Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Isanamu y'ururirimbo rwa Natacha ft Fally ipupa yasohotse (Video) https://igihe.bi/Isanamu-y-ururirimbo-rwa-Natacha-22287.html https://igihe.bi/Isanamu-y-ururirimbo-rwa-Natacha-22287.html 2018-06-30T06:42:50Z text/html en Jean De Dieu HomeNews
Isanamu y'ururirimbo rwa Natacha ft Fally ipupa yasohotse (Video)
- Amasanamu / HomeNews Natacha yaraye akuriye inkofero abakunzi biwe https://igihe.bi/Natacha-yaraye-akuriye-inkofero.html https://igihe.bi/Natacha-yaraye-akuriye-inkofero.html 2017-11-18T10:55:00Z text/html en Jean De Dieu HomeNews
Isanamu y'ururirimbo rwakozwe na La Namba hamwe na Kalungi yaraye ishizwe k'umugaragaro. Ibirori vyitabiriwe n'isinzi ry'abantu, ikintu cahimbaye cane Natacha.
- Inkuru / HomeNews Natacha buca ashikiriza igikorwa yakoreye muri Uganda https://igihe.bi/Natacha-buca-ashikiriza-igikorwa.html https://igihe.bi/Natacha-buca-ashikiriza-igikorwa.html 2017-11-16T10:01:01Z text/html en Jean De Dieu HomeNews
Iryavuzwe riratashe, inyuma y'igihe kitari gito havugwa ishirwa ahabona rya Vidéo y'ururirimbo Natacha yakoreye mu Buganda, amakuru atangwa n'abajejwe gutanga amakuru kwa La Namba aremeza ko aho bukera vidéo izotangwa ku mugaragaro.
- Inkuru / HomeNews Abaririmvyi Natacha na Sheebah ntibayaze amasigara cicaro https://igihe.bi/Abaririmvyi-Natacha-na-Sheebah.html https://igihe.bi/Abaririmvyi-Natacha-na-Sheebah.html 2017-10-24T11:39:44Z text/html rn Egide NDUWIMANA HomeNews
Nk'uko yabitangaje avuye i Kampala ko ururirimbo bakoranye na Sheebah ruzosohoka mu ntango z'iyi ndwi, Natacha ntiyayaze amasigara cicaro. Ururirimbo "Wangu" rwasohotse kuri uwu w'Imana.
- Inkuru / HomeNews Umuririmvyi Natacha NGENDABANKA yavuze intumbero y'urugendo aherukamwo mu Buganda https://igihe.bi/Umuririmvyi-Natacha-NGENDABANKA.html https://igihe.bi/Umuririmvyi-Natacha-NGENDABANKA.html 2017-10-21T10:55:49Z text/html rn Egide NDUWIMANA HomeNews
Umuririmvyi Natacha NGENDABANKA yatahutse avuye mu Buganda aho yahora gukorana ururirimbo na mugenzi we wo muri ico gihugu. Ururirimbo n'isanamu yarwo bigiye gusohoka mu ntango z'indwi itangura.
- Inkuru / HomeNews Natacha yafashwe amafoto yambaye akamwanya https://igihe.bi/Natacha-yafashwe-amafoto-yambaye.html https://igihe.bi/Natacha-yafashwe-amafoto-yambaye.html 2017-09-25T14:48:04Z text/html rn Egide NDUWIMANA HomeNews
Hariko herekanwa amafoto atangaje y'umuririmvyikazi Natacha NGENDABANKA aho inyambaro yiwe yatangaje benshi. Ayo mafoto ariko akwiragizwa yafashwe Natacha ari mu giteramo giheruka kubera ku kibuga ca "Tempete".
- Inkuru / HomeNews Natacha yasohoye "Video" yerekana ibibanza biberamwo amabi akorerwa abakenyezi https://igihe.bi/Natacha-yasohoye-Video-yerekana.html https://igihe.bi/Natacha-yasohoye-Video-yerekana.html 2017-09-22T09:17:57Z text/html rn Egide NDUWIMANA HomeNews
Natacha ahejeje gushira ahabona "Video" y'ururirimbo yahariye gutunga agatoki amabi akorerwa abigeme n'abakenyezi. Muri iyo "Video", Natacha arerekana ibibanza bimwe bimwe bikunze gukorerwamwo ayo mabi, akaririmba ati : "Iyamirize".
- Amasanamu / HomeNews Menya ivyo Natacha yakoze imbere y'ugufata akaruhuko https://igihe.bi/Menya-ivyo-Natacha-yakoze-imbere-y.html https://igihe.bi/Menya-ivyo-Natacha-yakoze-imbere-y.html 2017-07-04T15:00:25Z text/html rn Egide NDUWIMANA HomeNews
Umuririmvyikazi Natacha arashima umwimbu w'igice ca mbere c'umwaka. Ku bw'ivyo Natacha kuri uwu wa mbere igenekerezo rya 3 Mukakaro yafashe indege imushikana mu gihugu c'Ubutariyano, aho yagiye mu karuhuko n'umuryango wiwe.
- Inkuru / HomeNews Umuririmvyikazi Natacha ari mu bashimiwe n'umukuru w'igihugu NKURUNZIZA https://igihe.bi/Umuririmvyikazi-Natacha-mu-Barundi.html https://igihe.bi/Umuririmvyikazi-Natacha-mu-Barundi.html 2017-07-02T11:38:11Z text/html rn Jean de Dieu M. HomeNews
Umuririmvyikazi Natacha ari mu Barundi bake bagiriwe ibakwe ryo guhabwa agashimwe n'umukuru w'igihugu c'Uburundi.
- Inkuru / HomeNews Isanamu y'ururirimbo rwa Natacha "SHIKILIA" https://igihe.bi/isanamu-y-ururirimbo-rwa-natacha.html https://igihe.bi/isanamu-y-ururirimbo-rwa-natacha.html 2016-08-06T08:20:41Z text/html rn Jean De Dieu HomeNews - Amasanamu / HomeNews