Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Ni gute wohanura mugenzi wawe afise akamoto kabi https://igihe.bi/ni-gute-wohanura-mugenzi-wawe.html https://igihe.bi/ni-gute-wohanura-mugenzi-wawe.html 2013-04-19T06:35:00Z text/html rn HomeNews
Umuntu mukorana afise ingorane y'isuku rike nko kunuka mu kwaha aboneka nk'indoto mbi mu biro iwanyu.Mbega twokora gute kugira dusangire ubwo buzima bw'akazi n'uwo muntu afise akamoto kabi?
Ng'izi impanuro :
Ibice 32 kw 'ijana vy' abakozi bo mu biro babona ko iyo hari umuntu mukorana afise akamoto kabi mu kwaha ngo n'inki ndoto mbi nk'uko twabivuze.None umuntu yokwifata gute imbere y'iyo ngorane? Ibintu nk'ivyo rero kugira ubitorere umuti bisaba ubwitonzi bwinshi cane n'ubwenge kugira ntubabaze (...)
- Ico ubivuzeko / HomeNews Guhonyora amashurwe aterwa ku mabarabara bisubiza inyuma iterambere ry'igisagara https://igihe.bi/guhonyora-amashurwe-aterwa.html https://igihe.bi/guhonyora-amashurwe-aterwa.html 2013-04-03T11:03:52Z text/html rn HomeNews
Muri rusangi iterambere ry'igihugu riva ku butunzi bwaco ahanini, rikongera rikava no ku mitahe y'abanyamahanga. Iyo igihugu gifise isura nziza mu makungu canke iyo ba mukerarugendo bakivuga neza, bituma benshi bagihurumbira, kwaba kuhaza mu karuhuko canke kuza kuhakorera, ivyo vyose bigafasha ikigega c'igihugu kubomboka.
Inyuma y'intambara yasambuye vyinshi mu Burundi, Leta yiyemeje kugisanura no kugiha ishusho nziza mu makungu. Mu bikorwa vyo gusanura, dushimikire ku bikorwa bihimbaye (...)
- Ico ubivuzeko / HomeNews Uburyo ushobora guhimbara umukoresha wawe https://igihe.bi/uburyo-ushobora-guhimbara.html https://igihe.bi/uburyo-ushobora-guhimbara.html 2013-04-02T09:21:55Z text/html rn HomeNews
Mwarifuje gukora akazi kanyu neza kandi mukifuza kubona umukoresha wanyu ahimbawe cane n'igikorwa cakozwe.Rero raba: ushobora kuba uri umukozi muto ,kandi ukaba utari n'umuntu ahambaye mubo mukorana bose , kandi n'umukoresha wanyu akaba mbere atanazi ngira nuko ubaho, Mushaka rero ko mwokora mukaboneka hama mukaba uwo akunda cane kurusha abandi?
Nti mugire ubwoba izi mpanuro zirashobora kubafasha kugira akarusho imbere y'umukoresha
1.Gutonda ku kazi misi yose
Ngaha ntidushaka kuvuga (...)
- Ico ubivuzeko / HomeNews Umwanya "Rouge à lèvres" ishobora kumara https://igihe.bi/igihe-rouge-a-levres-ishobora.html https://igihe.bi/igihe-rouge-a-levres-ishobora.html 2013-04-02T02:44:43Z text/html rn HomeNews
Amarangi yo kwisiga ku munwa amwe bita'' Rouge à lèvres'' ari n'akamaro kanini mu kugira umuntu aboneke neza ari mwiza.Ni gake usanga mu ma sakoshi,mu bubati bw'ibiro,ku meza,canke hamwe mu bwogero hatariyo ayo marangi yo ku munwa .Ariko rero,biragoye kumenya ryari ya rouge à lèvres yahereye,mbega rouge à lèvres imwe ishobora kumara imisi ingahe ? Ni gake ubona agacupa kayo kose kaheze .Mu bisanzwe ,Kugira irinde ihera nuko uba wayikoresheje kenshi cane.Mugabo ikibazo uyikoresha incuro zingahe? (...)
