Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi
http://igihe.bi/
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......
rn
SPIP - www.spip.net

Coupe du Monde : Henry Kane ku rutonde mfatakibanza rw'abinjiza ibitsindo vyinshi
https://igihe.bi/Coupe-du-Monde-Henry-Kane-ku.html
https://igihe.bi/Coupe-du-Monde-Henry-Kane-ku.html
2018-06-25T07:24:16Z
text/html
fr
HomeNews

Inyuma y'inkino za kabiri mu mirwi mu gikombe c'isi kiriko kibera mu gihugu c'Uburusiya, umukinyi w'Ubwongereza akaba na kizigenza w'uwo murwi Henry Kane yafashe ikibanza ca mbere ku rutonde mfatakibanza rw'abamaze kwinjiza ibitsindo vyinshi.

Amahiganwa

HomeNews

Vitalo FC watahukanye igikombe citiriwe umukuru w'igihugu
https://igihe.bi/Vitalo-FC-watahukanye-igikombe.html
https://igihe.bi/Vitalo-FC-watahukanye-igikombe.html
2018-06-25T06:12:07Z
text/html
fr
HomeNews

Umurwi Vitalo FC niwo watahukanye igikombe c'umukuru w'igihugu c'umwaka wa 2018, Delta Star wo mu Gatumba ibitsindo bitatu kuri kimwe, mu rukino rwa nyuma rwabaye kuwa gatandatu igenekerezo rya 23 Ruheshi 2018, ku kibuga c'intara ya Gitega.

Amahiganwa

HomeNews

Coupe du Monde2018 : Umurwi wa Nijeriya waronse amanota atatu ya mbere utsinze Islande
https://igihe.bi/Coupe-du-Monde2018-Umurwi-wa-22263.html
https://igihe.bi/Coupe-du-Monde2018-Umurwi-wa-22263.html
2018-06-23T05:33:25Z
text/html
fr
HomeNews

Ihiganwa ry'igikombe c'isi ririko ribera mu gihugu c'Uburusiya ryarabandanije kur'uno wa gatanu igenekerezo rya 22 Ruheshi 2018. Umurwi nserukiragihugu wa Nijeriya umwe muri itanu yaserukiye Afrika, watsinze umurwi wa Island ibitsindo bibiri ku busa, mu rukino rwawo rwa kabiri utahana amanota atatu ya mbere.

Amahiganwa

HomeNews

Coupe du Monde2018 : Ubufaransa muri 1/8 gishira ica nyuma, Argentine mu madidane
https://igihe.bi/Coupe-du-Monde2018-Ubufaransa-muri.html
https://igihe.bi/Coupe-du-Monde2018-Ubufaransa-muri.html
2018-06-22T07:40:56Z
text/html
fr
HomeNews

Ihiganwa ry'igikombe c'isi rirabandanya mu gihugu c'Uburusiya. Mu nkino zo kur'uyu wa kane igenekerezo rya 21 Ruheshi 2018. Umurwi nserukiragihugu w'Ubufaransa waronse uburenganzira bwo gukina igice c'umunani gishira ica nyuma, mu gihe uwa Argentine bitarasobanuka neza.

Amahiganwa

HomeNews

Coupe du Monde2018 : Ibitsindo bitatu vyinjiye mu nkino z'umunsi w'indwi
https://igihe.bi/Coupe-du-Monde2018-Ibitsindo.html
https://igihe.bi/Coupe-du-Monde2018-Ibitsindo.html
2018-06-21T09:04:29Z
text/html
fr
HomeNews

Ihiganwa ry'igikombe c'isi ririko ribera mu gihugu c'Uburusiya ryarabandanije kur'uyu wa gatatu igenekerezo rya 20 Ruheshi 2018. Mu nkino zitatu zabaye, hinjiye ibitsindo bitatu.

