Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Happy Famba yasohoye ururirimbo yitiriye umwanya wiwe https://igihe.bi/Happy-Famba-yasohoye-ururirimbo.html https://igihe.bi/Happy-Famba-yasohoye-ururirimbo.html 2017-10-24T13:25:16Z text/html rn Egide NDUWIMANA HomeNews
Inyuma y'igihe kitari gito adasohora indirimbo, Happy Famba yasohoye uririmbo yise "My Time". Happy Famba avuga ko umuntu wese afise umwanya wiwe.
- Inkuru / HomeNews "Igihe ca Happy Famba" cashitse https://igihe.bi/Igihe-ca-Happy-Famba-cashitse.html https://igihe.bi/Igihe-ca-Happy-Famba-cashitse.html 2017-10-08T11:51:27Z text/html rn Egide NDUWIMANA HomeNews
Happy Famba agiye gusohora ururirimbo inyuma y'amezi atanu n'atandatu ata boneka mu muzikiigihe kitari gito adasohora indirimbo. Ururirimbo rwahaye izina ry'urukurikirane ariko aheraheza.
- Inkuru / HomeNews Happy Famba ntiyigeze afatwa https://igihe.bi/Happy-Famba-ntiyigeze-afatwa.html https://igihe.bi/Happy-Famba-ntiyigeze-afatwa.html 2017-07-12T08:26:57Z text/html rn Jean de Dieu M. HomeNews
Haheze iminsi haca ku mbuga ngurukanabumenyi amakuru avuga ko Happy Famba yanyurujwe, n'ibindi. Ayo makuru arabeshuzwa n'uwo muririmvyi, agatanga n'umuco kw'izo nkuru.
- Inkuru / HomeNews Raba intambo ziyobeye ziri mw'isanamu y'ururirimbo"Ni wewe" rwa Happy Famba https://igihe.bi/raba-intambo-ziyobeye-ziri-mw.html https://igihe.bi/raba-intambo-ziyobeye-ziri-mw.html 2015-04-21T07:51:09Z text/html rn HomeNews
Isanamu ya Happy Famba y'ururirimbo yise"Ni wewe" yasohotse, iravugwamwo agace gatoyi ku ruririmbo rwa Knowless wo mu Rwanda. Irimwo kandi uduce twinshi twerekana aho Famba aba kigwanirwa n'abakobwa.
Happy batazira "Mkali wa show", aririmba ati:"Ni wewe", iyo sanamu ibonekamwo abakobwa batamba biyahagura n'utubutura tugufi n'amashesheti maremare. Famba arakoresha kandi agace k'ururirimbo rwa Knowless, umuririmvyikazi wo mu Rwanda.
Raba aha munsi uko isanamu n'intambo zirimwo (...)
- Amasanamu / HomeNews Utunenge turi muri "Affiche" y'igiteramo ca Happy Famba https://igihe.bi/utunenge-turi-muri-affiche-y.html https://igihe.bi/utunenge-turi-muri-affiche-y.html 2015-03-11T09:57:39Z text/html rn HomeNews
Igiteramo ca Happy Famba kibonekamwo urutonde rw'abaririmmvyi benshi batari bwahurire mu giteramo na rimwe ari bose. Famba avuga ko bamwe bazoririmba abandi bakaba abashitsi. Icapa canditsemwo "Made in East Africa" ariko nta muririmvyi n'umwe wo mu karere yatumiwe.
Ku shusho y'igiteramo(Affiche) ca Happy Famba hariko urukurikirane rw'abaririmvyi bagera kuri 35 bose bo mu Burundi. Famba avuga ko bamwe muri abo baririmvyi bazomufasha guteramisha no kuryosha igiteramo, abandi nabo bahabwe (...)
- Inkuru / HomeNews Happy Famba yakenyereye igiteramo co gushigikira abakenyezi https://igihe.bi/happy-famba-yakenyereye-igiteramo.html https://igihe.bi/happy-famba-yakenyereye-igiteramo.html 2015-03-02T15:35:43Z text/html rn HomeNews
MKALI WA Show canke Happy Famba ntagiye kuvyorosha inyuma y'ibiteramo n'ingendo yagize mu bihugu vyo muri kano karere, igiteramo agiye kugirisha vuba ni ico kwerekana ubuhinga n'ubumenyi yakuye mu mahanga. Famba ati:"Aho ngeze umuziki wanje si uwo mu Burundi gusa".