- Ico ubivuzeko / HomeNews Benshi bavugako ubukene ari indwara yandukira https://igihe.bi/benshi-bavugako-ubukene-ari.html https://igihe.bi/benshi-bavugako-ubukene-ari.html 2013-02-21T01:17:08Z text/html rn HomeNews
Abatunzi kenshi usanga binuba aboro,bakabigira kure ndetse n'abantu b'uburyo bukeya usanga bikumira bakagendana n'abo banganya uburyo canke n'abo banganya igihagararo.Ivyo rero biri kw'isi yose.Umuntu yokwibaza nimba abatunzi batinya ko ubukene bubandukira.Ni bwaba bwandukira ,mbega aboro bobo nibipfuza ko ubutunzi bubandukira?
Aba sokuru bobo bari baravyitegereje barabona ko kwicarana n'uwo mutangana bigoye cane kuko wasanga no mu manza bicarika abantu baravye igihagararo bafise,uko bambaye (...)
- Ico ubivuzeko / HomeNews Ntawutagira akamaro https://igihe.bi/ntawutagira-akamaro.html https://igihe.bi/ntawutagira-akamaro.html 2013-02-06T03:32:40Z text/html rn HomeNews
Burya umuhezagiro uva ku bana ntuterwa nuko umwana ari umuhungu canke umukobwa. Hari abantu bamwe bamwe usanga badaha abana agaciro kangana , ugasanga umwana w'umuhungu niwe afise ijambo mu muryango, ngo azogirira akamaro kanini umuryango wiwe.
Usubiye inyuma mu mico ya kera , umwana w'umuhungui yari afise agaciro kurusha umukobwa kuko nk'akarorero kera ngo vyari imbonekarimwe ko umukobwa ajanwa mw' ishure umuhungu ahari.
Ikindi ngo kera umwana w'umukobwa ntivyari vyoroshe ko agira (...)
- Ico ubivuzeko / HomeNews Intwaro nziza ni iki https://igihe.bi/intwaro-nziza-ni-iki.html https://igihe.bi/intwaro-nziza-ni-iki.html 2013-01-17T00:46:24Z text/html rn HomeNews
Intwaro n'ikintu kigoye gutahura kuko bamwe n'abandi basigura iryo jambo ugutandukanye,umuntu wese ugasanga arisigura iryo jambo intwaro uko avyunva,mbere hari n'aho insiguro zitangwa usanga zirimwo ibihushane.
Ariko rero n'aho insiguro z'ijambo ubutegetsi usanga zitandukanye ,benshi usanga barisigura begereza gutwara neza.Baba abari mu bisata vya leta canke mu bigenga ,amajambo bahurirako mugusigura intwaro ni:ukuba ufise ivyiyunviro birashe kandi bishika kure,ukugira uburenganzira bwo (...)
- Ico ubivuzeko / HomeNews Burya abantu bapfa iki ko vyose bifise iherezo https://igihe.bi/burya-abantu-bapfa-iki-ko-vyose.html https://igihe.bi/burya-abantu-bapfa-iki-ko-vyose.html 2013-01-09T05:46:01Z text/html rn HomeNews
Ariko none mubisanzwe abantu bapfa iki ko je nabonye vyose bizohera, iryo shari n'inzigo mu bantu biva kuki kandi burya ibintu vyose bifise intango n'iherezo ! Nico gituma twaridukwiye kugerageza kubana mu mahoro .
Bamwe bapfa n'abandi amatongo, urukoba , amoko n'uturere, bagapfa kandi ubutunzi kandi burya ntawabivukanye ntanuwuzogira na kimwe atwara. Burya iyuravye neza usanga ivyo abantu bahurirako biruta cane ivyo bapfa
Kandi n'incabwenge zivugako aho ubutunzi bwiriwe atariho burara (...)
- Ico ubivuzeko / HomeNews Isi yuzuye ababiririra n'ababirirana https://igihe.bi/isi-yuzuye-ababiririra-n.html https://igihe.bi/isi-yuzuye-ababiririra-n.html 2012-12-09T08:05:13Z text/html rn HomeNews
Udafise aba ahangayitse arondera kuba nk'abandi, uwaronse nawe aba ahangarikishijwe n'itunga ryiwe kugirango abandanye atere imbere. Udafise afise ibimuriza, n'ufise nawe arafise ibimuriza.
Gusa ico nabonye mu buzima bwa minsi yose, nabonye kunezerezwa nuko uri arico kiruta vyose .woba nawe uhangayikishijwe n'uko udafise amafaranga menshi ? yewe ntibiguteshe umutwe kuko ntawuyahaga. Ego simpakanye ko afise akamaro ariko mbona ko adakwiye. Umve nawe yavuze atiUyafise yoyagura uburiri (...)
- Ico ubivuzeko / HomeNews