-baragirizwa.html
https://igihe.bi/USA-Abapatiri-300-baragirizwa.html
2018-08-15T12:06:30Z
text/html
en
vianney
HomeNews

Sentare nkuru yo muri Pennsylvanie muri Reta Zunze ubumwe za Amerika yasohoye icegeranyo y'abapatiri 300 bo muri Ekereziya Katorika baho muri Pennsylvania bagirizwa gufata ku nguvu abana barenga igihumbi mu kiringo c'imyaka 70 iheze.

Mu makungu

HomeNews

Espagne: Abantu 330 bakomerekeye mu giteramo
https://igihe.bi/Espagne-Abantu-330-bakomerekeye-mu.html
https://igihe.bi/Espagne-Abantu-330-bakomerekeye-mu.html
2018-08-14T11:54:24Z
text/html
en
vianney
HomeNews

Abantu bangana 330 nibo bakomeretse mw'ijoro ryo kuruyu wa mbere buca ari ku wa kabiri igenekerezo rya 14 Myandagaro 2018 bari mu giteramo c'umuziki ujanye n'umuco kama “Marisquino Festival” mu gihugu ca Espagne.

Mu makungu

HomeNews

Koreya ya Ruguru iragirizwa gukora ibigwanisho ruhonyanganda bishasha
https://igihe.bi/Koreya-ya-Ruguru-iragirizwa-gukora.html
https://igihe.bi/Koreya-ya-Ruguru-iragirizwa-gukora.html
2018-07-31T16:21:31Z
text/html
en
vianney
HomeNews

Igihugu ca Koreya ya RUGURU kiragirizwa ko kiriko kirakora ibindi birwanisho bishasha ruhonyanganda inyuma y'umwumvikano umukuru w'igihugu Waco yagiraniye n'umukuru w'igihugu wa Reta Zunze Ubumwe za Amerika Donald Trump.

Mu makungu

HomeNews