Igiteramo co kw'igenekerezo rya 15 Ntwarante 2015 muri Musee Vivant, Happy Famba ntavyorosha, ku nguvu zo gukora ibiteramo n'ubuhinga yakuye mu Kenya na Ouganda, arabona ko umuziki wiwe ugiye kubandanya ugera kure nk'uko umaze (...)
- Inkuru / HomeNews Happy Famba yasohoreye rimwe indirimbo zibiri https://igihe.bi/happy-famba-yasohoreye-rimwe.html https://igihe.bi/happy-famba-yasohoreye-rimwe.html 2015-01-26T13:23:55Z text/html rn HomeNews
Happy Famba yasohoye indirimbo zibiri harimwo urwo yakoranye n'abandi babiri, zibaye ururirimbo rwa mbere asohoye muri uno mwaka w'i 2015.
Ururirimbo "Collabo" rwabaye urwa mbere ryakozwe n'abaririmvyi batatu ari bo Happy Famba, Chany Queen n'umuhinyanyuzi KRAZY BRIGHT. Happy Famba ati:"Muri benshi beza nashimye wewe", Chany Queen nawe ati:" bebe sinshobora gutora itiro kubera nshaka Collabo(gukorana).
Aba n'abandi baribaza iyo Collabo bose baririmba ko bashaka yoba ari iyahe mu gihe (...)
- Happy Famba / HomeNews Happy Famba arashimira Kidum https://igihe.bi/happy-famba-arashimira-kidum.html https://igihe.bi/happy-famba-arashimira-kidum.html 2013-04-03T12:03:48Z text/html rn HomeNews
Umuririmvyi Kidum ku w'Imana w'igenekerezo rya 31 Ntwarante 2013 yari yishikiye mu gihugu ciwe c'uburundi aho yari yitavye igiteramo catunganijwe na Brarudi mu ntumbero yo gufasha ababuriye ibidandazwa vyabo mw'isoko nkuru ya Bujumbura.
Imbere y'uko asubira inyuma, Happy Famba amenyesha ko Kidum yamusigiye ubutumwa bugenewe abandi baririmvyi b'abarundi aho abasaba kureka kuririmba gusa kugira bamenyekane, ahubwo babikore kugira bagire aho bigejeje, kandi vyose bakabikore bicisha bugufi, (...)
- Inkuru / HomeNews Intumbero Happy famba afise mu muziki abonako agenda ayishikako https://igihe.bi/intumbero-happy-famba-afise-mu.html https://igihe.bi/intumbero-happy-famba-afise-mu.html 2013-03-28T20:49:26Z text/html rn HomeNews
Umuririmvyi w'umurundi witwa Hassan Ibrahim akaba azwi kw'izina rya Happy Famba ubu avuga ko abona intumbero yiwe yihaye mu bijanye n'umuziki ,agenda azishikako uko iminsi igenda niko arushirizako gutera intambwe muri ico gisata.
Happy Famba avuga ko akiri muto yakunda umuziki cane kuburyo vyatumye agira intumbero yo kuzoba umuririmvyi ,akamenyekana nawe akazoheza agafasha abandi bataratera imbere mu muziki.
Aramaze kugira indirimbo ziwe zigera kuri mirongo ine, muri izo harimwo icumi (...)
- Inkuru / HomeNews Happy Famba na Diamond bazoteramisha abanyarwanda https://igihe.bi/happy-famba-na-diamond.html https://igihe.bi/happy-famba-na-diamond.html 2013-02-03T06:40:28Z text/html rn HomeNews
Umuririmvyi Happy Famba azoba ari m'u Rwanda igenekerezo rya 15 Ruhuhuma 2013 mu giteramo azoremesha ari kumwe n'umuririmvyi Diamond ava mu gihugu ca Tanzaniya.
Nk'uko Happy Famba yabimenyesheje ikinyamakuru Akeza.net,azoba agiye I Kigali mu gihugu c'u Rwanda kuko yabisabwe n'umuririmvyi Diamond ngo bazohurireyo.
Umuririmvyi Happy Famba azoba ari kumwe na Diamond mu giteramo,ariko ntibizoba biheze kuko bazoca baronka n'akaryo ko kuganira ku biteramo bashobora kuremesha I Bujumbura hamwe n'I (...)
- Happy Famba / HomeNews