Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Ishengero Methodiste Libre ryatanze intererano y'amatora ya 2020 https://igihe.bi/Ishengero-Methodiste-Libre.html https://igihe.bi/Ishengero-Methodiste-Libre.html 2018-06-21T10:29:23Z text/html fr HomeNews
Ishengero Methodiste Libre mu Burundi ryatanze intererano y'amatora y'umwaka wa 2020 kur'uyu wa kane igenekerezo rya 21 Ruheshi 2018. Iyo ntererano yatanzwe ingana n'imiriyoni 20 z'amafaranga y'amarundi.
- AMASHENGERO / HomeNews Eid-al Fitr : Umukuru w'igihugu yipfurije umunsi mukuru mwiza aba islam bo mu Burundi https://igihe.bi/Eid-al-Fitr-Umukuru-w-igihugu.html https://igihe.bi/Eid-al-Fitr-Umukuru-w-igihugu.html 2018-06-15T08:44:54Z text/html fr HomeNews
Aba Islamu bo mu Burundi bifatanije nabo kw'isi yose kur'uyu wa gatanu igenekerezo rya 15 Ruheshi 2018, mu guhimbaza umunsi mukuru urangiza ikiringo c'ukwezi bari bamaze mu mapfungo. Umukuru w'igihugu c'Uburundi Petero NKURUNZIZA akaba yipfurije umunsi mukuru mwiza aba Islamu bo mu Burundi.
- AMASHENGERO / HomeNews Gitega : Patiri Caritos NIYOYITUNGIYE yatowe ikiziga aho akorera https://igihe.bi/Gitega-Patiri-Caritos.html https://igihe.bi/Gitega-Patiri-Caritos.html 2018-05-21T13:09:54Z text/html fr HomeNews
Patiri Caritos NIYOYITUNGIYE yahora ari icegera c'umunyamabanga w'ishirahamwe ODAG yatowe ikiziga aho yapfiriye, mu nzu yahora akoreramwo, mu nyubakwa za Diyoseze Nkuru ya Gitega.
- AMASHENGERO / HomeNews Aba isiramu batanguye ukwezi kweranda kwa Ramadhan https://igihe.bi/Aba-isiramu-batanguye-ukwezi.html https://igihe.bi/Aba-isiramu-batanguye-ukwezi.html 2018-05-17T08:59:12Z text/html en HomeNews
Aba isiramu bo mu Burundi bifadikanije n'abaisiramu bo kw'isi yose mu gutangura ukwezi kweranda kwa Ramadhan kur'uno wa kane igenekerezo rya 17 Rusama 2018. Mw'itangazo Cheick Sadiki Kajandi, arongoye umuryango w'aba isiramu mu Burundi yashikirije kur'uno wa gatatu igenekerezo rya 16 Rusama 2018, yasavye aba isiramu gukomeza urukundo.
- AMASHENGERO / HomeNews Musenyeri Gervais BANSHIMIYUBUSA yinjiye ku mugaragaro mu bwungere bwa Diyoseze ya Bujumbura https://igihe.bi/Musenyeri-Gervais-BANSHIMIYUBUSA.html https://igihe.bi/Musenyeri-Gervais-BANSHIMIYUBUSA.html 2018-05-05T10:17:39Z text/html fr HomeNews
Musenyeri Gervais BANSIMIYUBUSA yahora ari umwungere wa Diyoseze nkuru ya Ngozi, yashikirijwe ku mugaragaro amabanga yo kurongora Diyoseze nkuru ya Bujumbura, asubiriye Musenyeri Evariste NGOYAGOYE agiye mu karuhuko k'izabukuru.
- AMASHENGERO / HomeNews Iryungane ryo mw'isengesho ''Dawe wa Twese'' mu gifaransa ryahinyanyuwe https://igihe.bi/Iryungane-ryo-mw-isengesho-Dawe-wa.html https://igihe.bi/Iryungane-ryo-mw-isengesho-Dawe-wa.html 2018-04-05T11:58:10Z text/html fr HomeNews
Abasenyeri katorika mu Burundi, bamenyesha ko ibihugu bivuga ururimi rw'igifaransa vyahinduye iryungane riri mw'isengesho “ Dawe wa twase”, mu rurimi rw'igifaransa.
- AMASHENGERO / HomeNews Abakirisu basabwa gusabira amahoro ibihugu bifise umutekano muke https://igihe.bi/Abakirisu-basabwa-gusabira-amahoro.html https://igihe.bi/Abakirisu-basabwa-gusabira-amahoro.html 2018-02-22T09:59:36Z text/html fr HomeNews
Inama y'abepisikopi Gatorika mu Burundi CECAB (Conference des Eveques Catholiques du Burundi) imenyesha ko k'umusi wa gatanu w'indwi ya mbere y'ikarema, kw' igenekerezo rya 23 Ruhuhuma 2018, ari umusi udasanzwe w'ugusenga no kwisonzesha kugira amahoro aboneke, mu Burundi.
- AMASHENGERO / HomeNews Gitega : Patiri MUDOMO Marcel yashinguranywe iteka https://igihe.bi/Gitega-Patiri-MUDOMO-Marcel.html https://igihe.bi/Gitega-Patiri-MUDOMO-Marcel.html 2018-02-15T11:44:56Z text/html fr HomeNews
Patiri MUDOMO Marcel yahoze arongoye insamirizi ijwi ry'amahoro yashinguranywe iteka kur'uyu wa kane igenekerezo rya 15 Ruhuhuma 2018. Ibirori vyo kumuherekeza irya nyuma vyereye mu ntara ya Gitega, ari naho yaranguriye ubutumwa igihe kirekire.
- AMASHENGERO / HomeNews Amashengero adakwije ivyangombwa yahawe amezi 5 yo kwitunganya https://igihe.bi/Amashengero-adakwije-ivyangombwa.html https://igihe.bi/Amashengero-adakwije-ivyangombwa.html 2018-01-31T08:31:20Z text/html en Jean De Dieu HomeIrambuye HomeNews
Umushikiranganji w'intwaro yo hagati mu gihugu n'inyigisho zo gukunda igihugu yahaye ikiringo c'amezi 5 amashengero adakwije ivyangombwa kugira yitunganye.
- AMASHENGERO / HomeIrambuye, HomeNews Abayoboke b'idini rya Adivantisite bankiwe gutunganya ubugeni hagati mu ndwi https://igihe.bi/Abayoboke-b-idini-rya-Adivantisite.html https://igihe.bi/Abayoboke-b-idini-rya-Adivantisite.html 2018-01-18T08:57:11Z text/html fr HomeNews
Umushikiranganji w'intwaro yo hagati mu gihugu amenyesha ubuyobozi bw'ishengero ry'aba adivantisite b'umunsi w'indwi, ko ubugeni bushingirwa ku munsi wa gatandatu n'umunsi w'Imana honyene.
- AMASHENGERO / HomeNews