Amahiganwa

HomeNews

Coupe du Monde2018 : Misiri na Maroc zasezeye ihiganwa zigisigaje urukino rumwe
https://igihe.bi/Coupe-du-Monde2018-Misiri-na-Maroc.html
https://igihe.bi/Coupe-du-Monde2018-Misiri-na-Maroc.html
2018-06-20T14:22:36Z
text/html
fr
HomeNews

Imirwi ibiri muri itanu yaserukiye umugabane wa Afrika yasezeye ihiganwa ry'igikombe c'isi, inyuma yo gutsindwa inkino zibiri zibiri. Umurwi nserukiragihugu wa Maroc n'uwa Misiri mu nkino zibiri yakinye mu kurindira urukino rwa gatatu ntiyigeze itsinda urukino na rumwe.

Amahiganwa

HomeNews

Coupe du Monde2018 : Senegal yagarukanye icizere mu banyafrika
https://igihe.bi/Coupe-du-Monde2018-Senegal.html
https://igihe.bi/Coupe-du-Monde2018-Senegal.html
2018-06-20T06:28:19Z
text/html
fr
HomeNews

Ihiganwa ry'igikombe c'isi ririko ribera mu gihugu c'Uburusiya ryarabandanije kur'uyu wa kabiri igenekerezo rya 19 Ruheshi 2018, ku munsi waryo wa gatandatu. Umurwi wa Senegal umwe muri itanu yaserukiye Afrika waratahukanye amanota atatu ya mbere, umurwi w'Uburusiya nawo uronka amahirwe nka yose yo gukina igice c'umunani gishira ica nyuma.

Amahiganwa

HomeNews

Coupe du Monde2018 : Umurwi wa kane muri itanu yaserukiye Afrika watsinzwe ku munota wa nyuma
https://igihe.bi/Coupe-du-Monde2018-Umurwi-wa-kane.html
https://igihe.bi/Coupe-du-Monde2018-Umurwi-wa-kane.html
2018-06-19T07:01:46Z
text/html
fr
HomeNews

Ihiganwa ry'igikombe c'isi ririko ribera mu gihugu c'Uburusiya ryarabanadanije kur'uyu wa mbere igenekerezo rya 18 Ruheshi 2018. Mu rukino rwa gatatu rwabaye, umurwi wa Tiniziya, ugira kane muri itanu yaserukiye Afrika waratsinzwe ibitsindo bibiri kuri kimwe n'umurwi w'Ubwongereza.

Amahiganwa

HomeNews

Coupe du Monde2018 : Umurwi wahabwa amahirwe yo gutahukana igikombe watsinzwe urukino rwa mbere
https://igihe.bi/Coupe-du-Monde2018-Umurwi-wahabwa.html
https://igihe.bi/Coupe-du-Monde2018-Umurwi-wahabwa.html
2018-06-18T07:08:26Z
text/html
fr
HomeNews

Ihiganwa ry'igikombe c'isi rirabandanya mu gihugu c'Uburusiya. Mu nkino zabaye kur'uyu w'Imana igenekerezo rya 17 Ruheshi 2018, umurwi w'Ubudagi uri muyihabwa amahirwe yo gutwara ico gikombe, watsinzwe n'umurwi wa Mexique, igitsindo kimwe ku busa.

Amahiganwa

HomeNews

Coupe du monde2018 : Umurwi wa gatatu muyaserukiye Afrika watsinzwe urukino rwa mbere
https://igihe.bi/Coupe-du-monde2018-Umurwi-wa.html
https://igihe.bi/Coupe-du-monde2018-Umurwi-wa.html
2018-06-17T06:48:28Z
text/html
fr
HomeNews

Ihiganwa ry'igikombe c'isi ririko ribera mu gihugu c'Uburusiya ryarabandanije kur'uyu wa gatandatu igenekerezo rya 16 Ruheshi 2018. Umurwi wa Nijeriya, umwe muri itanu yaserukiye Afrika watsinzwe na Croatie ibitsindo bibiri ku busa.

Amahiganwa

HomeNews